Mpore nice song bro big up San .You come back in industry the music 🎶 Burundi.so impano urayifise walayi.ntuzosubire guhagarika ibikogwa bandanya.from omani
Ibikogwa vyawe biza bikosoy Mugih umunt aba yihebuy abonak birangie nih imana ikorera ibitangaza akes big san congratulations utafik mbali sn pamban mkuu with one power
Indirimbo yanteye ikigongwe cane. congratulation my Big Boss C.E.O. Uwakoroye amosozi kubera iyi video na Audio ntagende ataduhaye like
Hinge gato
muyirekure rero twirabire
Good song
Terimbere
Ndifuza akes nukur iyondirimbo inyibukij vyishi naciyemwo
Abayikunze nkanje Mpa ka like bwana .
Famba rugombo cibitoke respect akes wubahwe akazwi kawe kararenze
Waoh 👌rizoca kbx
Wooo Ntitwigeratunanigwa Ndazi kukaze Jewe goma Kari Sana
Waaaoooo amasanam nimez cn caurag akes
😭😭😭nisanze narize iyi song niyanje akes thx 🙏 ❤ 👍 nkukunda kanini wirambire
Unajuwa kwenda na muda kbsa ,,
Wabonye ibiduhanze murikigihe kbsa komera 🔥🔥🙌🙌
🔥🔥🔥🇧🇮🙌🙌 Good job Nic movies #mpore one Love 🖐️
Yeah bro🔥🔥
Izi nizo ndirimbo tuba dushaka kumviriza kandi tugasaba ama RADIOS 🇧🇮 kuvuza indirimbo ndundi kubwinshi Hama natwe nkabenegihigu tukoshimira iyontambwe Hama 👉 Nice song akes hujawai tuangusha mwanaume 💪💪💪🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮.
we Akes wigira umu journalist kand Talent yaw Ari kuririmba Vrt 🤔🥰 good song Good message 👉🧠👈🔥🔥
Mpore nice song bro big up San .You come back in industry the music 🎶 Burundi.so impano urayifise walayi.ntuzosubire guhagarika ibikogwa bandanya.from omani
Don MPa lumicash yawe urakwiye akarahuri kamata 👌love u so much❤️💯
Nukur 😢😢😢😭😫😫 indirimbo Nziz nakunz imbabaz intera amarir pee nyigumiza mumatwi ndayisubizamwo irimwo amajambo yubwenge meza Akes Don ubirimw neza 🙏🥰🥰🥰🥰🤗
My favorite song ❤️ you did very well ❤️❤️ iyi ni hit kbs😭
Congrats brother #AkesDon✊📛📛📛song idapfa👊👊👊
Pt urakumbuwe
GOOD MUSIC NEVER DIE😰😭
Mpore mama
Impa inomero yawe
Mr #turyeshow Boss agingo 💨💨💨💨💨💨💨🤣🤣
Eya
👏👏👏👏👏
Yaaani umetisha
Kitu 🔥🔥🔥🔥
Shaaaaa sinumva ikintu tubura kugirango industry yacu imenyekane 😥😥 courage saaaana Akes Don umus'umwe ijoro rizoca 🖐🖐🖐 ndakunda ukuntu mwandika 👊👊
Duuuh mpatswe kurira 😭
Utwotwana twanyishe big Director, Akes nawe urazi gukina pee
big up Akes Don🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Uyu niwe Akes nzi !! Ashatse gufata ibintu mu minwe arabikora neza
Hit song 🙏
Nsanze narize, har'umunsi bizohinduka 🔥🔥💪💪👌👌🙌🙌
Never disappoint my guy 🔥🔥💣💣❤️✊🏾🤙🏾🔥 respect bro
#KandaMusic
Respect 🙏
𝐁𝐢𝐠𝐚𝐩 𝐬𝐚𝐧𝐚 𝐛𝐫𝐨
𝐛𝐢𝐧𝐭𝐞𝐚 𝐚𝐦𝐚𝐫𝐢𝐫𝐚
Olaaaaaaaaaa katubereye gato 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥aks d courage 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Iyi ndirimbo maze kuyiraba incuro zirenga igihumbi yanditse neza cane ,it makes me cry 😢 , Uru rudogo rwi AKES rurakaze gusa nurunebwe rusohora indirimbo imwe mu myaka ibiri gusa nuruhinga ntirukubita swata 🔥
