Basha nukuri ndabinginze abarundi nabarundikazi dukunde ivyacu iyi film ndabizi niza ko iyaba ariyo mumahanga iba imaze kugera kuri views nyinshi ariko ndabinginze Dusapontingane kuko iyi ndazi ko yabatwaye uburyo bwinshi umwanya ukwitanga kwinshi nukuri ndabakunda❤❤❤❤
Nukuri mugisha courage mwarayiteguye neza
Machallah machallah tor ama🎉🎉🎉 nukuri gumadahasubiramw mugich nukuri mubayekur nabah akant❤❤❤
Ndakurahiye mugisha ibi mbonye nivyooo,walahiii uraduhaye show
Movie nzuri saana mansha Allah Ila sauti hazitoki vizuri kwa sababu yafujo
Basha nukuri ndabinginze abarundi nabarundikazi dukunde ivyacu iyi film ndabizi niza ko iyaba ariyo mumahanga iba imaze kugera kuri views nyinshi ariko ndabinginze Dusapontingane kuko iyi ndazi ko yabatwaye uburyo bwinshi umwanya ukwitanga kwinshi nukuri ndabakunda❤❤❤❤
Irazimvy internet abarundi ntamrga bakigura Bari kurundako
None kuzabandi ko mbona baba ari benshi na flag from Burundi bayadujie😢😢😢@@HabiyakareTharcisse-iw4xdbendera
Correct😢
Cha uwomutam ni mumuchikiriz umukonbwi wiw arimuzim abacorer bikwiy gus uwomugor ntamwice atamubony yoca ibih🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Love from Diongue
Amahoroyimana.abanenamwe.mwubahwep.imana.ibatr.inkungap
Courage nd❤❤❤❤ nimwakir🎉🎉🎉 mwigish nez
Manaweee firme nikar sane nne mugisha ino firme kutayisize mugasobanuye
Asha ingwano iraho yari🔥🔥🔥🔥🔥, courage ❤❤
Uzi nizo film tuba dushaka ,courage❤❤❤
Intambara nyene nyene, munyibukije vyo muri 93,94 ayo nabonye jewe. Imana ishimwe ko yaturokoye
Yani Mugisha na Diongue ❤💞💞❤🎉🎉🎉courage murashoboye🌺🌺🌷🌷
Mutam wafirm ndudi ❤❤❤courag
Nacerewe MugiCha arikondabakunda jewe Divine mukomeze❤❤
😅😅😅😅 mugisha uri one Burundi zima nideg
🧡🧡😊😊🔥🔥
Amajwi arimwugwamo gwishii 😢
Courage ❤❤❤❤❤
Mbifurij gushika kure cane IMANA igume ihezagira ivyomukora 🙌
Muburundi ndabona ndabona habaye Uburusiya na Ikrain Mugishya wubahwe kwel
Good flm ninzizaa caner
mugisha izo montage wapi KBS xibishya film
Yaaaayayayaya 🎉🎉🎉🎉
Umuriro ugiye kwaka gushaaaaa 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Respect mugish kumpanur n'inyigish ubandany uduh
Hello Mugisha wagiye uyiduha buri munsi thank you ❤
Big up bro
Mwubahwe murabizi cane
Nime chelewa kwl dhaaa siku tisa zote 😢 ila moto kama moto🎉🎉 plz ukisoma comment yang naomba nijibu natamani kuji unga nanyi sijuw nifanye nini😢 🙏🙏
Murakoze cyane
Yooo mbaye 2 ibikogwa vyanyu turabikunda ❤❤❤❤❤❤
Wow mansha,allah kaka yetu hejuru cane niho tukwifurije
Mugisha uri number one mugutegura.Respect
Ndabakunda cane
😂😂😂😂😂kora umutima kabisa 🎉🎉🔥🔥
Team mugisha hejuru cane 🇧🇮🇧🇮❤️
Ongera sana
Ireresi niyambere iyomushiramwo wasiguzi wunyanda emwe vyarikuryohakusha
Vyiza🎉🎉
❤
Terimbere mugenzi turikumwe 5/5
courage ❤❤❤❤
Courage
Loveness
Uwo mugore ntiyice uwo mutama ukuri kutamenyekanye kwari we avyihishe inyuma vyoca bibiha
Ego nukuri vyahita bibiha napfa ppa Lydia
Mukosore amajwi turabakunda
Uri uwambere
❤❤❤❤❤
Épisode iza twanyotewe pe
🎉🎉🎉🎉🎉
Ntavyo Babona ama internet irazimvye
Ep 9 yatevye cane
duhe igice ci 9
Vrt turimwo kuyiraba amasanamu gusa amajwi ntana gato people kandi niryakabiri mbivuze kwino film
❤❤❤❤❤
Ep 9 yatevye cane