Sandy - Nashatse kubivamwo (official video 2022) 4k
Вставка
- Опубліковано 30 вер 2024
- Nashatse kubivamwo ni indirimbo yanditswe yongera iririmbwa na Sandy Nduwimana. ahanini iyondirimbo ivuga muri rusangi kubantu vyitwa yuko bakorera Imana ariko bari munzira zivyaha zitandukanye. yikurikirane wongere uyisangize abandi muntumbero yogushitsa kure ubu butumwa bwiza murakoze. subscribe,share and commment.
Courrage
Ntukibavemwo mugenzi kuko umwe wese azibarizwa kugatwe kiwe wewe uzukorere Imana yawe mumpwemu nomukuri,wongere ugume uhanura kuko aha turi nikwisi simwiju satani nawe arakora naho mwishengera arahaza kuko hanze hoho abaho yarabigaruriye.
Ariko ,, Hari abantu badatahuye neza , ivyo yashatse kuvamwo
Amen
Imana iguhezagire caaaane gose kubwobutumwa uduhaye nikobiri murikinogihe imana itabare abantu bayo
Amina
Courage cane Sandy, inyigisho ikomeye
Nic wimbo
Amen
Ooh kumbe nivyo washatse kuvamwo oya wibivamwo gumamwo kuko ntabundi buhungiro atari muriwe imana igukomeze kubutumwa bwiza uduhaye burankozeko gose kuko jeho sinashatse kubivamwo ahubwo narabivuyemwo ariko urakoze kunyibutsa k nobisubiramwo
Amen
@❤sandynduwimana
0:24
❤
😂❤
nakunze audio ni nziza...
Haley
Asha nukuri waririmvye ivyo tubamwo Imana iguhezagire
Amen
Sandy reka kwirengagiz vyukuri ndumukobwa nkawe mfasha iyo nimero yawe nukuriii ICO tuvugan
Iyindirimbo itumye ngira subscribe kabisa. Irandenze ino ndirimbo cane. Imana ikwongere imigisha
Balikiwa sana dada yangu chrie
Amina wa mie
Amen mwarahezagiw arik nukubigumamw kugurabababivuyemw bigishw
Indirimbo Nziza cane .Keep going on
Amen Amen
gumamw murashoboy can Iman ibongere imbaraga
Amina
Yesu aguhezagire cane ubutumwa uduha mundirimbo🙏🙏🙏
Nice songs iratwigisha caaane mukomeze muhezagirwa mushikiwacu
Bien sana. Imana itubabarire kandi idufashe
Amina
Ntakubivamo ahubwo twegere Imana muhezagirwe
Waooooo vyiza cane 🙏🙏
Amen Amen 🙌🙏
🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹💯💯💯💯
Amen sandy kwiyi ndirimbo
Amen ngiy kwakiragakiza pee
Amen Amen, Mwarahezagiwe
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Nice song kabisa. Ntakuvivamwo nukubandanya.
Keep it up
💃💃💃🙏🙏🙏
Yooooo ndemey kweli imana ikuzigame mumaja nomumaza
Amen Amen Sandy
Message ikomeye cane💪 inkoze k,umutima courage
Amina
Waàaaaooo byiz cyn SANDY komereza Ahongaho 👏🏽👏🏽👏🏽👏🏽👏🏽♥️♥️♥️♥️♥️♥️
Amina
Hongeraa sanaa my sister
Irimwo impaniro 💃💃
Sandy ndagukunda
Amen Imana idufashe
iyo nditimbo niyo kabisa
Courage👌👌♥️
Love from kindman
Courage 🙏
Wubahwe
Amen
Nice song be blessed my sister
good
Indirimbo y amavuta 🙌🔥🔥🔥
Amana
Never give up my dear
Nice
Hareruya
Courage kbx🌹🌹🌹🌹
Très bien Sandy Courage
Love from KEZAKIMANA Divine 🥰
Courage ma chr
Music 🎼🎸🎺🎶🎶🎵🎤🎤 machine,, congratulations Sandy
Thank u
Très impressionnante.
Indirimbo nziza.
Merci beaucoup !
Amen Amen
Well, very Amazing song our Sandy, keep up and congratulations
Irambire
courage courage irambir mur christo yesu