@@ndayishimiyejonas3927 Imani ishimwe Hama ndabakunda chane Sammy irambire 💐madudu ararenze kweli ndamukunda Bida saswe ilove you so much❤️je ndumurundi kazi nkaba ndi mugihugu CA Kuwait mwirambire🙏
Shalome shalome Abemera ko Belise Buryabugome bwose yakoze yabuterwa ninguvu Urukundo rwe rwari rufise mumpe Like Ndabakunda Cane Sam mukomeze kuza muduha Ivyovyiza God bless you Na team yawe yose Respect🙏🙏🙏
🤣🤣🤣🤣🤣Madudu aranyishe ariko areshwa na boss kbs indoto ziwe zirabaye impamo buca amuvyarira ubushuri😂😂😂😂😂😂Madudu ninshika burundi nzokirondera nguhe soda kuko uvyifatamwo neza mwiyi reresi kbs
Abakumda rukundo tv oyeeeeeeeeeeeeeeeee ✌️✌️vyari vyanse ko ryama nari mbere yumuryango wa rukundo tv 📺👍👍💓👌
Uyumusi nihontahuye iyi season 😁😁🥰🥰🥰 narinarazimiye 🙈🙈😄😄😄😄😄 muce mumpa twatundi twitwa likes
Hello muraho muribwabumwe nurukundo mudufashe partage turabakundacane kabisa
Hhhhh musaza komera naho bagufunze por sana
Nez turabikora kuk film iramara dutegerezw kuyikundish bose nokuyikwiragiz hose
Turabikora nukuri
Natw trabakund tuuu
@@ndayishimiyejonas3927 Imani ishimwe Hama ndabakunda chane Sammy irambire 💐madudu ararenze kweli ndamukunda Bida saswe ilove you so much❤️je ndumurundi kazi nkaba ndi mugihugu CA Kuwait mwirambire🙏
Abakunzi barukundo TV weee ntimuryama uyumusi natazwe mbaye uwanyuma emwe abanciriye wifi bakankoreye ariko ndabakunda turinyuma yanyu courage abodufatanije kubashigikira musige twatundi nkunda hanoo mugangeko bagenzi duterintabwe tujimbere mwibuke kusigira lik wawooooo irikuryoha kbs.
Ayiweeeeeeee hariho abantu bataryama Barara bateramiye umwobo wurukundo bantu banje bamuryamaaaaaa gusa ndaba❤️ runini can.
Abari mu rukundo nkanje niyi Film ndabakunda cane madudu mabuja 😂😂😂🤣🤣🤣🤣 burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮from saudia 🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Yeah ndabakunda can rukundo tv nimwubahwe👄👄👄🥰
Ennock ng nanjee ndahwera hhhh mw n maduduu mwubahwee canee 😘😘
Yeyyeyeyyeyeyyey Hahiye Koko Madudu Urugo Yarutahukiye Keya Nazo Zirica Aho Sha Madudu Nawe Umva ici Bari Baragucuze
Uwubona ko Madudu umega asana Masha love womuri Tanzania uwuvyemera nkaje
Madudu muvyarire bwa bushuri wamwemerera enock 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️💃💃💃💃💃💃🤸🤸mwirambire 🙏 kabisa madudu mutoto anaeneza Kira kitu ❤️
Waoooo madudu nakwemeye nimujisho hagati kbx nakwemeye peeee
Ew bibay,urudub p Madudu na Enock naw 😳😳oy hagiy gush p🔥🔥🥰😍
Madudu we Big up vrt 😘😂😂😂Enock uramutahany peee
Abaribarazimiye Bahise batahura neza iyi season💕💯💃💃 like Rukundo TV hejuru cane
Kumbee nanje ndatahy blaise na Belyse vyaruk pole sana
J natahuy kuv kera igitangur
@@risarisa3239 eka vyaransoba uburyo Blaise yarakundanye na Belyse agacatwagwa na Enock
@@gygygyslaine5016 j nabibony Kar belyse arik amubwir wibuk ivyo wansezeraniy
So2 Ep4 😂😂vuba vuba irarenze pe team sammy big up
Yeeeeeeeew madudu urafashwepe 🤔🤔🤔🧏♀️🧏♀️🧏♀️
Madoudou bunyumba nibwako 😂😂😂Mbega film yari yarandenganye 😂😂😂rukundo tv nawapenda saana tuu 🥰🥰
Ash madud$ blaise❤❤❤ mukin nez!
