Abansi b'Uburundi baruzuye bibonekera mu kunyegeza ivyo abarundi bakenera cane nk'igitoro n'ibindi?
Вставка
- Опубліковано 2 лют 2025
- Abansi b'uburundi baruzuye bibonekera mu kunyegeza ivyo abarundi bakenera cane nk'igitoro n'ibindi? Ngo muri iyi minsi hasohotse intonde z'abazotorwamwo abashingamateka birindi gukubita urutoke guko batoronkera rimwe bose. Ikindi kandi ngo baze birinde abahabara babatesha ibanga. Vyavuzwe n'umukozi w'Imana Fiston Ngandakumana mu masengesho asozera umwaka yabaye kumusi wa kane igenekerezo rya 30 Nzero 2025.