BITEYUBWOBA//UMUDAYIMONI YIHINDUYE UMUNYESHURE TURIGANA AFISE MISSION YO KUNJANA IKUZIMU😭//TUBE MASO
Вставка
- Опубліковано 26 сер 2024
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Imana iduhe amaso yampwemu yokubona peee kuko birakomeye peeee Imana idufashe cane
Imana ihumure abantu bayo
Yesu Christo akuzigame
🎉poleeee
Imana iduhe amaso yokubona muburyo bwimpwemu
Satani kuva kera yamye yigira umumarayika w'umuco
Satani arakomeye Ariko yaratsinzwe Kuko YESU KRISTO yarazutse