Umutarambirwa Tv
Umutarambirwa Tv
  • 108
  • 74 325

Відео

335,5% NI RWO RUGERO IFARANGA RY'UBURUNDI RYATAYEKO AGACIRO KUVA MURI 2013 - 2024. GABRIEL RUFYIRI
Переглядів 11521 день тому
Ifaranga ry'Uburundi yataye agaciro ku rugero rwa 335,5% mu gihe aba ariko aravunjwa mu mafaranga y'agaciro kw'isoko rya magendo nayo kw'isoko ya Leta muri akaya yagataye ku rugero rwa 80,3% kuva mu mwaka wa 2013 gushika muri iki gihe tugezemwo. Vyashirijwe n'uwurongoye ishirahamwe ryishinze kugwanya igiturire n'isesagurwa ry'amatungo ya Leta OLUCOME mu kiganiro n'abamenyeshamakuru kur uwu waka...
Fernando_Bizu bizu (Vidéo Lyrics)
Переглядів 131Місяць тому
Another Hit all over the world from Burundi
UKO CNC ISIGAYE IHANA IBINYAMAKURU BIRENGA AMATEGEKO
Переглядів 32Місяць тому
UKO CNC ISIGAYE IHANA IBINYAMAKURU BIRENGA AMATEGEKO
CNC IREREKANYE AHO IHAGAZE KU BIJANYE N'ABAMENYESHAMAKURU BAFATWA NABI MU KAZI KABO
Переглядів 14Місяць тому
CNC IREREKANYE AHO IHAGAZE KU BIJANYE N'ABAMENYESHAMAKURU BAFATWA NABI MU KAZI KABO
NGO MPAKA BAR-C ATAHUKANYE AWARDS Z'INDIRIMBO NZIZA Y'UMWAKA// WEWE NAWE NI MPAKA UGIZE IKI?
Переглядів 71Місяць тому
Uwu muhungu BAR-C niwamwumviriza neza, uraheza wumve ko aciye ubwenge ufatiye kuvyo arasigura n'ingene yishura ibibazo vy'umumenyeshamakuru kukaba nkako, yarize aranaminuza. Uwu muziko urakeneye abaririmvyi benshi nkaba bateguye munsi y'imishatsi
Menya ingene amakaye meza cane ahingurwa// No muri Amerika ni uku bikorwa
Переглядів 23Місяць тому
Bumac Burundi yubahwe
Allain Essongo, le grand humoristique congolais a fait rire à jamais le public de KIGINGI SUMMER
Переглядів 121Місяць тому
Un grand événement burundais sans précédent, coup de chapeau au grand humoristique burundais MUGENZI Alfred a.kk.a KIGINGI
Raoul na Kigingi basubiranyemwo imbere y'abafana// Raoul ivyo akoreye Sat B ivyo mutamenye
Переглядів 7 тис.Місяць тому
KIGINGI SUMMER COMEDY, igiteramo cambere citabirirwa n'abantu benshi mu BURUNDI, amateka arasubiriye kwandikwa
Président NEVA muri KIGINGI SUMMER SHOW// itike guhera//AKAVUYO//Abantu binjira ku buntu
Переглядів 202Місяць тому
Mbega ubwinshi bw'abantu!!! inkuru zitwenza za mbere kuva wakabaho, ni muri KIGINGI SUMMER COMEDY, iyumviririze nawe
Ku ncuro yambere CISHA Ado muri Show nini, atanganje benshi ku bushobozi yerekanye
Переглядів 269Місяць тому
It's so interesting, braineful stories only, go ahead, proud of you too
Mw'ishati ya BUCUTI, Mutima arasaze muri KIGINGI SUMMER COMEDY
Переглядів 227Місяць тому
Uwu na we ni we wundi mu gutwenza. Imbavu z'abandi we!!
ABOROSHI MUVY'UBWISHINGIZI COURTIERS,NI KIRUMARA // INYUNGU KU MU CLIENT NI A GOGO
Переглядів 302 місяці тому
Nta mahera y'inyongera bisaba, ahubwo bituma wunguka umwanya n'amahera.
BWA BUTARE BWATORWA I BURUNDI BUTEJE ICUKA MU BARUNDI// INTAMBARA IRADUTSE KARABAYE VYAKOMEYE
Переглядів 862 місяці тому
BWA BUTARE BWATORWA I BURUNDI BUTEJE ICUKA MU BARUNDI// INTAMBARA IRADUTSE KARABAYE VYAKOMEYE
Niwumvirize ivyo uwu mupadiri avuze ku Burundi// Vyose abidomyeko urutoke//Indongozi zitari abungere
