SIMBIZI: HOSY mubutungane😥😥TUGIYE kubiitwarira LALY GOMEZ AGAHINDA nikenshi SirenViber KUYIFUTISHA..

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 8 вер 2024
  • ‪@hittoptv‬ #hittoptv1 ‪@sirenvibestv‬ #sirenvibestv #hosy #landrypromoter #rwanda #lalygomez

КОМЕНТАРІ • 117

  • @hittoptv
    @hittoptv  Рік тому +13

    Umusaza ARAHUMYE...🤣🤣🤣🤣🤣

    • @jeanmariendayikeje
      @jeanmariendayikeje Рік тому

      😊😊😊😊😊😊😊😊😅😅😅😅😊o😊😊😊😊😊😊😊

    • @jeanmariendayikeje
      @jeanmariendayikeje Рік тому

      😊😊😊

    • @alinemananzigamira3823
      @alinemananzigamira3823 Рік тому

      Yahumye kweri

    • @donbrunodushime1069
      @donbrunodushime1069 Рік тому +1

      #Umunyoni yahumagaye kbs😂😂😂❤

    • @jozy1921
      @jozy1921 Рік тому

      Landry Uzoze uramuhanura rero simbizi!nawe nyene aboneko iyo uriko ucafuza umuntu KO bibabaje!urazi ingene acafuza sat b?Kandi bigira bimbabaza kweri!

  • @fridaininahazwe3298
    @fridaininahazwe3298 Рік тому +6

    💔💀💀💀💔💔simbizi bavuze mushikiwe arikanguye 😂💔 emera ko mushikiwawe arigisuma ntabindi

  • @Hi5392
    @Hi5392 Рік тому +4

    1:02:35 si kuguca intege ariko Hosy azogutsinda niho wamwitwarira. Ubwa mbere bwo, ntiyigeze avuga izina ryuwuriko araregwa. Ikindi, nimba yar’ashaka gucafuza izina ryiwe, yari gutanga amakuru ko yigeze gufunrwa nkuko wabivuze ku munota wa 1:02:09

  • @AhmadKhan-fj5xm
    @AhmadKhan-fj5xm Рік тому +2

    Hahiye🔥🔥🔥

  • @mukamarakizapatience9169
    @mukamarakizapatience9169 Рік тому +2

    Mbega iyo mbga simbizi ijejwe iki mu Burundi? Kuri hossy tuzokumena umutwe

  • @lydi791
    @lydi791 Рік тому +2

    Verry verry Nice interview 🙏🙏

  • @msafiriisrael6111
    @msafiriisrael6111 Рік тому +2

    Kazi kazi 🇧🇮🇿🇦

  • @Innocentciza
    @Innocentciza Рік тому +1

    nice work

  • @user-kv7ew8sp7r
    @user-kv7ew8sp7r Рік тому +8

    Ikiganiro nivyo cari gifatiye ku rusaku .. ariko j naracumvirije cose ntazina bigeze bavuga..aho nta preuves woronka muta

  • @itanganezadondivin4416
    @itanganezadondivin4416 Рік тому +2

    Wesimbizi we urumuntu wanje sn kandi ndakwemera bro ariko rero ivyobintu vyukuducafuriza hosy wacuu kandi WW sinz icumwankira none yarakwimye kumwanka urahumba to kandi ntaho uzomushira kandi hosy irakoze turamwikundira saaaanaaa brother 🔥🤜🤛♥️❣️

    • @bukururamadhan2442
      @bukururamadhan2442 Рік тому +2

      Umukunda urumwe ntabwo aritwese 😂😂 ariko simbizi turamuhurizako turamufana twese

    • @itanganezadondivin4416
      @itanganezadondivin4416 Рік тому +3

      @@bukururamadhan2442 ahubwo naw umwanka wenyene ahubwo barakubeshe WW urabizi kondamukunda jenyene raba comment nyinshi nizo kumufaka Nani

    • @aldaiteriteka84
      @aldaiteriteka84 Рік тому

      ​@@bukururamadhan2442mwe nande 🤨🤨🤨?

