Nakuwe mumubiri imisi 3 njanwa mwijuru nerekwa amabanga akomeye Ep1|| Ivya ma bariere yabadayimoni
Вставка
- Опубліковано 22 жов 2019
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri watsap)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV
Turasaba igice ca kabili price
Ariko mwaduhaye nimero yuwomuvugabutumwa. Jacloud
Murakoze mutwongere ikindi gice
Mubarikiwe mutwongere ikindigice ntitumenye ibyo yeretwe nibyo yabgiwe mukore ukomushoboye murangenze urworugendo yakoze tumenye buri kimwe cose yabonye
Imana Ibahezagire caane
Yobu 7:9-10
[9]Uko igicu cyeyuka kigahera,Ni ko n'umanuka ajya ikuzimu atasubira kuzamuka ukundi.
[10]Ntazagaruka mu nzu ye ukundi,N'aho yari atuye ntihazongera kumumenya.