Burundi : Iyo manzi wararaye

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 3 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 34

  • @rozamusicburundi9087
    @rozamusicburundi9087 6 років тому +15

    murakoze cane mwese nitwa Twagirayezu Rose-Marie iyo ndirimbo yanje iri murukwirikirane rwindirimbo naririmvye muri 1978 kubifuza indirimbo zanje munkwirikirane kuri Roza Music Burundi (UA-cam) murahasanga nizindi mwakunze Imana ibahezagire. Akaranga turacagafise

    • @tonyantoine8850
      @tonyantoine8850 6 років тому +1

      Roza Music Burundi
      wow urakoze caaaane Mme Rose kuri ako kajwi n'utuvyino bihimbaye bitugumiza mu karanga n'umuco vy'iwacu. Be blessed.
      woturonsa "umve mawe urumviriza?" Thanks a lot!

    • @tonyantoine8850
      @tonyantoine8850 6 років тому +1

      Wow. Arakoze caaaaane Mme Rose kuri ako kajwi n'utuvyino bihimbaye bitugumiza mu karanga n'umuco vy'iwacu. Be blessed Rose.
      Mwoturonsa "umve mawe urumviriza" thanks a lot!

    • @rozamusicburundi9087
      @rozamusicburundi9087 6 років тому +1

      Murakoze gushima (Nako kandi kari nyuma karaje)

    • @tonyantoine8850
      @tonyantoine8850 6 років тому +1

      Roza Music Burundi
      mbaye ndashima

    • @willyriziki8005
      @willyriziki8005 5 років тому +1

      yewe ndanezerewe Maria

  • @irumvayvonne9506
    @irumvayvonne9506 4 роки тому +5

    Yooo Basha iyi ndirimbooo,ankumbuje imuhira amahanga nimabi yemweeee

  • @sandrinekidasharira9713
    @sandrinekidasharira9713 11 років тому +2

    Wow! J'avais une tante qui chantait ce morceau non stop!
    Merci du partage kweri..!!!

  • @YvanNiyonkuru-sm5fp
    @YvanNiyonkuru-sm5fp Рік тому +1

    Aho hambere baririmbana ubwitozi ❤pee!

  • @cynthianahishakiye722
    @cynthianahishakiye722 11 років тому +1

    Lalas ntubaho! Merci infiniment...

  • @nkeshimanaemmanuel5031
    @nkeshimanaemmanuel5031 7 років тому +4

    Turafise abarundikazi beza nzobivuga hose

  • @Mireille-z8k
    @Mireille-z8k 6 місяців тому

    J, aime trop

  • @nigermain79
    @nigermain79 9 років тому +3

    Chantal
    Urakoze kudukumbuza iwacu nakare tuhamiza kumutima ubu hoho bibaye ibindi ewe burundi bwacu urateye igomwe.

  • @GlorioseNdayikengurukiye
    @GlorioseNdayikengurukiye Місяць тому

    Wow 🤩

  • @nkeshimanaemmanuel5031
    @nkeshimanaemmanuel5031 7 років тому +2

    Aho hari kera nka 1970 raba ingene yari mwiza

  • @bnkundwa
    @bnkundwa 4 роки тому +1

    Good vocal songs.

  • @FiftyD
    @FiftyD 11 років тому +2

    Honey, ukwiriye agashimwe kamwe utazokwibagira mu buzima bwawe. umbaye kure kabisa. ico nukubwira warakoze cane, ugumane uwo mutima.

  • @eddyedd1847
    @eddyedd1847 8 років тому +3

    umurundikazi wumutima

  • @shellamanirambona6668
    @shellamanirambona6668 6 років тому +4

    Ako karirimbo ndagakunda goooose ariko amajambo arimwo sindayunva

  • @lilianenshimirimana7235
    @lilianenshimirimana7235 4 роки тому +1

    Kararoshe sana

  • @milk11honey
    @milk11honey  11 років тому +1

    urakoze gushima!

  • @milk11honey
    @milk11honey  11 років тому +1

    merci Cynthia :D

  • @kiyuxcx1878
    @kiyuxcx1878 4 роки тому +1

    ❤🙏🤩😍😍

  • @muvunyirucyaha2870
    @muvunyirucyaha2870 Рік тому

    Niliwe