Переглядів 1212 місяці тому
Niwumvirize ivyo uwu mupadiri avuze ku Burundi// Vyose abidomyeko urutoke//Indongozi zitari abungere
KEY DONE RAP MACHINE YEREKANYE INGUVU ZA BURI MURAPERI WESE W'UMURUNDI
Переглядів 622 місяці тому
KEY DONE RAP MACHINE YEREKANYE INGUVU ZA BURI MURAPERI WESE W'UMURUNDI
Ivy'utamenye kw'iraswa rya President Donald Trump//uwamurashe// amateka n'ubwicanyi muri USA
Переглядів 412 місяці тому
Ivy'utamenye kw'iraswa rya President Donald Trump//uwamurashe// amateka n'ubwicanyi muri USA
UMWAMI W'IPORI MUKUMVA INGENE ASIGURA IBINTU MURUMIRWA// Burundi bwa Nyaburunga ni..// Isanamu Gang/
Переглядів 372 місяці тому
UMWAMI W'IPORI MUKUMVA INGENE ASIGURA IBINTU MURUMIRWA// Burundi bwa Nyaburunga ni..// Isanamu Gang/
WARI UZI KO BROCHETTES Z'AMATENGATWA Y'INKA ZIRYOHA KUBI?//ABAGORE NGO BAZIKUNDA CANE KUBERA KO...
Переглядів 513 місяці тому
WARI UZI KO BROCHETTES Z'AMATENGATWA Y'INKA ZIRYOHA KUBI?//ABAGORE NGO BAZIKUNDA CANE KUBERA KO...
AH YAYAYA CONCERT IZOBA ARI FIRE// DUDU T YAKIRIWE NK'UMWAMI WA GOSPEL MU Bdi// ESTHERNISH NAWE..
Переглядів 903 місяці тому
AH YAYAYA CONCERT IZOBA ARI FIRE// DUDU T YAKIRIWE NK'UMWAMI WA GOSPEL MU Bdi// ESTHERNISH NAWE..
DOGO OMAR ASHIZE HANZE AMANYANGA YOSE YA O L G OLEGUE// INGESO MBI Z'UBU NI..// AKANYA KO HAGATI NI
Переглядів 543 місяці тому
DOGO OMAR ASHIZE HANZE AMANYANGA YOSE YA O L G OLEGUE// INGESO MBI Z'UBU NI..// AKANYA KO HAGATI NI
Fernando - Kazima IMANA inkunda (Visualizer) LYRICS VIDEO
Переглядів 1173 місяці тому
Fernando - Kazima IMANA inkunda (Visualizer) LYRICS VIDEO
See How HAHIYE REMIX is more international// The analysis of the cultural journalist// agree or non?
Переглядів 213 місяці тому
See How HAHIYE REMIX is more international// The analysis of the cultural journalist// agree or non?
NTIHAGIRE UMURUNDI AZOSUBIRA KUVUGA NGO ARAKENYE// UBURUNDI BWOBA CANADA// ABADIASPORA NI....
Переглядів 293 місяці тому
NTIHAGIRE UMURUNDI AZOSUBIRA KUVUGA NGO ARAKENYE// UBURUNDI BWOBA CANADA// ABADIASPORA NI....
Mr HOMEBOY ATI...// The Best Burundian Music Fan// The Music Fan Award could contribute a lot
Переглядів 494 місяці тому
Mr HOMEBOY ATI...// The Best Burundian Music Fan// The Music Fan Award could contribute a lot
IBIBI 10 VY'ISHURE UTARI UZI// KU NCURO YA MBERE BISHIZWE HANZE// ISHURE RIRICA..
Переглядів 404 місяці тому
IBIBI 10 VY'ISHURE UTARI UZI// KU NCURO YA MBERE BISHIZWE HANZE// ISHURE RIRICA..
BADOBADO AVUZE IBINTU BIKOMEYE KU BUZIMA BWIWE// Nkunda kuririmba ivyo mubuzima kubera...
Переглядів 1494 місяці тому
BADOBADO AVUZE IBINTU BIKOMEYE KU BUZIMA BWIWE// Nkunda kuririmba ivyo mubuzima kubera...
Melanin Boy ISEZERANO (Official Vidéo Lyrics)
Переглядів 6334 місяці тому
Melanin Boy ISEZERANO (Official Vidéo Lyrics)
TITUS DA SAILOR MWAKUNZE IBIBAZO YAGIZE...//IVYO ARIMWO UBU..//ICO ASABA..// IMPANURO IKOMEYE ATANZE
Переглядів 1024 місяці тому
TITUS DA SAILOR MWAKUNZE IBIBAZO YAGIZE...//IVYO ARIMWO UBU..//ICO ASABA..// IMPANURO IKOMEYE ATANZE

КОМЕНТАРІ