😂😂😂Nanj nguma ndayisubizamo akes ndamukunda kanini aririmba neza🙏🙏🙏🙏
Urafita ijwi ryiza vraiment 🔥🔥🔥🔥 nice song🎶🎶🎶🎵🎵🔥🔥🔥🥰🥰🥰🥰🥰
wavyumvise nawe
Big UP Akes kabxa harihige ubuzima bugucanga ukabura ico ufata Nico ureke hejuru🤙🤙🤞🤞🤞🤞👌👌👌🔥🔥🔥🔥🔥🔥💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Birangiye ibipfyera bikoze ibara
😂😂😂president yarabivuze harumurundi ararya ibifyera none akes arabiriye big up akes
@@clarissekk2978 sinatobonye atamira nani
Ibikogwa vyawe biza bikosoy
Mugih umunt aba yihebuy abonak birangie nih imana ikorera ibitangaza akes big san congratulations utafik mbali sn pamban mkuu with one power
Ni song ya bien kabisa,courage 😍😍🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🙏🙏
❤❤👏👏👏
Umuntu yayiravye akarira kanje link munsi twimanukire courage akes yanditse neza caneee.
Ego nisawa n umuti kbx, you talented bro God bless your hands, Mpore 🔥 🔥 🔥
Nyimbo yenye maarifa ya kutufundisha kwenye maisha 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥 we can
Umusumwe shaa 😒❤️
Respect Akes unajuwa ku imba brother 🔥
Wao nice🔥🔥🔥
Akes do vrt wariwabits impano,I love it kbx
👑👑👑🔥🔥🔥🔥💪
❤👏👏👏👏👍
Well done bro go ahead
Iyivideo ninziza cane umuntu ayikoze mukuri arabizi kugira amasanamu avuga, Akes indirimbo ninziza cane irimwo amajambo mezá cane
Good music akes 🔥 from 🇧🇪
Br wubahw kabisa kukugira twiyoroherez nyne nukwirira ivyobifyera👏👏👏👏
Mpore papa,Akes congratulations for these messages
Akes Don the story teller 🇧🇮🥰Iyi ndirimbo ni nziza kandi iraremesha
🇧🇮 Good Music🔥🔥🔥 Naje Ndaremye
Bro wanj* Akes don # Ndemeyee# Nibaguhe idorale 100 ndazemey# mesag nziza # Nice song 🔥🔥🔥 Love from Yan A
Woww akes Don Umwe Mubatumye Inkinzo tv Isubira Gushimga imizi Big Up My Brother
Ntiwubahwe Mutama Akes Vyukuri urekura amahiti vrt courage
Good job Mr Akes Don the same musics full of great Idea & story will make you shine one day keep going God bless your plan👊
akes don natweduheko kwibibiboro 🐚🐚🐚🐚🐚🐚🐚🐚🐚🐚
Vyizacane kabisa,turikumwenawe mutama,akes imana ikuzigame video nzizasan kabisa mwirambirekabisa.
Keep shining bro❤
Kanzi nzuri kabisa big up
Rakini uhebe kuza uratevya kusohora ikazi kuko wari wichaye umwanya muremure
Ahani murugombo mukabamba
Wubahwe cane brother🤔😘😘😘❤️❤️❤️
Good Job Akes Don, Iyi ndirimbo ije mugihe co abenshi bahangayitse n'ubuzima, wakoze umuti, you never disappoint us, Love from GOLD AFRICA TV
Vidéo nzuri Big up akes
ego kabisa
Hinyimbo imenikumbusha zama zakare nyumbani maisha ariwayi badhirika gafra cakura kupeta irikuwa shidha 😭😭😭😭😭🙏🙏🙏🙏🙏
Umusumwe ijoro rizoca kbx.
