Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Nadege umuhinga umunyarukundo adasanzwe ubandanye uhezagirwa❤️
Wubahwe lundi utwo ngere nka 5min
Vrmnt abikora neza kand cane mukomez peee Arafise ingabir kuba rer ashira mur English biraryoher cane. Turabakund kand cane❤️❤️❤️
Ego. Imana. Imuje. Imber. Murugo ryiwe.
Ningene yakwanka fanny
Yakinye neza
Cane
Ndamukunze cane uwo mumaman aratesa aterimber nkumuzinga💪❤️
Numer one munip like tumenyan from 🇸🇦💕🇧🇮✌️✌️✌️
Kabisa
Mamb??
Nadège ndamufana trop akina neza cane ndagu ♥️
Irambire maman Kéké ukina neza cn vrmnt,naho uzany ibintu vyibisongerezi kumupfakazi wacu,gusa félicitation ukina neza cn
Benishou uzosubire umurondere mama Keke mukorane ikiganiro Jew ndakuyemwo impanuro nyishi ndagusavye benishou💋💋💞🥰🥰💯💯💯💥💥👌👌🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮💃💃👏👏🙌🙌
Nadège courage ukina neza lMANA ikujimbere kandi urakoze kumpanuro uduhaye natwe turihanze turabakurikiranacane Béni nawe wirambire TV yawe turayikunda.
Kuraje sana imana. Ikubakire. Cuti. Mukundane. Sana ❤🙏
Benishou nukuri ndabishimitsemwo nukuri uzomurondere mama Keke mukorane ikiganiro uzobukoze👏👏👏🙏🙏🙏🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮💯💯💯💥💥💥💋💋💋🥰🥰🥰
Ndagukunze muvyeyi igisha abagore babafata nabi
Uyu Mudame yaraduhabuye
😂😂😂😂😂
@@benichou5996 nukuri nashize kuri stitu abantu baranyishe
Ci Nana disiii, voisine de longue date, Iki kiganiro kirandyohey cane, yavuze ibintu birimw maturité cane abantu bubakanye bagomb Kuba de vrais Amis, niw mushinge wurugo, nurukundo rurama
Nadege courage gusa ntuzuhave wahukanisha umupfakazi wacu turamukunda cane libati nturote umuheba
Ndamukiriza Nadege twariganye muri primaire mu Ngagara kuri laïk
Mwubahwe kandi abakunda abandi mungirire sabonne mufyonde kuriri kururudome N
Nadège uvuze amajambo yinkor mutim vrmt uhezagirwe 🥰🥰
Nadège vraiment, coup de chapeau à toi, nubwo waje kutuvangira, ubikora neza birenze.
Umutananirwa Benichou courage 💪
Asante sanaa
Banishu nadeje naramwanse ARIKO naratahuyeko arimukazi mamake kuraje mama💋💋🥰🥰🤲🤲🙏💥💯💯👌👌🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮💃💃
Iko sawa kabisa courage watu wangu 🏃♂️🏃♂️🏃♂️🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦👌👌
Nadège ma chérie narakunze lore yawe naho wononye urugo rwa fanny na libert 💕💕🤝
Wakobikoze neza
Béni hejuru cane urakoze kuriki kiganiro nari mukuzogusaba ugikoreshe
turabakunda caneeee!%
Uravuzukuri kweri ❤❤❤❤
Mwadutebeje kuduha iyindi ikurikira .Hama mukina neza cane....
Rôle yawe uyikina neza no muri Nobella wakinye neza👌👌👌👌
Uyu mudam numva ndamukunze cane nukuri kubwamajambo yubwenge avuze❤
Ndakunze imvungo ya Nadege
Love from Burundi 🇧🇮 rumonge 🐟🌴
Yududuwe😍😍kivuga neza shn💖💖
Lundi nar nakwanse ubu nisaw 🥰🥰🥰
😂😂😂😂
Mwubahwe
Uwo mu maman yarabaye South Africa
Nadège wubahwe kwel uvyitwaramwo neza vyos muri film cnk mubuzima busanzw
Waooo nciye ndagukunda mama komeza
Mubikora neza cane🥰
Benu urakora umuti pe
Uyumumama ndamukuda🇧🇮🇧🇮🇦🇪🇦🇪
mubikora neeza caneee
Ntaworeka gushigikira abarundi biwacu
Nahora ndamubonamwo umustar wo ngaho sinar nibazako afise n'urugo🤣🤣🤣, non ndamukunze caane n'umupfaspni
Uwo mu maman arazi gukina cane.ikindi naco naw uritanga Beni
Libert ubaka urugo rwawe reka kumva amabwire yabiwanyu
Ndabakunda
Ukonukuri kabisa ingo zakinogihe nihatari kweri
Muvandi.uvugukurikwose.wubahwe
Yakinye neza kabisa
Ubirimwo neza nubwo utubabariza Angel
Mazina wanje Nadège wubahwe
Yoo basha sinobabwir ukuntu nakunze uwo Nadège umusi avuga ngo yikets KO libert ar croix rouge 😛😁🤓🤓 nivyo araz gukina
Irambire
Love so much From Dorine
Turagusavye ntuzobatadukanye
Beni nawe ubikora neza kukazi barakwiye kukongera umushahara ukora icuzi
Waturanduye imitima Nade gus courage 🤣🤣🤣
Arakaze cane agira abasabuze
Vrt kugir umugore afat umwan Nabi numugab ab abifisemw uruhar vrt aban bumugab nabaw
Courage nana ❤
Nadège akina neza cane ❤️❤️
Kbsaa mama wubahwe numva dufis idee imwe vrt amajamb yo hanz niyo asambur ingo nyinsh
Ahubwo disi mbwira nobela komutayibandanije?
mukina neza umupfakazi y ubahwe
Benichou wakoze kumuzana Ariko narek kutubabariza umupfakazi
Nimba atararongogwa nibara
Mukama wanje nagira ngo nije nama narikanuye kuri stp media 257 none mbona harabandusha
Yoooo ahubwo umugabo wawe niwe yatomboye nukuri kuko wewe urukundo ufise rurashisha, nisazi urayikunda
Akina neza ariko kwiyita umufakazi wapi
Mbe I Burundi naho bibaho?
Urakina nezaaa trop madame
Uyomu damu aje aricuki🔥🔥
👍👍👍
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍
Kuraje cha
Love you from jaja 🥰🥰🥰🇸🇦🇧🇮
Wubahw can 🙏
❤❤❤👌👌
Benishou ndakwikundira ukuntu ukoresheje ikiganiro uwo mudamu Yari yanteye ubwoba none mbonye arumwana mwiza cane
Ndagkunze ndake uricuki knd ukinan ubu sérieux
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ tagata cha
Babarire
🙏🙏
Ego
❤❤❤❤
Kimama cabien ❤❤
🥰🥰🥰🥰
Ndashaka numer ya Nadège
Murazinanye?
Bibaho cha