Je suis congolaise mais j’adore l’énergie qu’il y a au Burundi et j’adore y être la population est tellement aimable et accueillante, les burundais sont un peuple très généreux et merveilleux et cette chanson j’aime beaucoup ❤️ c’est l’Afrique qui gagne ❤️🇧🇮🇨🇩
This Guy Deserve All Support Because He Do It Well Let Me Say D-ONE have Pure-Talent Abavyumv Nkanje Like Ngaha!!! Umurundi Umurundi Yubahweeee Ahari Hosee
Ndakunda uburundi numva nobupfira kandi ndakumbuye iwacu nubwo ndimumahanga ndabatahije abarundi bumutima bose iyobava bakagera ndabakunda mwese. I'm Burundian I love you my country 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮.
Ikwiye kuba hmne kuma radio yose muma Bus mububare aho umuntu aciye hose akaguma ayumva iyi ndirimbo kabisa D-one ushigikirwe kabisa bino bintu vy'imiziki ubijemwo neza.
Je peux jouer cette chanson plus de 3 fois par jour,,, à part d'être une très belle chanson pleine de patriotisme,elle est aussi bien jouée...happy to be burundian and happy to have you guys,,,,🇧🇮
Nsigira like nimba uri proud to be Burundian🇧🇮🔥🔥
Iyi ndirimbo ituma nange mpinduka umurundi kandi ndi umunyarwanda, nje ndumurundi mama, much love from Rwanda 🇷🇼 we love y'all burundians
Nimba ur'umurundi mpa likes ngaho❤️❤️
Let's goo Babally🇧🇮❤
Umurundi yuzuye
Nukur iwab numunt niwabo numunt kwel ndishimir kub umurund woku tsitso
Wubahwe
Ndakwemera
Ndi umurundi kandi biranezera 🤝iyindirimbo ihabwe ikibanza kinini kuma radio yose 🔥🔥🔥big up D-One
Waaooohh!!!Beautiful song
🇷🇼🇷🇼 Rwanda
🇧🇮🇧🇮 Burundi
Hejuru 🙏🙏🙏 D one so talented✌️✌️
Waooo one love🇧🇮
abatewe ishema no kuba abarundi intoke hejuru tumenyane,we've got a talented boy guys let's support him for sure
Love you from.burundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮💋💕💜💃
🖐🏾🖐🏾🖐🏾🖐🏾🖐🏾
I'm proud to be A Burundian🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Je suis congolaise mais j’adore l’énergie qu’il y a au Burundi et j’adore y être la population est tellement aimable et accueillante, les burundais sont un peuple très généreux et merveilleux et cette chanson j’aime beaucoup ❤️ c’est l’Afrique qui gagne ❤️🇧🇮🇨🇩
Am proud to be a Burundian women ntagihugu ciza nk’Uburundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️
Tuvyumva kumwe
Ndanezerwa kuba umurundikazi jewe ndumurundikazi Mama Burundi gihugu canje🇧🇮🇧🇮abarundi na barundikazi hejuru cne🇧🇮❤️❤️
Burundi people be proud am fan but am proud of my country Rwanda 🇷🇼 🤞❤️❤️❤️❤️🔥 one love am proud to be Rwanda’s 😊
We are🇧🇮❤️
This song makes me wanna sing ndi umurundi kdi ndi umunyarwanda that's the power of music. Ubundi dupfa iki? Rda-urundi let's join hands✌️
Ndumurundi Kandi ndabishimiye cane and I'm proud to be a burundian 🇧🇮 🇧🇮 but I'm also a Rwandan, but I live in 🇿🇲 so congrats 👏 😀
Ndumurundi mama ntaho nzoba ndumwe ndumurundi mama💚💚💚💚🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💃💃💃💃💃akazi keza basaza banje
Jewe Ndi Umurundi 🇧🇮💯
Love From #Weezynation 💯🇧🇮🚀🗺️🔥
Big Combination ✊🏿 #OriginalMusic #ItekaMusic #Weezynation 🔥🔥🔥
Imbwa 😂🇧🇮🔥🔥
Komera korama kd wubahwe
Nice song from burundian🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮nanj ndumurundi d one na mt ne one hejuru ntibagiy dr adojo sun🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
❤️❤️❤️❤️❤️ from Mecky Dimpoz🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 always Maharaj the King 👑👑👑👑👑 nice Collabo guys , let's keep shining 🌟🌟
Jew ndumurundi wabarundi🇧🇮🇧🇮🇿🇦🇿🇦
This Guy Deserve All Support Because He Do It Well
Let Me Say D-ONE have Pure-Talent
Abavyumv Nkanje Like Ngaha!!!