Respect Akes don.
Akes uratwemeje iyi song iratey ikigogwe vrm
Un message de consolation aux âmes sous les coups des malheurs ; un cure thérapeutique pour les gens désespérés. Merci Akes
Words 🧐🤔🔥🔥🔥what a good writer 👌🏾
Good job brother
9ce songs bro! Congrats
Nice song 🎵 👍
That IS very good!!! Congratulations
Great song kabisa.!! Ndabona ibintu bibandanya biba sawa.!! keep your gift 🙏🇧🇮
Ukuri kubuzima
Akesi ndakwemeye kabisa ndayumviriza misiyose ❤❤❤irarenzewangu❤❤
wooow😥😥😥
the beautiful song🔥🔥🔥💝💝💝💝💝
Ntiwiyahure mugenzi Imana iruta ingabo ndagushimiy kwiyi ndirimbo irimwo amajambo yubaka
Nice song brother #Akes_Don🔥🔥🔥❤
iyo ndirimbo yawe ifite amajambo adasanzwe kuvyukuri wubahwe wari wiyumviriye kabisa komerezaho imbere ni heza.
Congus kabisa nakaririmbo gafise message kandi na clip ninziza caaane
Vrt mwubahwe kl mzee wnguu ndabemera Sana na cawa wacu koreshumwanya mukomez muterimber ba vandi
Akes don wubahwe ndagukunda cane iyindirimbo ninkoramutima kabisa
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👍👍👍💪 vyiza cn Imana ica munzira nyishi
Ndashobora Kubankunda Iyindorimbo Imbahafi Kuko Nukuri Kwuzuye
Akes wubahwe kwel urankumbuje murugombo aho bita muri projet hafi yumupaka wuburundi na congo
Warize uramenya kwandika kabisa bigap sana akess urashoboye kabisa
mbega Gasunguru nawe arachoboye so nice akesi ivyango tunzobisenzera nukuri
Umuziki nimwiza #Akes congrzz umus'umwe ijoro rizoca🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Mpore
🤲🤲🤲🤲🤲
Big hit and good massage
Pick up bro
Nice song big brother @Akes 🙌🏽✍🏻💪🏽
Good music ukomeza kunyubaka blother wubahw umusumw najew ijoro rizoca Never give UP wakaaaaaa
Good Job brother!!
Arko Akes nimb comment yanj vrm uyisoma, Ah wew vraiment ntubona kushoboy caan vrm!?? So, why not utabigira umwuga nyn ngu focusing kur Music!! Jw Birambaza caan iyo numvis umuzik ww ukora ingen isukuy neza, arko ukacusang nta na 1/2 ya Level ya Sat B uragerako, kand bigaragara kushbora kub umurusha Talent!! Svp, gerageza usohor ibntu vyinsh urek kuza urapotera, nukuri uzogera kure caan!!!
Much respect my Gee🤝🤝🤝
Bro. Ntugirikibazo mumbabarire kuba nirimazigihe ntakora cane. Ariko ubu mugiye kubona ko nabihagurukiye vyuzuye vmt 🙏🙏🙏🙏
Sha nindirimbo nziza cane irimwamajambo akora kumutima amasanamu asaneza cane
Akaririmbo keuza, kanditse neuza, akagoma keuza🔥🔥
U Never disapoint us good job Big UP dear❤️❤️❤️❤️🔥🔥💪💪💪
Wewe nahiwigira irifa ukuririmba birimumaraso nubunguma subiramwo kuyumviriza big up sana
Niho nkibona ico urusha satb 💪💪💪 kuko imodokari ikoreye Kuri iyi
Wariwatunyotej wagarutse mumuziki big up ugarutseneza mugemu indirimbo iratesa ntutahasi
Akes don nukur kuriyi ndirimbo sanze ndamaze kurira nukur iraremey
Cool song ndayidubiyemwo3kuyireba