Ubundi banse kuza mu gakiza. Kuba mu gakiza ni kimwe no kuba mu bwami bwÍmana. Igitera intimba, abantu banse kuza mu gakiza ga banse kuza mu bwami bw''Ímana. Nibaza ko rero, Dufatiye ku gitabo c''ingenzi, Mukristo ahunze igihugu cÍmahonero, baramubajije igituma atazananye n umuryango, yishuye ko yababwiye ariko banse. Nico kimwe. Biratera intimba muri iki gihe tukiri mw'' isi kuko tuzi ko abo dukunda baraririye Gehinomu. Imana ibadutabarire.
our choir nyakabiga❤ greetings from South Africa 🇿🇦
🙏💓
Urashimisha umutima wa Yesu, kuko uri intama akunda. Ndi Umunyaburezili ariko ndabakunda mwese kuva Mubyeyi Afrika!🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Amen🙏😍 Urakoze cyane mwene Data Munyabrezili🙏🙏💓💓
Amen,yesu aduhe kumwitegura
Amen 🙏💖
Amen indirimbo y'imburi cane kumukiza wacu ari hafi
Amem!! Glorias ao ETERNO e SANTO de Israel!!
Amen 🙏💓
Amen cane. Naje narababwiye bariyankira. Imana ibahezagire!
Amen 🙏❤️
Wow wow wow, Iherezo ryiza muriharanire ndanaribipfurije
Amen 🙏💖
YESU arajeeee,igihe turimwo nicanyuma 🙋🙋🙋
Amen!🙏
PARABÉNS que maravilhoso são estes cantos
Amen🙏💓
@@meirratv Brasília-DF Brasil
🙏💓
Louvado seja a Deus!!
Amen 🙏💓
Indirimbo nziza cane iririmbwe mu buhinga budasanzwe. Yesu abahezagire!
Amen🙏
Imana ihumugisha abaririvyi iyindirimbo igihecosendayumvisencanumvanakwihana busha good Bresse you
Yesu agukomeze kandi azogushikane mw'Ijuru!
Amen 🙏indrimbo nziza cane
My God bless you
Amen 🙏💖
Ndabakunda maze
🙏💖
Wow! What fantastic young people! What an a beautiful song! Irimwo ubuhinga n'ubutumwa! God bless you
Amen!
@@meirratv In my in my office, I cannot quit listening to it. The song has a so strong message. Makes me cry inside me. An anointed composer!
Mwijuru ntantimba izosubira kubaho,uwasigaye azoba yasigaye naho azoba umwana wawe ntakwongera kumwiyumvira
Ubundi banse kuza mu gakiza. Kuba mu gakiza ni kimwe no kuba mu bwami bwÍmana. Igitera intimba, abantu banse kuza mu gakiza ga banse kuza mu bwami bw''Ímana. Nibaza ko rero, Dufatiye ku gitabo c''ingenzi, Mukristo ahunze igihugu cÍmahonero, baramubajije igituma atazananye n umuryango, yishuye ko yababwiye ariko banse. Nico kimwe. Biratera intimba muri iki gihe tukiri mw'' isi kuko tuzi ko abo dukunda baraririye Gehinomu. Imana ibadutabarire.
Be Bless Africa.
HALLELUJAH.
Amen🙏💓
I’m sorry
Imana ibakomereze umuhamagaro bene data kugeza musheshe imvi.....!!!!!
Amen! Murakoze cane👏
Amen Sana bene Data mukorezaho Data azobahemba
Mu bisanzwe à propos y'akaririmbo ntaco noronka mvuga!!! Nzovuga kuri concert ikurikira
Belle chanson. Imyaka yose tujya gusenga ntawe turarika .Birababaje !!!!@
Imana idufashe!
Indirinbo yumwaka kabisa
Ariko se kugeza ubu nta audio z'uru rwaruka Koko twabona? Bazajya muri studio ryari ko tunyotewe? 😥
😍
Oh waow what anice song.Greetings from Uganda
Many thanks brother Simon! God bless you!
Nice song be blessed
Amen! Be blessed to🙏💓
woow ! so lovely one ; take care guys
Imana Ibahe Umugisha.!
Amen!
Urwaruka rwacu muhezagirwe
Amen!
Ndabakunda vmt,, your partner
Thanks👏👏
Be blsd
Amen🙏
Top vrt numva mpezagiwe
Amen🙏
Wonderful
Good song
Thanks👏
Wow
😢❤
🙏💖
👏👏👏👏👏👏👏👏
👏💓
💓💓💓💓
🙏🙏🙏🙏🙏🤣🤣🤣🤣
🙏💓
God bless You amen
Amen! God bless you too 🙏💓