  • @gustavemunezero
    @gustavemunezero Рік тому +3

    Iyo uteye ibuye mu ntuzeye iyibweje niyo riba rigemye. Ntawigeze avuga izina mri débat. Mugabo urarinda kuvugira umusuma nkurya

  • @damasnisabwe4904
    @damasnisabwe4904 Рік тому +3

    Uyumusi simbizi arajagay ntakintu atuyagiye

  • @katimanojustin9606
    @katimanojustin9606 Рік тому +2

    Idrissa Jama angu Ndagusabe ntushavur cane,je ubwanj narababaye rwose Ka bebe kangu Gomez ngo yivyee je narababaye utovyibaza bro baramuhariye rwose vrt baz basab imbabazi

  • @angeakimana7482
    @angeakimana7482 Рік тому +2

    Wa aaaaa oooh iki kiganiro kiratesa simbizi avuze ukuri🇧🇮🇧🇮❤️

  • @dorissengiyumva6694
    @dorissengiyumva6694 Рік тому +3

    Iyo ninzara tekana

  • @julius875
    @julius875 Рік тому +2

    Bugurure ubwonko bwana mavumba🎉🎉👏👏

  • @itanganezadondivin4416
    @itanganezadondivin4416 Рік тому +3

    Ahubwo wibuke konamushikawe arigisuma yoooh urahumba Siren Vibes tv ntaho uzoyishira turayikunda kandi ww hosy NTA rasion agusaba WW abo avyara Bose niwe abarera kandi ntibamunaniye kandi ivyonavyo uvuze ngwivyukuzikorora arazikorora ziva Munda yiwe bikuryahe

  • @karorerodjibril6251
    @karorerodjibril6251 Рік тому +8

    Iyi debat yari yerekeye ivyuwo mushiki wa mavumba muga mugaca mubanza kubizanamwo umuziki tafuta kazi bro uache upuziiii pfffff

  • @igirimbabazisania9768
    @igirimbabazisania9768 Рік тому +8

    Wallah ikikiganiro ni NYINA 😂😂😂😂😂mamamamaaaaaaa basha ndabuze time ngo ndacicarire kbsa!!!!! 🔥🔥🔥🔥🔥🔥Simbizi, Landry basha ntacomvuze🏃‍♀️🏃‍♀️🏃‍♀️🏃‍♀️🏃‍♀️

  • @kumugwa
    @kumugwa Рік тому +3

    Lite city burundi

  • @benignenibitanga2051
    @benignenibitanga2051 Рік тому +2

    Hhha harahiy pe murahaturiy

  • @itanganezadondivin4416
    @itanganezadondivin4416 Рік тому +4

    Mushikawe WW ntiyateruye camera 📸 weho ntiwateruye imodoka uyibevye ntibagufashe baca barakubika tookaa
    Gus ndakwemera
    Ariko sindakwemera Muri vyose

    • @Semavumba
      @Semavumba Рік тому

      Imodoka yari ya mutoya wanje. Ntiyari ya murundi yari iyumunyoni nkanje...

    • @itanganezadondivin4416
      @itanganezadondivin4416 Рік тому +1

      @@Semavumba Mushikawe naw yateruye camera 📸 yande ? 😂 Gus gabanya kuvuga foo hosy bro sio frsh mn
      Gus ndamwemera sn
      Umunyoni
      Tugire umutima
      Mwizaa
      Good night 🛏️ umunyoni sindaheza ikiganiro ariko

  • @audavieniyo
    @audavieniyo Рік тому +2

    Reka Sha indirimbo yoguhamagarira mubusambanyi ww atavyo washatse ivyo mubisomahehe

  • @ndayishimiyejeanpaul4241
    @ndayishimiyejeanpaul4241 Рік тому +1

    Ngo amaziii😂😂😂😂😂

  • @user-yt3xp4ik8s
    @user-yt3xp4ik8s Рік тому +2

    Landry tugakumbuy gucci

  • @PatoNduwayo-pz6si
    @PatoNduwayo-pz6si Рік тому +2

    We simbizi rekana nuwo mwigeme hosy dusanzwe tuzi ko hagati yanyu mudahuza ntuce,umujanira,urucira mukoso rugatwara nyoko

  • @chapuztv3040
    @chapuztv3040 Рік тому +3

    Man ntuharire yoyiba kuko nizona rirabaranga murabanyoni bisigura abasuma

  • @karorerodjibril6251
    @karorerodjibril6251 Рік тому +2

    Bakubwiye ko utanze amakuru ucutegerezwa no guca utanga source yiyo wabikuye kugira ntuhuvye abantu mugihe bitaba ari ibanga then uguma uharira🤦‍♂️ LANDRY PROMOTER aho ivyo bintu ntivyumvikana kweli?🤔

