Niwumvirize ivyo uwu mupadiri avuze ku Burundi// Vyose abidomyeko urutoke//Indongozi zitari abungere

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 13 жов 2024
  • Ni umwe mu bapatiri batavugira muvumbi kumuvumba. kuri we icera kirera, icirabura kikirabura. I'dongozi = abungere. Indongozi ziguma zivuga ko ibintu ari sawa kandi intama zimerewe nabi cane, inzara, inyota, uruzuba n'ibindi bizibandamiye, abo ntibakwiriye kwitwa indongozi. Nahimbawe n'uko atanga akarorero kaboneka kandi kegereye abanyagihugu muvyo babamwo vya misi yose. Ni mumwumvurize namwe. aya mafoto ni ayo twitije si ayiwe bwite.

КОМЕНТАРІ • 1

  • @komeranicaise5099
    @komeranicaise5099 2 місяці тому

    Iyo conclusion yiwe : " n uko zitagira amenyo zomuriye "