Umurundi Umurundi Yubahweeee Ahari Hosee
Imuhira iwacu, i Burundi. Viva Burundi best country ever! Beautiful Burundi in the heart of Africa. Turagukunda Burundi bwacu ❤❤❤❤
Proud to be Burundian 🙏🙏🙏
dukunde igihugu cacu cuburundi
.@@eliashavyarimana6993
None ndakubazega nadege.
Ndakunda uburundi numva nobupfira kandi ndakumbuye iwacu nubwo ndimumahanga ndabatahije abarundi bumutima bose iyobava bakagera ndabakunda mwese. I'm Burundian I love you my country 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮.
Burundi hejuru cane 🇧🇮🇧🇮🙏 de-one &ado Jonas & nimbere one Thanks so much ❤️❤️🔥🔥
Wallah n'ibihangange dufise muri diaspora #wabi_dominye . Congratulations for this #Extended_Pray. Sugufana vrt warabasumbije ahubwo iyo uyitangurira Hama nabo bagatuma bajamwo hagati. Gusa n'ubu ni #hit_song
That's amazing song my brothers keeping on sharing our beautifull country🇧🇮🇧🇮natwe nubwo tutari hafi gusa uburundi buri kumitima yacu stay blessed our stars💥🏝️🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️❤️
Ado josan ijwi rw'amafaranga!!! d one voice nice!! Mt number one umurundi akwiye cane augast 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮...
Proud to be Burundian🥰✊🇧🇮❤️
Another hit🔥🔥🔥🔥🔥🔥
What we need is to value ourselves ubundibwo dufise ibintu vyishi vyokwishimira 🔥
eeeeeh ego kabisa umurundi hejuru
@@philbertonzoyihamya6465 hejuru cane gashoboka kbs
Birampimbara koko kwitwa umurundi jewe ndumurundi, mwakoze umuti nukuri indirimbo irarenze mwubahwe, uburundi hejuru🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮, love from Rena musica🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
I'm completely proud of being A Burundian one🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️
Burundi turabakunda cyane 🇷🇼🇧🇮❤❤
Uhoraho ahabwe icubahiro kuba yandemye ndumurundikazi abarundi na abarundikazi uwiteka Imana aduhane umugisha Amen Burundi 🇧🇮 bwacu gihugu ciza lmana yakuduhaye ikudutungire💝💘💞
😭😭😭
D-one wallah ndemeye 😭😭😭😍😍😍😍
Ndagukunda cane ❤️Woow💪💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮Burundi on the Top✋✋✋
D-one vrt,nukur simbona uko nogushimira...ufise impano wisangije nukuri..raba ump aka Lumicash kawe peee...
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ikwiye kuba hmne kuma radio yose muma Bus mububare aho umuntu aciye hose akaguma ayumva iyi ndirimbo kabisa D-one ushigikirwe kabisa bino bintu vy'imiziki ubijemwo neza.
Nishimiye kuba nd'umurundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 knd courage doctor D One 🇧🇮🇧🇮 I love it from 🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇸🇦🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Ndumurundi yuzuye! I'm proud to be burundian🙏❣️Ndakunda Uburundi
Yoyooooooo mbegimpano iy ndirimb bayivuz ishik kur kumaradio hose bayamamaz jejur cyan D one ♥ 🎶 ❤ 💖 ✨ 👌 ♥
Nanje Nuko ndumurundi yuzuye 🔥🔥♥️♥️♥️abarundi mwes amaboko hejuru🖐️🖐️🖐️🖐️🖐️🖐️🖐️🖐️🖐️🖐️
BurundianBoys🇧🇮🌍👑💯🔥 Burundi wake up nimuze dushigikire umuziki wacu 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥👑👑👑
Burundi bwacu 🇧🇮I’m grateful to call you home🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥Burundi on map💯💯
Je suis burundais genda mwitware. Merci D one
I m so proud to be burundian 🇧🇮,,,,,, this my favorite song ❤️
Burundi people be proud I’m fan but I am proud of my country Congo 🇨🇩🇨🇬
Big up sana our Artists we are so proud to be "umurundi"💗
Biranezera cane kubandumurundi kweli nubu naho turimumahanga ariko iyonibutseko ndumurundi biranezera cane so congratulations kukaririmbo keza cane
Abafana bumuziki Ndundi murihe like Hano tumenyane D-One Ntiyigera atera Swata 😂🙌🔥😍🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️
#adoMt
#Umurundihejuru
Je ndumurundi birampimbara no kwitwa umurundi🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Kuba Nd'Umurundi sivyonibonak ahubw bindimwo no mumaraso good work 🇧🇮🇧🇮🙏👑
