Karabaye

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 12 вер 2024
  • Umushingamateka Bizumumyi Pascal (Mukonikoni)amze mandat zi 2 mukigobe akubahuka kuja gushingura umuntu yambaye impuzu y'umugambwe. Ikindi gitangaje mukwiyunguruza kwiw ni amagura🤣🤣Yipfuye agasoni agenda nikinga😏😏
    #amakuru_atarikwivumbi
    #urugendo_news_amakuru
    #Updats_zurugendo_news
    Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
    Amakuru ya RPA yihuta
    Amakuru ya Haguruka yihuta
    Amakuru yinzamba yihuta
    Amakuru ya Peace FM yihuta
    Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

КОМЕНТАРІ • 71

  • @BizimanaEjide-u4j
    @BizimanaEjide-u4j Місяць тому +10

    Mugisha.imana ikuzigam tuzokubone urikumwe namuta rwasa.ndakwemera turakwemera ndanagusengera kuk ndakeneye kukubona uburundi burimuminwe yacu nki nyangamugayo

  • @user-sq4lo2cg7o
    @user-sq4lo2cg7o Місяць тому +1

    Sha aba dd babe maso kwl,bacunge kuzageza yesu agarutse kuko nibakina bakava kubutegetsi ndaziko umugambwe bazaca bawufuta burundu.kuko bahemukiye abantu benshi cyane.

  • @wakosithierry2026
    @wakosithierry2026 Місяць тому

    Warakoze guca inzara

  • @jeanclaudenduwimana1564
    @jeanclaudenduwimana1564 Місяць тому +1

    Mutama mugisha icowomenyaco nukowomenyako Neva arumubeshi ntabwoyafashije igihuguca Zambia oya nukuri biryabigoriyatanzemuri Zambia ngonimfashanyo habanamba yaragurishije. Kuko Zambia nigihugucikwije nahimvura itaguye ivyokuryabirahari.

  • @PascalNgabonzinza
    @PascalNgabonzinza Місяць тому +1

    Erega Rwasa baramufuse.... CNL n, existe plus... Mais le Frodebu existe

  • @user-wh2wg2dg7g
    @user-wh2wg2dg7g Місяць тому

    Mugisha nibashire inguvu hamwe tubahunde amajwi erega icishe abanyeporotike biburundi ntibazi gushiringuvu hamwe

  • @user-wh2wg2dg7g
    @user-wh2wg2dg7g Місяць тому

    Niyamihimbiri gwagasore yavuga

  • @user-yw2ef9lf4j
    @user-yw2ef9lf4j Місяць тому

    Hagutumunwa wotamaguru none nkivyo ubituzanira ngobitwunguriki!gwasa turamukunda muga mwege muguma mumuvugira ivyatabatumye nimwe mutuma atahazoshika

  • @ElyseNimubona
    @ElyseNimubona Місяць тому

    N'ibara kwumva umuntu akuz anigana n'ugusibanganya ivyandiko😂 bazoharuhira😢kuko dukeneye gushira inguvu hamwe twongere tubatsinde bivye tubateshe badataye dushishure nakare akari mumenyo....bakuzay ubuhiri

  • @user-Town9ce7qk6o
    @user-Town9ce7qk6o Місяць тому

    Turakeje nyakwubahwa Agato Rwasa yinjiye mumugambwe Sahwanya frodebu!!!CNDD FDD yaratsinzwe

  • @user-wh2wg2dg7g
    @user-wh2wg2dg7g Місяць тому

    Abadede Bariko Bata wakuba ndababaye ingene bahaye bonona abana bita ngo nibiswi vyinkona babigisha kurasa

  • @StevenaudaceNkunzi
    @StevenaudaceNkunzi Місяць тому

    Gutukanasivyiza.gusa korankumumenyeshamakuru upana nkumunyepolitique.chaîne yaw yotrimbr cane.vyongey tubwir amakuru upana udukurukuru.mais d'une petite part ndagukunda

  • @medardirambona
    @medardirambona Місяць тому

    Ariko umenye ko kuba uri rusenyanzugi tutaravyibagira. Warasezereye gutera gatarina? Abo wagandaguye barakurindiririye mu kuzimu canke uzohorwe n'imiryango basize.

