BURUNDI 90
BURUNDI 90
  • 9
  • 11 354
Abansi b'Uburundi baruzuye bibonekera mu kunyegeza ivyo abarundi bakenera cane nk'igitoro n'ibindi?
Abansi b'uburundi baruzuye bibonekera mu kunyegeza ivyo abarundi bakenera cane nk'igitoro n'ibindi? Ngo muri iyi minsi hasohotse intonde z'abazotorwamwo abashingamateka birindi gukubita urutoke guko batoronkera rimwe bose. Ikindi kandi ngo baze birinde abahabara babatesha ibanga. Vyavuzwe n'umukozi w'Imana Fiston Ngandakumana mu masengesho asozera umwaka yabaye kumusi wa kane igenekerezo rya 30 Nzero 2025.
Переглядів: 80

Відео

Président NEVA ati: "Inda ndende ihumira indya ikica akokize"
Переглядів 2421 годину тому
#Burundi: Ku civugo kigira kiti '' Mwirinde ntimumere nka Ezawu yagurishije icumu ry'ubugabo ku mfungurwa imwe gusa'', Umugambwe Cndd-Fdd watunagnije amasengesho ngarukakwezi asozera ukwezi kwa mbere. Mu mpanuro Umukuru w'Igihugu yatekereye Abagumyabanga yabasavye kugira ubumwe n'akarangamutima mu vyo bakora vyose.
Abasoda 32 b'intwazagabo barahawe impapuro z'umutsindo mu vyo gutwara amakambi no gukora mu brigade
Переглядів 1462 години тому
#Burundi: Kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 31 Nzero 2025, intwazagabo 32 k'umurwi ugira incuro ya 12 zifise ipete rya Major na Lieutenant-Colonel zaronkejwe impapuro z'umutsindo zizotuma bashobora gutwara amakambi canke gukora mu bindi bisata nka Brigades
DEFILE YAKOZWE N'ABANA BO MU NTARA YA BURUNGA IMBERE Y'IKIGANIRO SG YAKOZE N'ABAMENYESHAMAKURU
Переглядів 102 години тому
Iyo ni defile ndende yakozwe n'abana b'i Makamba basanzwe bafashwa n'umunyamabanga mukuru w'umugambwe CNDD-FDD Reveriyano Ndikuriyo imbere y'uko agirana ikiganiro n'abamenyeshamakuru.
Umukuru w'igihugu NEVA yarakeje intara ya Butanyerera k'umurindi w'iterambere bariko bategura VISION
Переглядів 8714 годин тому
Umukuru w'igihugu NEVA yarakeje intara ya Butanyerera k'umurindi w'iterambere bariko mukwitegurira ya mbonakazoza ya 2040-2060. Aho ni mugihe bobo bihaye ko imbonakazoza y'Uburundi bwifashe 2040 batazorinda kuhashika ariko bizeye ko bazoyishikako m'umwaka wa 2035.
Président NEVA yifashishije Bibiliya yaragabishije indongozi mu Gikorane gisozera umwaka wa 2024
Переглядів 3,5 тис.21 день тому
Président NEVA yifashishije Bibiliya yaragabishije indongozi mu Gikorane gisozera umwaka wa 2024. Yigishije ko ibitungwa bivyibushe arivyo vyariye ibindi vyonze
Raba ubuhinga budasanzwe bw'Abasirikare b'Uburundi #FDNB mu bijanye n'ukwivuna umwansi
Переглядів 3,9 тис.Місяць тому
Raba ubuhinga budasanzwe bw'Abasirikare b'Uburundi mu bijanye n'ukwivuna umwansi hamwe n'ugukingira imbibe z'igihugu c'Uburundi. Tubusanga muri iyi reresi yerekana ivyaranguwe n'ubushikiranganji bw'ukwivuna abansi muri uwu mwaka w'2024 twimirije kurangiza. Source: MASHARIKI TV
Général Prime Niyongabo ngo imikangara yinjiye mu gisosoda ize itazanywe no kurondera akazi gusa.
Переглядів 3,6 тис.Місяць тому
#Burundi: Imikangara yarimaze igihe mu nyigisho shimikiro za gisirikare yaremerewe burundu kwinjira mu gisirikare c'Uburundi kw'igenekerezo rya 13 Kigarama 2024. Ibirori bikaba vyabereye mu kigo c'inyisho shimikiro co mu #Mabanda mu ntara ya #Makamba bitewe iteka n'Umukuru w'urwego rwo kwivuna abansi rw'uburundi Prime Niyongabo. Mu mpanuro yahaye iyo mikangara ngo ntibe yaje kurondera akazi ari...
Umukuru w'igihugu Evariste NDAYISHIMIYE yaruguruye Hôtel nziza y'ishengero rya Pentecôte Bujumbura
Переглядів 4812 місяці тому
Kuwa 12/8/2024, Umukuru w'igihugu c'Uburundi yaruguruye igorofa igeretse kane y'ishengero rya Pentecôte Ku Ntahangwa #Ebenezer_Hotel. Iyo nyubakwa ikaba yubatswe ku mafaranga angana n'imiriyaridi 17 z'amarundi. Umukuru w"igihugu akaba yarateye intege ababwira ko bariko baraterera muri ya mbonakazoza y'Uburundi bwifashe 2040 n'Uburundi buteye imbere 2060. #visitburundi #burundi #inkebuzo #ndayis...

КОМЕНТАРІ

  • @yvesBigirimana-c9k
    @yvesBigirimana-c9k 6 днів тому

    Never umu president wa mateka.

  • @emmanuelminani9270
    @emmanuelminani9270 6 днів тому

    😂😂😂ewee pasteur shaaa urakumiza urabanza wihanure mukutosora abandi waryaryawe

  • @sebintufaustin4687
    @sebintufaustin4687 10 днів тому

    Ahubwo uriyigisha ariko ntiwumva,Ibyose sibyo ukorera Congo???

  • @WORLDACTUALITY294
    @WORLDACTUALITY294 25 днів тому

    🌺🌺🌺🌷🌷🌷🌺🌺🌺