Hama Samuella yarazize ubusa kweli ibintu nkivyo bibaye nukihagabira kbs kuko urukundo nikindi kintu icumutima wakunze hako ikibura usanga wakoze amakosa cane kweli Belyse pole sana nari nakwase cinema igitangura ariko ubu ndagutahuye
Nyina wa Belyse na Tantine waba Braise bajanishij mubiteng🔥🔥🔥😂😂 Madudu uranyica nagatwengo peee
😄😄😄😄😂😂😂😂 Madudu 👌👌❤
Woow nice movie 🎥 ✅✅🔥🔥🔥 keep at up guys never give up 🔥🔥🔥💪
Shalome shalome Abemera ko Belise Buryabugome bwose yakoze yabuterwa ninguvu Urukundo rwe rwari rufise mumpe Like Ndabakunda Cane Sam mukomeze kuza muduha Ivyovyiza God bless you Na team yawe yose Respect🙏🙏🙏
Madudu niwuramukiwe.'mbayuwanyum.gus. Murahaturiy
Madudu Na Boss hahahahah!!Hagiye gusha nukuri muvyarire ubushuri ntakundi.
Kumbe kwaruko !!!enock patiri arakoze umuti,emwe blese niwe wavuzeko adakomeye none aranikweretse
Yoooooo nimunyarukirize icokindi gice,🤣🤣🤣🤣madudu mutoto wa mujini kbsaaa nguvyaranabi ugatukwa nabakwe
Komera ndakwemerape enoke 🤛🤛
Harahiye madudu n'a bossé. Bagiye kuvyara ubu shuri.
Wow inzoz zibaye ukur madudu congratulation ubikina nez ubushuri buboneke rero abakugaya bakubahe
Rukundo tv hejuru ✌️ nda biyu mviracane❣️❣️❣️❣️❣️
Waoooo mbaye number 18 mundungikire utwo tuntu twutu link
Madudu muka boss 🤗😂😂😂 murampimbarape😘 imana ikomeze kubaha umugisha
Oh Ubu niho ndayitahuye vmt vuba iyindi saison
Natazwe3
madudu uranyishe kabis 😂😂😂😂 abonyeko enoke namadudu bagiye murukundo mumpe lik kabis shangazi reka umwana akine nuwundi bleze azovayo
Rukundo tv ni mwubahwe murashoboye
🤣🤣🤣🤣🤣madudu Enock bwira Mama belyse ati tuvireho ureke kutuvangira.
Maduduweee na boss🤣🤣🤣🤣🤣🔥🔥🔥💪
Uno munsi nabaye uwanyuma ariko ntakundi gusa ndabikundira disi abo kwamwarabo muraduteramisha kwer kandi courage igice gikurikira turagikeneye turabakunda cane 🙅♂️🙅♂️🙅♂️
Ew madud urantes sana❤❤❤🎉😊😊😊
🤣 🤣 🤣 Madudu na enock baranyish pe, ndabemer, baho muraberany,
Turabashigikiye mukomerez'aho🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️
Madudu yabaye Mabuja mukhama😁😁😁😁😁
Madudu ni banzunage😂😂
Woweee Vyiza caneee Mr Pompompo aba yateguye Madudu nanyarutse avyare ubushuri😂😂😂😂😂
😂😂😂😂👌👌
Abakozi mwubahwe🤣🤣🤣
Bubahwe kwel
@@gmggwpmdt1416 ee nukur abakiz barakund kuronk ncesi yumugabo yiyubashe🥀💖💞
Abantu mudahimbawe na madudu mwararozwe pe mbega madudu weeeeeeee ndagukunda caaaaaaane bakumpere beer
Madudu lmana iramwibutse ahoyabereye umukozi ubu nimabuja ntibagutere ubwoba guma kwibaga umuhe urukundo Blys atamuhaye
😄😁😅😂🤣
Basha, uyu musi hoho murahatwistse hose harazigira! Yezu weeeeeeee ! Ese ingene gwa Madoudou rukinana neza na Enock! Harakantu bageze ku gitanda mu cumba naho!🤣😂😅😁😄🤦
😂😂😂😂😂😂Madudu wanje ndakwemeye kabisa komerezaho sha nawe urumuntu kand atagapfuye ntagakira!
