MTC - Ashoboye vyose (Official Video)

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 8 лют 2025
  • A new Single from MTC (more than conquerors), "Ashoboye vyose".
    Video Directed by John Elarts
    Produced by Trick on the Beat"
    Lyrics
    Uhoraho niwe umutima wanje wirata
    Niwe nizigira imigabo yiwe yamaho ibihe bidashira
    Niwe avuga bikaba yategeka bikaguma
    Niwe Rurema
    We yankuye mumwijima
    Ndi mukibanza kizima
    Ku murwa w'Imana nzima
    Ntaco nkehanirwa intambuko zanje zose yarazaguriye inzira
    Ibirenge vyanje namba ntibizokwagirwa
    Ntabwo ananirwa ashoboye vyose
    Akwiye gusengwa ibihe vyose
    Mukuboko kw'Uhoraho hari ibihimbaye
    Munyonga ziwe niho hari umunezero wuzuye
    Rfr/
    Reka ndamutambire Uwampaye kunesha
    Yagiye mukibanza canje maze anshira muciwe
    Imigunza y'Intare iyo yoburanirwa
    Ariko abizigiye izina rye ntaco bazokehanirwa
    Ashoboye vyose vyose vyose eeeeh
    Vyose ntabwo ananirwa
    Atuzigama imisi yose yose yose eeeeeeh
    Yose akwiye gusengwa
    2
    Reka reka je ndamutambire muririmbire ndamushire
    Kandi nshireko ndamutazire uwo kuva agereye muri jewe n'impore
    Ntutangazwe n'umunezero mfise
    Nuko nzi yuko habaye remise et reprise
    Yagiye mukibanza canje anshira muciwe
    Acika icahe ncika ukugororoka kwiwe
    Acika umworo ngo nakire ubutunzi bwiwe
    Uyumusi je nahindutse umuraganwa nawe
    Ashobora
    gukora ibirengeye ivyo nsaba n'ivyo niyumvira
    Nk'uko ububasha bwiwe muri je bukora
    Bikamutuma arushiriza kunshigikira kwiganyira vyo nkavyibagira kuko ariwe igitandara kinkurikira
    Bridge
    Ndi mukibanza aho ntashobora gukehanirwa
    Kuko Kristo ubwiwe yampindukiye umurwa niberamwo maze nkagukirwa
    Ndi muri we jewe ndahagijwe ndatunganiwe
    L'Eternel est mon berger je ne manquerai de rien
    En lui je suis tres heureux je n'ai plus peur de rien
    Sinzokehanirwa sinzoburanirwa
    Niwe Rehoboth mbamwo nkagukirwa
    Nkahezagira mbanje guhezagirwa
    Uwitanze kumusalaba niwe ankoreramwo
    Yangereyemwo
    maze ancishirizamwo
    Ngo isi imenye ubuzima bw'itsinzi nahisemwo umunezero wiwe nta mubabaro uwuvanzemwo
    Iryo niryo sezerano nahawe
    Ko ataco nzomuburana mubwami bwiwe (haba namba)
    Kuko ibimpimbara n'ivyagezwe vyiwe vyera
    Vyanshikanye ahiwe hera nanje ncika uwera
    Dans mes péchés il me sanctifie,dans mes faiblesses il me fortifie,et tout mon être le glorifie car il est le seul qui me justifie
    Le bonheur,la grâce m'accompagneront
    Rfr/
    MTC
    Ndahagijwe n'ukuba muri we ndatoneshejwe
    #Anointed_for_his_Glory

КОМЕНТАРІ • 202

  • @ObedeMrBruninho
    @ObedeMrBruninho 7 місяців тому +2

    Amen 👏👏🙏 Amen Ibihe vyose Yesu Azokwáma Ashoboye ♥️♥️♥️

  • @Trippie_shur
    @Trippie_shur Місяць тому +1

    Ashoboye vyosee nukuri Umwami YEZU

  • @victoriousteam.
    @victoriousteam. 5 років тому +34

    Big up sana brothers and sisters, you did a great job! Abizigiye izina rye ntaco bazokehanirwa kabisa!🙌💪

  • @gatoremukristo7492
    @gatoremukristo7492 3 роки тому

    Ashoboye byose,💯💯💯🙏🙏🙏🙏

  • @apostlekevinsibomana7507
    @apostlekevinsibomana7507 5 років тому +56

    I m speechless that's what I can say sty bsd I will always support you till the end
    Love you guys!

  • @nkurikiyeaugustin656
    @nkurikiyeaugustin656 2 роки тому +3

    I was watching this video and then my neighbour came and we watched it together. She said that this video changed her life and touched her heart. then went and rented a projector in a big field and my entire town watched it and it changed their lives too. We all are so grateful.
    Thank You for this video….

