🍻 HangOut na Micka Sengazi Ep.48: ''Ubu star bwatumye mbura umukunzi''

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 15 вер 2024
  • 😎 Umwe mu ba comédiens dufise hano mu #Burundi yishuye ku bibazo vyerekeye ubuzima bwiwe
    🙈 Benshi bakunze kwibaza ko aruta Kigingi, burya ni vyo ?
    🤗 Ivyo vyose agira ico abivugako, mumutege yompiii
    🎞️: ‪@akadirishaprod305‬

КОМЕНТАРІ • 18