Madudu na mabukwe wa inock hahaha
kbsaa mbay uwahafi uyumusi
😆😆😅😅piii pii ewe ma dudu nibabarek
Iyi film ndimukazi nagumye ndayumvira murakoze chana
vyiza cane muguma muduteramisha natw turabakunda can
Kirafashwe kabisa Madudu wanje agira avyare twadushuri . Eeeeeeee ibintu birakomeye komerezaho ma dudu ntibagutere ubwoba 😃😃😃😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣 Madudu imbavu zanje uzozindiha
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣madudu ngoyafashe ntarekura 🤣🤣murandengereje umusi.
@@angeliquecongera1597 ahubwo nibaze barashirako buri musi nubu ndategereje
😅😅😅😅😅😅😅😅🙊🙊🙊nawe.ne.ngo.yarahwera.emwe.hahiye.gusha.nukuri
Umukozi mwiza aca aronka urungo muraberanye peee
Ewe madudu urumuti wamenyo😀😃😃😃
Iyoyo ice ari moto rukundo tv ndabakunda
Nimurek kudusugura nabakoz turabantu kand turahwera kiratumena uwubibona ko badusuzuguy ntandengane
Ndabemeye kweli murazi gutegura ibikino neza
Madudu uranyica🤣🤣🤣🤣🤣
Muranyishe Madudu na boss Enock
Madudu uranyica ugirub mabuja naw😂😂😂
Madudu agiye kuba madame Boss. Ndashimye ko Blaise na Belise bafunguwe. Ndabona hagiye guca uwambaye kabisa
Yew mabukwe zugeragez iyo sinyifato nziz kumukwe
Mwarimwantebej abaza nyuma like🇧🇮
😁😁😁😁😁 Ego uri madudu nyene Uranyish nukuri
Kumbe belyse ndabonye impamvu yakora birya vyose yariko yihorera urukundo rwiwe kbx
Love 😘💕 from burundi
Ewe madudu sha uranyica ndagukunda nar naratanzwe nukuri pe hhhh urashobora kuba untwenza bimw ntokubwira
Yoooo Blaise nibamurekure turabe uko yifata imbere yz Enock kuko yaranse kumukura mugasho
Blaise iheze mwe n'a Belyse umitatweretse ingene mutangara madudu yaguyeko umugabo🤣🤣🤣
Eeeee kumbe nuko vyagenze🤔 belyse ndatahuye impamvu wakoreye ikibi samuella
Mugabo uwomugore nyinawa belise nazarubaha umukwe amuvuga mwizina ngo enok muhindure vyoryoha gusumba ndabakunda
Enock zurasokoza iy mishatsi
Madud urantwengej nivyo coron yampakij madud na enock ntibababuze😂😂😂
Madudu yajaje sha
Arimanawee madudu rekuburofa ivyonibik haragiy gusha
Naza natahura ulwobo wurukundo Blaise ariko nubwo vyagenzuko ntiwari guhemukira samuella
Kevine usigaye arenze💕 Uwuboko Mabukwe arik yirukira abakobwa biwe ngobarongogwe kand umukibwo nawe ashaka Blaise like
Madudu ngo navyaye nyoko🤝
🤣🤣🤣🤣🤣Madudu aranyishe ariko areshwa na boss kbs indoto ziwe zirabaye impamo buca amuvyarira ubushuri😂😂😂😂😂😂Madudu ninshika burundi nzokirondera nguhe soda kuko uvyifatamwo neza mwiyi reresi kbs
Emwe nar nabivuz kw inzozi za Madudu zizohava ziba zo voilà😅😅😅😅😅😅 yooo film iramara nukur abantu mukund iy film mungongere
Madudu niwaryosha ino frme
Eg vrt Madudu ni number one kbsa👏👏👏👏
Murakina ndabemeye murashoboye tubarinyuma abakunzi banyu
Sasa rero ndabona Madudu na Enock batangiye kuhatwika mureke hashye koko
Naj nyimunyibagire kwamwarabu nama nakanuy
lol
Madudu yubahwe🤣🤣🤣🤣🤣
Nanje ngo ndahwera madudu 🤣🤣 bwabund film ni 🔥🔥🔥
Senge ntubone anumye Madoudu arazakukwishura
Next episode tafadhali naomba
Maduduuu Ugomba uvyare udushuriiii
Madudu abakunzi biwe mump lik
Nihonkibona ibintu ukobimeze hagiye gusha ndabakunda
ibayento narinaryohewe ma Dudu uyumus utumye ndara neza
Yoooo mukama murashoboye
Yooooo muratwemeje