  • @user-dv5ls2rp9e
    @user-dv5ls2rp9e Місяць тому

    Aha twarumiwe mwana wa mama n'ubwanwa bwarapfuts umunwa😢😢😢

  • @user-hu9ym7vg6n
    @user-hu9ym7vg6n Місяць тому

    😢😢😢😢

  • @ProsperNdihokubwayo-xl7gz
    @ProsperNdihokubwayo-xl7gz Місяць тому

    Tumwite Rumoji

  • @barakamfitiyecelestin8617
    @barakamfitiyecelestin8617 Місяць тому

    Usigaye uhoza président 😮😢😢😅

  • @eliasmanirakiza9281
    @eliasmanirakiza9281 Місяць тому

    Nukuri muburundi dukoze kuba turi abanyavyaha ntitugikundana turatotezanya nibibazo mubindi amashari yaratwishe ntawucipfuriza uwundi ineza !Mana tabara !

  • @EddyBigabo
    @EddyBigabo Місяць тому

    ❤komez kuduhamakur❤

  • @wakosithierry2026
    @wakosithierry2026 Місяць тому

    None ko atamazi atagitoro imiduga itembera niwe uyiha igitoro? Ko atamazi abarundi babayeho gute atamazi? Igikehabwenge

  • @FeliciteNibogora
    @FeliciteNibogora Місяць тому

    Yitwa teterwa kuko yarateterewe

  • @festusciza9078
    @festusciza9078 Місяць тому

    Kandi ivyo ntibihindura umuntu.

  • @LarissaAkimana
    @LarissaAkimana Місяць тому

    Iyi rero ngo niyo ya démocratie barwaniye??aba dd babonye KO abantu Bose bashishwe nivyo bakora rero batanguye kumaramarira kuyindi migambwe , ntamuntu w'umutima akunda igihugu yoshigikira CNDD -FDD bivanye nibibera mugihugu ,Ubu igihugu gisigaye giteye ikigongwe kubera ububegito bwabo,Ico Nico cerekana KO CNDD -FDD iriko iregereza iherezo ryabo

  • @inababirigaga3645
    @inababirigaga3645 Місяць тому

    Mon frère genda Urantwengeje n’imbavu ziramvako😂😅

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu Місяць тому +1

    Turagowe uburundi tumeze nkumugera wa Soda?😂😂😂😂 Uyumutama nimba ariwamupfumu arikwamuvugasha ibintu nkibi ntamutu yiyubaha yovugibintu nkibi?

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu Місяць тому

    President numunyeshari ikivyerekana raba ukungene yanga Agathon Rwasa urunuka hama ngo bakire ishari nabanze yorabe akururworwanko yanka Agathon Rwasa Amurekere umugambwe ivyashoboye nukwirukako Rwasa nareke inzigo

  • @emmanuelminani9270
    @emmanuelminani9270 Місяць тому

    😂😂😂igifutete 😅😅ngezahoo nukurii

  • @user-tw7bu7xn3k
    @user-tw7bu7xn3k Місяць тому

    Ego uratukan iyuva😂 😂😂😂😂😂

  • @JaquelineNitunga
    @JaquelineNitunga Місяць тому

    Nagize yambu Daniel mwubahwa ivyukora birabereye hama uyo manacé bamwise sumurenga igiheyabavamwo ahubwontamaramara kuko nawubwiwe ntibamwemera

  • @festusciza9078
    @festusciza9078 Місяць тому

    Ariko nawe uratukana,

  • @user-qg5gl6ok6f
    @user-qg5gl6ok6f Місяць тому

    Amazirantoki!!!!😮nk'imbwa ntizikiyahunahuna

  • @michealsilungwe4089
    @michealsilungwe4089 Місяць тому

    Ayo makuru uzoyavuga uhebe uruhe uruhukire hamwe hari abifatira mugahanga nyenicubahiro umukuru wigihugu!

  • @RizikyPoro
    @RizikyPoro Місяць тому

    Humura barundi igihe kirage imana yamaze kumva amarira yacu igiye kudutabara

  • @jhappynesjo8747
    @jhappynesjo8747 Місяць тому

    🥲🥲🥲😱😱😱😱Imana nitugirire imbabazi idukureko birya bikoko vya ba dd 🙆🏾‍♀️🙆🏾‍♀️bangeze mumuhogo !igihugu baragisambaguye…