  • @MarieIrakoze-m4z
    @MarieIrakoze-m4z Рік тому +1

    Amen!mwarahezawe

  • @Alexistuyisenge-w6n
    @Alexistuyisenge-w6n Рік тому +1

    Amen niwe rurema

  • @parfaiteineza2307
    @parfaiteineza2307 5 років тому +12

    Icubahiro cose kibe ic'Imana we are humbled thank u all of you

  • @itararyubuzimatv2890
    @itararyubuzimatv2890 4 роки тому

    Turabakunda cane mukomeze Imana irabashigikiye cane natwe abarundi turabakunda

  • @innocentbaranyikwa
    @innocentbaranyikwa Рік тому +1

    Mwubahwe murashoboye

  • @ndayisengaclaude3747
    @ndayisengaclaude3747 4 роки тому

    Ndabipfurije kuzogira iherezo ryiza muranyubaka

  • @raphaelnahayo6538
    @raphaelnahayo6538 4 роки тому

    All my likes to this song

  • @didiernsengumuremyi-pm3fc
    @didiernsengumuremyi-pm3fc Рік тому

    Good job my favority singers from MTC🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @alaininzamba2572
    @alaininzamba2572 3 роки тому +1

    Amen vyz ndahezagiwe

  • @liessewiner4789
    @liessewiner4789 5 років тому

    Murashboy kbs courage kuduhezagira

  • @brightbdi9654
    @brightbdi9654 3 роки тому

    Ntabwo ananigwa 🇧🇮🇧🇮🇧🇮💜💜🔥

  • @michoumiracle_official
    @michoumiracle_official 5 років тому +9

    waaaaouuuu lyrics nziza umudiho mwiza bitanga Nice song ❤👌👌👌👌👌👌

  • @djchachouromantic9025
    @djchachouromantic9025 2 роки тому

    Love from BE CHAP TV

  • @tonymunyembari1199
    @tonymunyembari1199 4 роки тому

    More than Conquerors

  • @celestenubahe9709
    @celestenubahe9709 5 років тому +17

    Biraryoshe ko des jeunes comme vous louent le nom de l'Eternel. Umukama aba ariwe abayobora muri urugendo mwatanguye, muyikorere mpaka! Bravo👏

  • @Mr.Jules-
    @Mr.Jules- 2 роки тому

    Courage MTC kandi ndemeranya ko Imana ishoboye vyose🙏🏾

  • @mapoziOfGod
    @mapoziOfGod 3 роки тому

    🔥🔥🔥

  • @colombeniyongabire5193
    @colombeniyongabire5193 5 років тому +6

    Wauh ndabuze amajambo nkoresha,vidéo nziza,mutamba neza et amajwi meza go ahead i'm blessed vous méritez my support murabakozi.stay blessed guys.

  • @samuelsamjsamuel9650
    @samuelsamjsamuel9650 Рік тому

    Iyindirimbo nayigize icayi canje

  • @spreadgodstalents357
    @spreadgodstalents357 3 роки тому

    Yesu azokwama ashoboye vyose.

  • @nouvellaitangakubuntu5383
    @nouvellaitangakubuntu5383 2 роки тому

    Nuhezagigw iman ikwongererez amavut

  • @igorarakaza6805
    @igorarakaza6805 5 років тому +1

    nice song MTC vyukuri Ashoboye vyose' namwe akabashoboza kuturyohera mukumuhimbaza

  • @sindayiheburajames6001
    @sindayiheburajames6001 5 років тому +1

    Amen ,Koko Yesu arashoboye vyose.Ndabashigikiye bana b'Imana,musigwe amavuta meshi

  • @gilbertminani1847
    @gilbertminani1847 4 роки тому

    Haleluya .Imana Ibandamye ibagurira imiryango
    .Mushike Kure iyindirimbo irimwo amajambo mazima !!

  • @ericmuheto7118
    @ericmuheto7118 4 роки тому

    ndabira bano bana kweli, jewe nabakuriye inkofero... bose bafise ingabiranoo pe! N ukuri mwese muzobandanye pe!

  • @ndagijimanaflorence4996
    @ndagijimanaflorence4996 2 роки тому

    NC👏👏👏

  • @edygardnitereka9840
    @edygardnitereka9840 Рік тому

    Mukorr neza kabx💪

  • @patiencepatience4289
    @patiencepatience4289 5 років тому +1

    Nice song umwami abashoboze muri vyose

  • @kabagambe6600
    @kabagambe6600 3 роки тому

    Ndakunda iyo ndirimbo Imana ibaheza ngire!