  • @guycarebkaze2112
    @guycarebkaze2112 Рік тому +3

    simbizi jewe ngira ntakwije mumutwe

  • @tantineirakoze1961
    @tantineirakoze1961 Рік тому +1

    Semavumbi ndamwikundira. Akunda kuvuga ukuri 🇧🇮🇺🇲

  • @Cakimzionb
    @Cakimzionb Рік тому

    Wew simbizi tangura wubah imico yigihugu birya bishegu wama uvuga biratey isoni

  • @saidamrani4435
    @saidamrani4435 Рік тому +3

    Kandi uzomererwa nabi ubandanije

  • @boboyann
    @boboyann Рік тому +3

    Donc Gomez yarananiranye no mumuryango muri make😂

  • @elbrondyckyzulu9023
    @elbrondyckyzulu9023 Рік тому +2

    Amazi y'abakobwa😅😅😅😅

  • @queenaqk9939
    @queenaqk9939 Рік тому

    Nimba bamubeshera naze ubwiwe avyivugire kukoo nimba yarumvise ko bamubeshey yoza ubwiwe agaseruka agahinyanyura ico kinyoma

  • @nshimirimanajimmy3994
    @nshimirimanajimmy3994 Рік тому +2

    Hahahaha SIMBIZI arahumyeeeee

  • @UYEIC
    @UYEIC Рік тому +2

    Rasco yarahukanye burya?

  • @obedtweets
    @obedtweets Рік тому +2

    😂😂😂😂😂😂wagie wanryohera today Simbizi

  • @user-gp2zz2bj5l
    @user-gp2zz2bj5l Рік тому +1

    Simbizi 😂😂😂😂❤

  • @aishaafricanas7519
    @aishaafricanas7519 Рік тому +2

    Ni hatari kwel

  • @igirubuntuariane9130
    @igirubuntuariane9130 Рік тому

    Abaririmvyi bagerageze baze barifata neza bagumane akaranga k'abarundi baze barigira kubaririmvyi ba kera nka ba Ngabo n'abandi

  • @MakurazaJos-mi7my
    @MakurazaJos-mi7my Рік тому +5

    Simbizi ko atamuntu bavuze izina none ubabajwe niki. Wewe ivyo wari watanguye vyumuziki vyaranse none ubu naho ngo ugomba kuzimya siren vibes. Simbizi nimureke inzigo ntaho izobashikana Kandi Raba ugire aho uhagaze ureke gutambikiza, uravye Nabi uzotabuka.

  • @bukururamadhan2442
    @bukururamadhan2442 Рік тому +1

    umunyoni hejuru cane

  • @nandy662
    @nandy662 Рік тому +2

    Ahubwo icokigabo nikirofa nimbarico simbizi weho ibishegu uvuga vyimisundi nibisundura ubikura hehe? Ww numa sha mwena mushikawe nako nabiwanyu nimurihe ibintu vyabandi ww ziba sha twarabahinyuy hosy nawe muzoguma mumubona nsinkaw ataco wimariye

  • @Barca788
    @Barca788 Рік тому +3

    Imodoka yibwe & caméra iribwa!! Umuceri hano

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 Рік тому +2

    Mbayuwambere😂

  • @Mr_KORI
    @Mr_KORI Рік тому +2

    Ivyo bavyita inguvu z'umunwa, gabanya amajambo ugwize ibikogwa

  • @aimableiradukunda4411
    @aimableiradukunda4411 Рік тому +3

    None nimba arivyo niyemeze ko atarivyo hama yerekane ama preuve ko ivyo bavuze atarivyo😆😆😆

    • @niyonkuruvincent8221
      @niyonkuruvincent8221 Рік тому +1

      Bobo barakweretse ama Épreuve kwivyo bavuga arukuri? Namakosha guhengama

    • @florianebunganimana9440
      @florianebunganimana9440 Рік тому

      Nabo ntama preuve bafis kwivyo bavug aribyo kubisanzw , kô nkeney kumenya Aho akur amakuru yubusakusaku nkubw

    • @aimableiradukunda4411
      @aimableiradukunda4411 Рік тому

      None nimba atarivyo,Uwo bavuze ko yivye arihehe hama atange umuco kuvyo bamuvugako?je mba mbona ikibazo gihagaze aho nyene!ico dukeneye numuco.