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu Місяць тому

    Ivyomugira vyose ubushinwa Buzobibira amatora banza mwegezeyo abashinwa

  • @user-ti6gc7yl9i
    @user-ti6gc7yl9i Місяць тому

  • @MdMd-mf6tp
    @MdMd-mf6tp Місяць тому +1

    Simbeshere uratukana vrt 100%😂

  • @Deo-y4r
    @Deo-y4r Місяць тому

    Umuntu atumvirije ayakur arahomvy kl😅😅😅😅

  • @NtakarutimanaIriho
    @NtakarutimanaIriho Місяць тому

    Eeehe ngivyo ngivyo

  • @leopoldndizeye7028
    @leopoldndizeye7028 Місяць тому

    Ok

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to Місяць тому

    ❤❤❤❤🇧🇮

  • @CharityPhiri-iy7zg
    @CharityPhiri-iy7zg Місяць тому

    Iyindwi yonyene ihera rigeze ku 8000.

  • @VénusteHABARUGIRA
    @VénusteHABARUGIRA Місяць тому

    Pascal kuvuga baramufuse, Niwe wamufuse ? Icowomenya : kuba tukiriho abantu ntambabazi bakutungikiye bananiwe nogushira mungiro ivyo bagambiriye.

  • @michealsilungwe4089
    @michealsilungwe4089 Місяць тому

    Ja mwibarabar utore umuti!

  • @user-vc2eg1ng9j
    @user-vc2eg1ng9j Місяць тому

    N'a ww daniyeri urabesha umushingamateka atagira matabaro nu wahh???

  • @gabrielnishirimbere8909
    @gabrielnishirimbere8909 Місяць тому

    Ijwi nyiryumvikana!
    Duza ijwi.

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu Місяць тому

    Aryamafaranga azobahumira bareke

  • @Rwandisfabriga5us
    @Rwandisfabriga5us Місяць тому

    Karabaye

  • @user-zy9sc5cc4k
    @user-zy9sc5cc4k Місяць тому

    Therence mwite mpene

  • @josiasndayizeye968
    @josiasndayizeye968 Місяць тому

    On reconnaît la valeur d'un homme quand il est mort. Nyakwigendera nkurunziza pierre akitwara mwamwita urusyo rubarayeko none Nyakwubahwa akiza mwaramwemera ariko ikintu cose kirafise intango niherezo mbega ikena ry'idollar riva kuri président canke hariho ingaruka runaka muri kahise ikindi none konumva ukorokera kuri media yawe wofasha iki kugira rikoroke ibeyi iryo.dollar none wewe none ntapropositions wotanga nkuwuzi politique yamafaranga Hama igakorerwako Sawa!
    Gukangururira uburundi kugumuka? Ntasoni hewe Umufutu urosha amavyi bitajanye!

  • @FrancoisMatereza-t7m
    @FrancoisMatereza-t7m Місяць тому

    Amakuru devises ko mutatubwira aho yahora ava no mugira tuyakure hehe?

  • @johnphiri-vf3ih
    @johnphiri-vf3ih Місяць тому

    Eka nyen uburundi ni nk,umugera wa sida .

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to Місяць тому

    Ahubwo rero abasenere nibifatanye naforodebu binyunge bikureko iyo mihimbiri yimbonerakure bahagarare bwuma erega igituma babagenderako nuko ibyo babakorera ntimuvuge ewe bazobamara

  • @GeorgesByabagabo
    @GeorgesByabagabo Місяць тому

    C'est sans aucune importance
    C'est sans importance aucune

  • @Deo-y4r
    @Deo-y4r Місяць тому

    😅😅😅😅😅

  • @scolasticaamwai
    @scolasticaamwai Місяць тому

    Izofo ntazotobn

  • @scolasticaamwai
    @scolasticaamwai Місяць тому

    Ngona

  • @user-cz7wj8vh9h
    @user-cz7wj8vh9h Місяць тому

    nihatari ivyuburundi n'imana yonyen izobihindura kk bugez ahumwans ashaka

  • @RizikyPoro
    @RizikyPoro Місяць тому

    Aho azovuga hose azotsenda kuko imana iramushigikiye

  • @NgendakumanaJamal
    @NgendakumanaJamal Місяць тому

    Nihatali nukuri. Ubu 1000frw =4830fbu.mwumva turiko twerekezahe? Ayo namakuru nifitiye kuko ejo hahise narayavunjishije. 1$=7200fbu

  • @user-qg5gl6ok6f
    @user-qg5gl6ok6f Місяць тому

    Amazirantoki!!!!😮nk'imbwa ntizikiyahunahuna