  • @queenaqk9939
    @queenaqk9939 Рік тому

    Kandi abizigiye izina rye ntaco bazokehanirwa

  • @arnauddushime8799
    @arnauddushime8799 5 років тому +2

    waouh waouh indirimbo isa neza ikoze nezaaaa courage MTC on est derrière vous

  • @axelsinzoyiheba5444
    @axelsinzoyiheba5444 5 років тому

    Mwarahezagiwe vrmnt mubandanye gutanga ubutumwa mu ndirimbo ukonyene

  • @faa2023-ngaragu
    @faa2023-ngaragu 5 років тому +1

    Talents are here. Vyiza cane gatuma umuntu yuzura Mpwemu.

  • @emanuelnduwimana3105
    @emanuelnduwimana3105 2 роки тому

    Igikorwa nkunda

  • @arnaudcubahiro7214
    @arnaudcubahiro7214 5 років тому

    Indiribo zanyu zirampezagira mukomeze Imana ikomeze nokubasiga amavuta yayo bless brothers and sisters

  • @alicendikuriyo4358
    @alicendikuriyo4358 4 роки тому

    Muri Kritso ndahagijwe.
    Ameeeeeeeennn stay blessed!

  • @therencendihokubwayo3854
    @therencendihokubwayo3854 4 роки тому +1

    Imana ibahezagire

  • @GloireIsh
    @GloireIsh 5 років тому +6

    Oh my GOD 😍😍😍!! I'm your best fan ever... You're blessed MTC

  • @jodaalex2611
    @jodaalex2611 5 років тому

    One luv 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 ni bake bangana nkamwe bageze aho mugeze

  • @PascalFabienNTACOBISHIMIYE
    @PascalFabienNTACOBISHIMIYE 5 місяців тому

    Imana ishimwe yo ibashoboza

  • @alanthereal1365
    @alanthereal1365 5 років тому +1

    Umusaza Trick arashe Beat y'akaja abandi nabo nti: Twakubonye ngaya amajambo asukuye anayuzuza🤗🤗 keep it up guyz murampezagiye🙏🙏

  • @fleuryndi7811
    @fleuryndi7811 5 років тому

    Waoooh!kbxa ashoboyee byosee!courge MTC God akomez kubana namwe muri byosee

  • @christhalleygatare9487
    @christhalleygatare9487 5 років тому +1

    Wow!!!guys iyo beat irarenz....,keep on guyz!!

  • @typentwari279
    @typentwari279 5 років тому +9

    Gloriousssss, proud of you guys

  • @alicefaraja7712
    @alicefaraja7712 3 роки тому

    God bless you

  • @mtawalatv
    @mtawalatv 4 роки тому +1

    Hii Ngoma kali Sana intabariki Sana hapa🇹🇿

  • @egidentibazondererangoziga7197
    @egidentibazondererangoziga7197 5 років тому

    Nukuri ndakundukuntu muririmba ariko nuko mufata intambo zisi akabarizo mutamba mundirimbo

  • @lysegahimbare1675
    @lysegahimbare1675 5 років тому

    It is true. Ashoboye vyose

  • @meddyrachelmugiraneza5601
    @meddyrachelmugiraneza5601 Рік тому

    Ashoboy vyose

  • @teddy-bimenyi
    @teddy-bimenyi 5 років тому

    Murakoze cane MTC kuri iyo ndirimbo nziza.... mubandanye muhezagirwa cane

  • @iradukunda4447
    @iradukunda4447 5 років тому

    Ishoboye vyoseee... Imana ibaje imbere mwosee

  • @fredlephenix4219
    @fredlephenix4219 5 років тому +2

    Nice song and good video,keep it up MTC

  • @fleurydushime806
    @fleurydushime806 5 років тому +4

    Amen👏 Congratulations guys this work is well done specially lyrics delivers the good news. After all, you look good when you are walking in white 👏👏👏

  • @irishuraperes7846
    @irishuraperes7846 5 років тому

    sweet love musician ati : murashoboye saaaan big up members muri 💜💜💜👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍💟💟💟💟

  • @Kiirumba
    @Kiirumba 2 роки тому +4

    Who else 2023

  • @smilz2577
    @smilz2577 5 років тому +3

    Goodjob @MTC👌👌 Big up ni 🔥🔥🔥🔥 jw ndemeye 😊🙌

  • @christadusabe3272
    @christadusabe3272 5 років тому

    Nice video,avance aba frerooooo bacu dukunda...kunda mwebwe ,love uuuuuuuu MTC

  • @DressBongo-zx6rf
    @DressBongo-zx6rf Рік тому

    Murashoboye

  • @rockstonekingdom1088
    @rockstonekingdom1088 5 років тому +5

    Love from Rockstone Kingdom
    Keep it up

  • @gabriellachancelouise310
    @gabriellachancelouise310 4 роки тому

    Big up saaana Uhoraho ashoboye byose 🙌

  • @jeanclaudemidogoro2746
    @jeanclaudemidogoro2746 5 років тому +3

    Hello guys, ibikorwa nivyiza cane, nous visons plus haut et plus loin pour sa gloire,
    keep Moving Forward
    Big Up for MTC

