As B Face said worondera ama gifts 🎁 woza urabaha mu gihe umuntu azoshobora kwishura ibibazo vyose. Bizoba biryoshe cane.Challenge izoryoha Hama bravooo sana Hosy you’re so intelligent
niciza cane turiga tugatwenga tukanamenya,iciyumviro ca B niciza faut encourager ababazwa ukabategurira un petit cadeau just le geste d avoir participer bien sur kuwabitoye nkuko kwa B Face yabivuze et puis aussi fait bck de questions kugira uronka ahubakura😂
Ngo mushaka kwibariza abasani banyu ibibazo 😂😂 mubitubwire mutubwire nabo mushaka ko bibazwa😍
Ariko ntimwibagire kugira partage yiki kiganiro basha🥹🙏🏽
Cane Gose Tuzobibabwire? #B-Face yagitanguje ndamufitiye Ibibazo 3. Partager et abonner Quand même ni obligatoire.
Uwakabiri dushaka mukombozi 3 alvine
EM inyigisho menyesha ntara
Nimba wakunze réponses za Bface gonga like hapa!!!😂😂😂
Merci hosy kuzana umu star Nkunda courage uzozane Natacha nawe n'a monna
😂😂😂😂😂😂ariko sha B Face Umva acagusigurira nivyo utamubajije
Waooo B face waooo ndakunda inyifato yawe ntiwishima ❤❤❤❤
Ico kiganiro niciyumviro ciza cane wagize Hosy ahubwo Ndiho aguhezagire cane kuba wariyumviriye gukora ushaka gufasha abatishoboye nivyiza cane Imigisha myishi gusumba ikindi naco ingene utuzanira aba Star bacu dukunda bakadutwenza kubibazo uriko ubahata biradutwenza sana nkabakunzi babo So rero ndaguteye intege mukazi kawe urabishoboye uciyubwenge cane bzuu
Amazing kabisa,ndagikunze…hama uzokongereze ibibazo,hama kugira uronk amahera menshi uzoce ushiramwo nibibazo bituma bazana amahera menshi.
Mu basani dufise mu Burundi Babara neza ni B Face vrt knd turamukund ntanimigro afise iknd turamushimiy 😂😂😂 yadutwegej nukr
As B Face said worondera ama gifts 🎁 woza urabaha mu gihe umuntu azoshobora kwishura ibibazo vyose.
Bizoba biryoshe cane.Challenge izoryoha
Hama bravooo sana Hosy you’re so intelligent
Vyari sawa b face icirwa menyeshantara kweli😅😅 gusa ni flch Hosy nawe wubahwe
Yagerageje, kandi yavyifashemwo neza, nindero iraharurwa. Iciyunviro wagize niciza caane.
Le Concept est génial Vrt 😂😂🔥Keep on
Fabi love Kshan Boy nawe arakenewe B face and Flo yubahweeee 🙏🙏 ariko akora xana knd wabitoye ❤pee!
Wooooa imbere cyane B FACE Em icirwa cimenyeshantaha😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪
Courage Hosy umva wew uzobabaze ibibazo vyerekey igihugu cacu navy vyoba vyiza cane kugira bameny uk bigend mugihugu cacu imyibutsa imigani kand Merci bcp vrm ukuntu wiyumviriy no gufasha abatishoboye cank abipfuza ubw bufasha vrm❤❤❤B Face ari mubasani bagerageza caaane mukirundi vrm❤❤❤🇧🇮🇨🇭
Yewe B.Face 😂😂😂 bayita icigwa menyesha ntara.
Ooooooh Hosy courage kbxa❤❤ Mzee Rap Comando we love you more bro👊👊👊👊😊
Iyo NI uongo Bwana 😁😂😂😂😂😂
Hosyyy ndashakaaa Mo'w kanzie nawenyeneee
Ibibazo vyinshi kugihugu cacu kugira tugikundishe n’abandi
Ndabakund kanin kwel B vub ndachor tattoo kwel ukunt ndagukunad j mbon ngomb gusar❤
Iciyumviro ciza Can urazan nabandi kdi akagaseke bazoshir mwo kugir habonek nagasabuni kantah nikora mwarahezagiw❤
Vyari bitesa courage hosy
B face🎉🎉❤ uzotuzanire nka alvin abariyemeraa😂😂❤
Urya nta mahera yotanka😅😅😅😅
Courage vrt nabandii tubahabwe shn ico kiganiroo kiratesaaa
Merci vrm,iyomyibutsa ntayo narinzi
Nivyiz can mubazan bos abobaririmvy harinab tutaz tuzobamenyereh
Hanyuma RAP YUDA hama big up uraberewe kabisa unyibukije ERNESTO CHEGUEVARA kwiyo kepi big up kabisa
Kiraryoshe nkriiii ❤
Wallah ub ngiye kongereza kugufana🙏🙏
Hosy une autre idée uzoze urabaza amakuru agezweho no kwisi,nk ibintu biba vyabay kw isi,uzoze urarondera amakuru
Hot yar iryosh yar imwe ya Fizzo na Sat B.