  • @ndayishimiyejeanpaul4241
    @ndayishimiyejeanpaul4241 Рік тому +2

    Iki kiganiroo birananiye kwihangana nimbavu zigira zimenekee😂😂😂😂

  • @tresorntwari-jo3th
    @tresorntwari-jo3th Рік тому +2

    Ntawombwira iyo émission yashavuje mutama nkayiraba ga basha😅

  • @wembakamungu7820
    @wembakamungu7820 Рік тому +1

    Umunyoni❤❤ ndakwemera

  • @cdroniyo7530
    @cdroniyo7530 Рік тому +2

    Umunyoni tanguza urugamba 😅

  • @saidamrani4435
    @saidamrani4435 Рік тому +1

    Mbega iryo terabwoba uriko uragirira abantu ninyabaki,ww uri rofa

  • @nandy662
    @nandy662 Рік тому +1

    Nn uwomushikaw nimba ativye yomokey iki? Uziko urikijuju ganani jicogisimbizi ndakobona nkikintu atabwng kigira

  • @emmanuelnzambimana5569
    @emmanuelnzambimana5569 Рік тому +1

    Umunyoni Diaspora arahumye

  • @loveofficialownbisness2724
    @loveofficialownbisness2724 Рік тому +1

    Moya mbili,umunyoni,🦜🦜

  • @thierryhabonayo2110
    @thierryhabonayo2110 Рік тому +1

    Nimumureke uwomushikiwacu arashoboye kuberiki mumuhihotera ahubwo nimumuhznure ham mumwerekeze Jew simbiz arantangaza kuberiki arintaho mpagaze???

  • @tangitekakelly699
    @tangitekakelly699 Рік тому +2

    This is guy vrmnt ni umu bully. Need to be called

  • @ABATABUZWA
    @ABATABUZWA Рік тому

    Iki kijama nikibono ndake iyo kiriko kiravuga abandi kiba cumva ko kiryoheweee

  • @user-nc3zo4yj4q
    @user-nc3zo4yj4q Рік тому +1

    Haruwuririmaba atanyoye amazi😅😅

  • @christabellakaze3525
    @christabellakaze3525 Рік тому +1

    Ikind ntazin yavuz hhhh ww waciy umeny k ar uw muvukn hhhhh ikind nac hhhh umusuma ntivyanditsw kur karangamunt
    #igisuma

  • @Yvette314
    @Yvette314 Рік тому +1

    😂😂😂😂Simbizi wa semavubi ariwe munyoni hushura kbs je uranyisheee😂😂😂😂😂😂

  • @Dan4real-le2ey
    @Dan4real-le2ey Рік тому +2

    😂😂😂mukubitwarira tuzojana kbx urusaku rwabarya bakobwa turaruhazeee x zabo tuzozisohoraaaa n ibarindire

  • @didiergatabazi4382
    @didiergatabazi4382 Рік тому +1

    Mavumba duhe amakuru y Rasko

  • @christabellakaze3525
    @christabellakaze3525 Рік тому

    Noe umusuma ushak ntitumwamire kure simbizi emera k mutoy waray ar igisumaaaa

  • @lolollololi1050
    @lolollololi1050 Рік тому +4

    Ahubwo nyene kwaba police bifashisha igishegu gusa😂 ngo herena yagiye kuwakane kuwagatandatu aragaruka nyina wiwe aramubaza ngo mbega herena kugarutse ngo jewe narariy'imbr gusa😢😂nibutse inkangara nasize iwacu herena nguragapu genda baguswr🙌🤣🤣🤣🤣🏃‍♀️🏃‍♀️🏃‍♀️

  • @KaposhoRuben-qb9dp
    @KaposhoRuben-qb9dp Рік тому +1

    Uyo nagacupa gusa

  • @patrickzenges1101
    @patrickzenges1101 Рік тому +2

    Umunyoni 😂😂😂😂komera

  • @nahishakiyesaid51
    @nahishakiyesaid51 Рік тому

    ariko camera zakinishwa muri bank lambert

  • @nkzenest4748
    @nkzenest4748 Рік тому +1

    None mushikawe namba ar umusuma ushaka ntibamuvuge..tekereza nawe uhora uvuga abandi

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 Рік тому +1

    😂😂😂 simbizi weee wapiti shaaa suko bikorwa gusa wasaze kweri none gasha iterabwoba hasi kweri kuko yoooh urababay ndakwumva ariko ivyo uvuga ntaho bihuriye niriya débat? Kuko nimba baravuze bavuze kubitihanze none Nawel rero shaa pol