  • @lindalari5435
    @lindalari5435 5 років тому +2

    😍😍😍😍Nice song courage MTC

  • @diegobright3693
    @diegobright3693 5 років тому

    Nic Song vrt

  • @JoshTV-2023
    @JoshTV-2023 5 років тому

    MTC bravo kugikorwa ciza. Big up sana

  • @veritastv1429
    @veritastv1429 5 років тому +1

    Well done my people #much love from VERITAS TV

  • @kentairakoze1193
    @kentairakoze1193 5 років тому +1

    waooooouh that's a good one...God bless you y'all

  • @remynimubona4156
    @remynimubona4156 5 років тому +2

    Fier de vous guys! Allez de l'avant pour la gloire du Seigneur. Much love!

  • @dushimeariella9490
    @dushimeariella9490 5 років тому

    😍😍😍😍rholalaaaaaaaaaaaa murafise kazoza 😍😍

  • @carlyirankunda
    @carlyirankunda 5 років тому +1

    ooooohh nice song🎶🎶☇☇keep it up MTC

  • @blaisekidasharira2372
    @blaisekidasharira2372 4 роки тому +1

    Big Up Guys...stay tuned ,the same way He inspired you...He Will do it more and more..Just Dwell in His Word.
    Mwarahezagiwe

  • @ucyy22
    @ucyy22 5 років тому +8

    GOOD WORK LADIES AND GENTLEMEN, This song is gonna make me crazy, i wish u may come and sing in RWANDA

  • @omanoman9838
    @omanoman9838 4 роки тому

    Kweri muri kristo harimwovyose

  • @FlorianeUwimana-ko3wt
    @FlorianeUwimana-ko3wt Рік тому

    Sheeba

  • @CharlesNDIZEYE-g8z
    @CharlesNDIZEYE-g8z 2 місяці тому

    Who's still listening in 2024 🎉

  • @habimporegustave3479
    @habimporegustave3479 5 років тому

    goog job brothhers keep on Christ the center of this Gospel

  • @mi.vaninakatihabwa1373
    @mi.vaninakatihabwa1373 5 років тому +3

    Nice video...amajwi nayo muranryohey vrmt...Guys be richly blessed

  • @arlettehashazinka2061
    @arlettehashazinka2061 4 роки тому

    mufash dutez imber ababan barashoboy kwl

  • @assinakimsarah594
    @assinakimsarah594 5 років тому +2

    keep doin' well guys💪💪💕

  • @hm3190
    @hm3190 5 років тому

    Nice song MTC. Go ahead

  • @nicodemendayishimiye702
    @nicodemendayishimiye702 5 років тому

    fire

  • @CedrickSinkirutinya-c9i
    @CedrickSinkirutinya-c9i Рік тому

    waooo

  • @alberthabonimana1843
    @alberthabonimana1843 5 років тому

    Murashoboy kbs

  • @mikew.7570
    @mikew.7570 5 років тому +3

    Ik nico nkundira aba MTC, songs zir inspired by scriptures and holy ghost, keep it guys👌

  • @mberincuti
    @mberincuti 5 років тому +1

    You did an amazing work, keep it up dear, blessings 🙌

  • @jodaalex2611
    @jodaalex2611 5 років тому

    Safi sana ndabemeye kabisa

  • @drissedushime4343
    @drissedushime4343 5 років тому +2

    Urusoro...fyee

  • @fundi_feli6299
    @fundi_feli6299 5 років тому

    Gospel iratanguy kuryohaa 💞

  • @gaeloarmel7726
    @gaeloarmel7726 5 років тому

    We praise the Lord for the song of worship you made.You are blessed!!!

  • @kabagambe6600
    @kabagambe6600 3 роки тому

    J'aime cette chanson

  • @ntwariprincecharmant1520
    @ntwariprincecharmant1520 5 років тому

    A very nice song,I really like it!!keep it up guyz..

  • @evrardniyongabo8779
    @evrardniyongabo8779 5 років тому

    Haleluya amina ashoboye vyosee

  • @shineboy6826
    @shineboy6826 4 роки тому

    Courage

  • @shekinahmugisha8367
    @shekinahmugisha8367 3 роки тому +1

    c'est cool

  • @Kanyamararo
    @Kanyamararo 5 років тому

    😍😍😍 nic song guys