IMBURI IKOMEYE EP 1//NERETSWE IMIGAMBI SATANI AFITIYE ISHENGERO//IMANA YARANKUBISE NTINYE KUBIVUGA
Вставка
- Опубліковано 24 чер 2024
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Bamwumvira Imana ❤
Imana Iguhezagire Mukozi wi Imana Muduhe ep 2
❤❤❤Imaniguhumugishamukoziwimana. Wongegwinkome, z❤❤❤
Murakoze canee mukozi w,lmana
Yoo Mukozi w"Imana Yesu aguhezagire caane. Nanje nari maze kwumva ubuhanuzi bundi buvuga ko Antikristo atagihishijwe nk'uko mu cete candikiwe ab'i Tesalonike havuga.Ubu ngo ariko akora ku mugaragaro, mugabo Imana irafise umuce w'abantu bakeye izokoresha muri iki gihe.None rero dusenge Imana idufashe ntihagire uwudutwara igitsibo cacu. Umugabisha wacu ni Kristo.
Hezagirwa