You are very smart bro, keep going 💪 your future will be great 👍 Keep helping our brothers and sisters 🙏 Share your experience with others. God bless you brother ❤️
Hahaha za muca bugufi mwige!! Personally jewe naragize research kuri black fly soldiers "isazi zirabura " ikilo cizo cibizivamwo ni 116.25 $ hafi 500 000 fbu so rero kubera utabishoboye jikaze komera amashi ababishoboye
Hushura none ❤
Icutarabona ibihe birakikwereka vrt so courage bro mutama yarabivuze twibaza ngo ninkuru kumbe biri série terimbere bro!!! Imbere niheza burundi hejuru!!
Thank you brother for your program , GOD bless you
Courage urintwari brother
Waoooo begibintuvyizawe
Félicitations mwana wacu
Birashimishije
Bandanya
Turagushigikiye
Thank you!
Ndabashimiye cane intambuko mugezeko. Turabipfurije gutera imbere.
Courage ❤🎉
You are very smart bro, keep going 💪 your future will be great 👍
Keep helping our brothers and sisters 🙏
Share your experience with others. God bless you brother ❤️
Thank you!
@@MariuSpark2025 hey bro.
Woduha number yawe, erega ufise ivyiyumviro bitomoye wokwigisha benshi
@@MariuSpark2025 Waooooooo mbega vyiza uwiteka aguhe umugisha murivyose nzoza mukwicumi kukuraba tuyage kubijanye nubworozi bwawe tuyage
Wow felicitation sanaaa
Super projet ya 1 kweri benshi boyijukira vyofasha cane
Komera knd courage
Ewana courage kweri iyo motivation siyabose 😅
Komera frère
Muraho neza
Ndi jean Baptiste
Twabona nimero yawe c
Merç
Uyo muhungu numunyabwenge kabisa 😁👍
Juste Gaël wubahwe cane kuba wararondeye uwumworozi wamasazi kuko jew narabiraba kuri youtube nkabura ingene nobishira mungiro, Ubu rer ndabona bigiye kunyorohera uwumworozi nzomurondera nanje anyigishe ingene notangura ububworozi bwamasazi
Duhe nimero
Gaëlle ntabwo uzansiga pe! muribi biganiro ukoresha .
Mwubahwe kweri 🎉🎉🎉
Courage watanguj igikorwa ciza komeza
Mwiriwe neza mwompa num zuyu muntu nyimba vyokunda
Wawuuu ikiganiro kiryoshe p
Très bonne pratique
Impa numéro yawe
Justin ndashaka inimero zuyu muhungu disi
Vyiza cane, nanje ndi inyanza-lac, ndakeneye, kuvyiga.mbe aho mwabitangurinje muri nyanza-Lac,namajahe, kumutumba uwuhe?
Murakoze
Ibintu bifise impwemuuu nyshii🙌😅😅😅
Courag uziko uburundi butera bujimber mubumeny we😮😮
Ndakwemera muta
Keep it upp 💯 Marius
Eeee bro ndemeye kbx nijyenzi cyane Kuba umuntu yakwegera wamujyeza Kure kbx mu rwanda ntago turasobanukirwa ubwo bworozi
None kurikira video ureke ubugugu
Video ngiyo reka ubugugu
Hasigay korora ibihere ni mbaragasa ninda😂😂
Ndagushimiye kuri uwo mwitwarariko wawe ariko nkuwoshaka korora nkawe formation twoyironka gute?
Arikomana ivyobintu nahora mbona babuzana tuvuga Sinarinzi kobivamwisazi yewe sinzobura kubirya nukuri
Bro ndakwemera sana social media urikuyitwara nka tanzania
Ndi murwanda mbashimiye ubuhinga uyumusore afite nomero zuyumusore mwazimpa?
Muraduhe numéro yuwumugabo yorora amasazi
Ndabaramukije
Noshobora gute kuyagisha uyo mu papa cnk se umusore
Kazi ni nyingi kwenye inchi yetu watumishi ndo wachache.
Kabisa
Ayayaya! Naho ab’ i wacu bibereye muma comedies ngo no kwigisha uko banyara bananyaza😢!
Uyu mutype arakwiye gushigikirwa au niveau national azoteaimbere igihugu
Muduhe nomero zawe
Ndabakund Can twobabon GT? Umukur wigihug yarabivug bakishing gutweng zamburakimaz!!!!! Nn iyiintah ? Bazmar
Ama
R
Inkoko kombona zigoye gutung😮
Muburundi birabahoooo
Imbere cane
Muratwenza uwonumujama winsazi
Mwodufash Adresse canke contact tuzoje gusuma ubumenyi
Ndushirireko inimero
Mwambabariye mukampuza nawe
Kuyindi mpwemu idasanzwe
Mwoshobor kuduh number yiwe
Komutadu hainomero zabobantu?
Neza cane mwoturonsa inimero y'umusore
Shalom. Noronka gute numéro y'uwo mworozi? I'm so interested
Waroroye umucafu ngo ni isazi, aho ziri umengo ni muri toilette
Bit.muraho.none.umuswi.umwe.nangahe
Nukumushigikira uwo mu jeune arafise imbono. Nukwegera Never amufashe kuko aratahura iyo migambi. Tera imbere mu jeune. Nabandi babonehwego. Ibisata nivyinshi urwaruka rwokoreramwo, habuze ababaha umutahe, ni Leta umbwambere nabandi hanyuma.
😂😂😂kand urajinyika kwel
😂😂😂
None isazizo mworoy zingahe😅
Yacu ntwenza hahaha😂😂😂😂 ati insazi zo mworoye zingahe
Warasaze😂😂
Mwaduhaye number
UwomugambinimwizamuduhenimerozAterefoneyiwe
Mbariza ikiro cisazi ayokigurwa nzozigure kuri bonane😂😂
Bit
Ahubwo ubutaha izo sazi nazo muzatangira kuziteka
Murarya ntimumpeko.
Hahaha za muca bugufi mwige!!
Personally jewe naragize research kuri black fly soldiers "isazi zirabura " ikilo cizo cibizivamwo ni 116.25 $ hafi 500 000 fbu so rero kubera utabishoboye jikaze komera amashi ababishoboye
Sponsored
Brand: Exotic Nutrition
3.2 out of 5 stars 3.2 (3)Reviews
Dried Black Soldier Fly Larvae (10 oz.) - High-Calcium Insect Treat - Chickens, Wild Birds, Hedgehogs, Bluebirds, Reptiles, Sugar Gliders, Opossums, Skunks, Lizards, Bearded Dragon, Fish
None uneye ntizobanyishi gusuvya ntimuziko isazi ikurikira akanuka
Duhe number de contact
Vraiment ndashaka nimero ziwe kweri.🎉
Kazi ni nyingi kwenye inchi yetu watumishi ndo wachache.