Ivyo gutahukana impunzi za 2015...
Вставка
- Опубліковано 10 січ 2025
- 👏🏾 Kuba Gervais Rufyikiri yarahawe umubonano na prezida Evariste Ndayishimiye, vyakiriwe neza n'abatari bake
🍻 Mu ndwi imwe gusa, ubunywero burenga 100 bwarugawe mu gihugu cose. Turangiriza mu yagezweho muri Miss Burundi 🤗
Kaze ⤵️
#KuMusi
#poritike
ubumwe , urukundo, iterambere 🇧🇮🔝👌🏾
nivyiza kubona ibi bintu, twubake ahejo heza.
Nibatahe baze twubake igihugu
Courage bro
Uwo ntabwo yar impunzi
nkunda ukuntu ugira short videos kandi ugasobanura ibintu neza. you are smart
Ikaze iwanyu bwana
Au moins toi! Tu fais un repportage professionel!
Mcezo wa ndani. Harya ngo Gervais Rufyikiri yari yahunze? Umugore wiwe siwe atwara ENS kuva 2015?
❤❤❤
Huuuuuuuuuu nimuhende ibigugu. Impuzi ziri mumahanga uburundi mugihe bugitwagwa na CNDD FDD ntizizopfa ziheze. Uyo ahungutse aje kukazi ikibanza ciwe carateguwe. Iyo ni politique
Hello fatafaka 😂😂😂😂 I hope you
none bahunze iki nibaze
Allo votre titre n'est pas du tout professionnel. Mbga wewe wipermetta gute kwita umuntu ngo ni impunzi za 2015???? Stop it, please!!! Raba utore titres ziri appropriés avec des thèmes zubaka sinon ngo impunzi za 2015, c'est juste une expression de bistrot..et je vous connais plus professionnel, merçi.