Beautiful song 🎵 ❤ we proud to be burundian ❤️🇧🇮
Je peux jouer cette chanson plus de 3 fois par jour,,, à part d'être une très belle chanson pleine de patriotisme,elle est aussi bien jouée...happy to be burundian and happy to have you guys,,,,🇧🇮
Umurundi umurundi umurundi
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Tu mérites des Cadeaux de Noël
Love from BE CHAP TV 🇧🇮
Je suis fière d'être Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮courage d-one
Ntacyo twahombye rwose gusa nibyiza Kuba proud yigihugu cyakubyaye
My Favorite Song mwiyi EP 🔥🔥🔥
Nice verse ya Ado josan🔥
TAJ 🔥🔥🔥🔥
Nanje nd’Umurundi nukuri iyi ndirimbo yaritondewe kabisa ibihangange reka vyimvamutima nkeney Augustin pawan nanometers cane arashoboye❤
My name is fabien I love so much for Burundi iam coming from Rwanda
😍😍😍respct big brother ndakunda ado josun numutim wanj wose 💥💣
🇧🇮Burundians and proudly ✍🏽✊🏾
🙏💪🇧🇮✊
Nanje NDI umurundi and am proud🇧🇮
Yes I'm from Burundi 100000000%🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Iyondirimbo nukuri iraryoheye cane naje ndumurundi kabisaa
Uranyemeje kwl.ntugwa hasiiii.nd"umurudi yuzuye
Waooo baye uwambere terimbre muhungu w'umurundi tubahwe abarundi na barundikazi 🇧🇮 🇧🇮 🇴🇲
Very good music with different flavour amajwi y'ikiboss gusa 🔥🔥🔥avec les diaspora 😎😎😎
Jewe nd'umurundi 🇧🇮💪
Hejuru cane kuyindi level
Jewe ndi umurundi mama💯🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Proud Burundi🇧🇮 all the way from Sweden ❤
Nanjx ndishima cn kuba nd'umurundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
This amazing, nice melody as well lyrics Je ndumurundi
❤❤❤❤❤ Akaririmbo keza cane. Ahubwo mubandanye mukora akazi.
Proud of this song guys! Who else?
Ego ndumurundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮 courage 🇧🇮 courage 🇧🇮
Proud after proud 🙌🏾🇧🇮🌏🔥🔥
Biranezera kuba ndi UMURUNDI ❤❤
Umurundi yuzuye🇧🇮🇧🇮🇧🇮.
Be blessed guys
Umutanyerera wiwacu D-One🇧🇮🇧🇮
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👍 Na jewe ND,umurundi Ngozi Ngozi kugasaka
Nanj ndi umurundi !
Xo Big up xaan bro🇧🇮🔥🔥🔥🔥
Proudly to be Burundian 🇧🇮 🇨🇦, good vibe
🔥☄️👊🏾👑 respect ✊🏾
Proud to Burundian big up from 🇿🇦🇿🇦 &🇧🇮🇧🇮
Jewe nd'umurundi mama 🎵🎶❤️..... 🎸🎸🎸🔥🔥🔥🥰🥰🥰🥰🥰
Nanje ndumurundi d one numurundi fizzo numurundi sat b numurundi ndayishimiye numurundi iteka music nabarundi abategura ibiteramo nabarundi
Nishimirakuba umurundikazi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ntahandi wosanga melody nkizi atari 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 keep shining ours boys
Jew dumurundi wokwitsitso dukunde vyacu🇧🇮💪
nishimiye kuba umurundi wuburundi bwanyaburunga gihugu cabasogokuru bacu nubwo atariho tuba umubiri uri hanze ariko umutima uri iwacu iburundi ndagukunda cane muhungu wacu imbere niheza bandaniririza aho ugejeje✍✍
Proud to be one among Ntare's Family 🌹🌹🔥🔥🔥🔥🔥🔥
You are the best of the first w tanga diri kubamenyesha makuru zvuzwe nez
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 umurundi yuzuye D-One swata iwawe ntizibaho courage
Imana izoguhezagire mwana kuririmbira igihugu cyawe
Wow thanks D_one Never dissapoint love u I pround burundian🙏🙏🙏🙏💃💃💃🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Yayayaya beware!!this guy comes to delete some names in the industry!!D one keep touching burundians'hearts
Nukur indirimbo niyi ibakenew🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
waoooh good song💪💪💪👑👑
Hits song kabisa arahaturiye 🔥🔥 yubahwe 🥰🥰
Ndumurundi wukuri Kandi avyishimira ♥️🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥 courage dukunde ivyiwacu
D-one uririmba neza cane.Imana igufashe utera imbere mu kazi kawe.N'abandi mwaririmvye neza.
Burundi 🇧🇮 my beautiful country 💞💞💞💞💞💞🩸💞
I'm so proud of mu country Burundi
Twishimiye kuba abarundi love from Christian Tv Burundi
Naje ndumurundi
#nduwokumashuha