  • @leilaprinciaishimwe191
    @leilaprinciaishimwe191 Рік тому

    Woja kubarega uvug ngwiki ko atazina bavuz? Ahubwo mbona bishobok cane ko ivyo bavuz ar ukuri ,nib ar ukubesh vyamushavurij iki? I will assure you ko ntanakimwe wokora ngo siren vibe ifungwe

  • @wembakamungu7820
    @wembakamungu7820 Рік тому +1

    NTAWUCAFUZA UMUCAFU😅😅😅

  • @fifimilly2417
    @fifimilly2417 Рік тому +2

    Umunyoni😂😂😂😂

  • @KibareMelissa
    @KibareMelissa Рік тому +2

    Icubiba nico wimbura

  • @ibrahdimpoz5820
    @ibrahdimpoz5820 Рік тому +1

    abanyoni bataguruka hhhhh ariko barataruka hhhhhhh

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 Рік тому +3

    😂😂😂wew simbizi numusi ntiwasomye😂😂

  • @fannyirakoze6589
    @fannyirakoze6589 Рік тому +1

    Umv iyo rofa nani simbizi,uwutamuz wagira nuwahatal,ng kary g tv nzokugaza😂😂,wogir haricari mugihugu,ham biry vy camera birashika,ni satani

  • @duraduura3726
    @duraduura3726 Рік тому +1

    Ndabansavye.ntimwumvukane.

    • @nandy662
      @nandy662 Рік тому

      Banzumenye kwandika mwiouuuhh😏😏

  • @SandrineNdayikengurukiye-qf6bm

    Ntunamaramara uzi ko mushikawe yambuye abantu. Ndi wewe notekereza sinokurako n'umunwa. Ibisuma gusa

    • @niyonkuruvincent8221
      @niyonkuruvincent8221 Рік тому

      Hamwe vyobarivyo akaba yarivye yivyende? Abakoze ayo ma débat bavuze nibo bibwe? Canke ufise ivyemezo ibihe koyambuye abantu?

    • @UYEIC
      @UYEIC Рік тому

      ​@@niyonkuruvincent8221 abagize débat ntazina bavuze bavuze kuvyo bamaze imisi babona bizunguruka.hama nimba baramubesheye urya mukobwa nanyeguruke aze abibeshuze.

    • @igirukwishaka-gl9wx
      @igirukwishaka-gl9wx Рік тому

      @@niyonkuruvincent8221 Ntazina bavuze
      Nimukure umunwa ngaho

  • @user-qs7lj7kj1k
    @user-qs7lj7kj1k Рік тому +1

    😂😂😂😂😂semavumbi aravuga ntavura🤣🤣🤣🤣🤣

  • @nadinenishimwe3537
    @nadinenishimwe3537 Рік тому +1

    😂😂😂😂😂😂😂

  • @PrincEloge
    @PrincEloge Рік тому +1

    🤣🤣🤣😂😂😂

  • @moyambiri257
    @moyambiri257 Рік тому +1

    Burris itera bwoba ta soeur narihe ivyabandi

  • @igirukwishaka-gl9wx
    @igirukwishaka-gl9wx Рік тому

    Ntamuntu aburanira igisuma
    Ahubwo bace nafata wewe nyenye
    Ukuruburofa ngaho.uterubwoba nde hosy?
    Jenza gahoro tuzorurangura twebwe aba fana biwe

  • @berkamp1
    @berkamp1 Рік тому +3

    Mbega Simbizi ntiyigeze gufungwa azira imodoka yatwaye nawe ? Vyoba bifise aho biva ?😂

    • @Semavumba
      @Semavumba Рік тому +1

      Yari imodoka ya mutoya wanje w umunyoni kandi ntayo nivye....

    • @berkamp1
      @berkamp1 Рік тому

      Muzanyemwo ivyinzanko z imiryango ngo ni kubera ari abahima. Ama channels yoyo azokwugarwa mbona atari make .

    • @igirukwishaka-gl9wx
      @igirukwishaka-gl9wx Рік тому

      Hahaaaa ntitwavyibagiye

  • @itekachristadivine8993
    @itekachristadivine8993 Рік тому

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂nzoheza gutwenga ejo 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂emera ko yivye nayo ivy kugaza radio ntibirimwo

  • @Mr_KORI
    @Mr_KORI Рік тому +3

    Tu n'es qu'un tigre en papier 😂😂😂😂

  • @Saleh-mg8fr
    @Saleh-mg8fr Рік тому +1

    😂😂😂