Iki kiganiro cari gitesa sana muzokwame uko kwl. Mwubahwe sana Siren vibes
B uratwenza sana😂ngo ugenda kwideni😂😂😂😂
icigwa menyesga ntara en Kirundi
EM : Inyigisho menyeshantara
Tanzanie ubwambere yitwa Tanganyika. Yaje guhinduka izina kuri Mh Julius Nyerere mugushaka gushira hamwe Tanganyika na Zanzibar
Uzotuzanire Lolilo Hosy plz😂😂
Hosi Irakoze, Ni Good. Jewe Vrt ndababanda, Ubu Muduhe Aho Tuzohora Tubaha ibibazo twibarize Aba Sani natwe Ibibazo.
B face aratwenza Shaaaa👊
Ikiganiro n SAWA caneeee
😂😂😂😂😂😂😂😂Hosy uranryoheyeee mwe na bface
Good job Hosy🔥🔥
Tanzanie Tanganyika
Mwandemeyumusi ndiko ntwega
Cane
Ikiganiro ni bon mwiyumviye neza caneee 👏👏
🎉🎉🎉🎉🎉🎉hosy ndakwemer caaane mwe na rap yuda ❤❤❤❤
Très interressée
Love this 💕
EM twayita inyigisho menyesha ntara
B-Face ubundi utanga show🔥🔥nkundako ugira urugwiro kandi ugira urukundo😘
Imenyeshantara EM mukirundi
😂😂😂😂😂good vibe kl
Ivyo bigabo bica binôme amashi rero😂😂😂😂😂😂😂😂😂 18:46
Ikiganiro ni 👌🏻👌🏻
😂😂😂😂Donc nukwitwaza 50k😂
Hosy rr muranyishe ati gusoma umuhungu kumuhungu nyene😀😀😀
2mill yaw ntuyamuh😂😂😂
Ndakunda, b face cane, iyo ariko Baker ikiganir ntigihera atadutwengej
Rap yudaaaa wubahweee
Hhahaha b arahuye nakayabu kirabura😂😂😂😂😂😂😂😂😂
B face uruwambere 🎉🎉🎉❤❤❤❤😂😂😂
Neza Hosy courage ❤
Ikiganiro cari kiryoshe muhezagirwe mubikora neza nanje imyibutsa ndayikunda. Hama uzondonderere Mukombozi umubaze nawe ndakunda inyishu ziwe mukomeze
😂ivyigwa vyo hagati vyakunaniye kuvuga 😂😂😂
Oyaha Bi Pambana kwel nimigani yiwawe urayizi gusa Hosy ntagutere ubwoba urumuntu wumugabo Hhh so Hosy ndagushimiye kurico ciyumviro uciye ubwenge sana Kure cane niho nkwifurije Hama ndakunda ibiganiro mukorana na Bi ndakunda muyaga muhuza muradutwenza harigihe nanje ntwenga nkakumbagara bzuu
Ikiganiro ni ciza kirigisha abantu bakibuka canke bakamenya ivyo batari bazi.
Haramukiwe Mona niwe nkeneye😂😂😂😂
E M ni inyigisho menyesha ntara
Atahanye ideni ya 10mlle
Da Hosy nukuri iyi émission niyo ariko il faut gutumira nabandi atari abasani.
niciza cane turiga tugatwenga tukanamenya,iciyumviro ca B niciza faut encourager ababazwa ukabategurira un petit cadeau just le geste d avoir participer bien sur kuwabitoye nkuko kwa B Face yabivuze et puis aussi fait bck de questions kugira uronka ahubakura😂
Sha ikikiganiro kiraryoheye vremmt kuruta ibiganiro vyose vyigeze kubaho
Wow🎉❤
Vrt hosy icokiganir gikomez can kuk ndameny umugan ntarinz mugwiz imigan can
Mbega none ya mahera Hosy yavuze ko ashira mugaseke kishikanwa ko ntabonye ayashiramwo?😂
Courage hosy
Ikiganiro kiri hot nyn❤
E.M.imenyesha ntara😂😂😂
Wow mbakunda runini kbs
Ubwo busutwa hosy ubugabanye abarundi ntibakunda ibishegu ngo aguhaye amuhaye iki nyene b face nta busutwa akunda
tres interessant🤣
Ni ciza cane
EM ni inyigisho menyesha ntara
Rap taich ft hosy ❤❤💯👍
😂😂😂😂😂😂bface shn ng nsigarany 2mille😂🙈
Ikiganiro kiraryoshe cane gose.ariko ayomahera nimenshi uzogire 2mill cva
Tuyishime❤❤🎉🎉ok👍👍👍🌟⭐🌟💯
5mil ya1 ahaa🙌😂😂😂
Uzozane mukombozi na kirikou
Birashushe hejuru cane
❤❤❤
E.M inyigisho menyeshantara
My hosy❤❤❤
Komeza caane icirwa ni boo
Kiraryoshe bandandanya kbsa
Umengo uvuga nkumuntu ari munkono Raba mukosore ayo majwii ari kure cane ya micro
We Hosy B Face umuhaye ntiyokwanka🙄🙄🙄.
Hosy ukora neza
Jewe sinkund gu commenta muga Bi arantwengeje
😂😂😂😂😂😂😂😂😂🚦
B face rwisipegiti