Bandugu Nora thanks 🙏 kbx kk Jew twarahuye ville Mbona umeng numuhungu ariko Kuri tiktok umng numukobwa !! Reo vyarancang ariko to day ndabimeny kwari umu bro
Michel jewe ndamuzi cane N'umugenzi wnj cne twarakuranye N'umusore nkatwe N'umuntu yuzuye Urukundo,arakunda abantu knd n'umusore akundwa na benshi mu kibano knd yubaha Imana. Ama vidéos mubona ni rôle aba ariko arakora mu kuryohera aba fans biwe Nibaza yuko aba mu jugea bovyihoza reo
Nukuri narinzi kwarumwigeme kumbe sivyo ok ntare mwakoze kuduteramisha hamwe na michou ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Gusa niryoziba rya michou ndarimenyereye kubakobwa😂😂😂😂😂😂😂
Ntare mrci bcp nanje nahora nibaza ko ari umukobwa nukuriiii
Naj narinz kwarumukobwa😂😂 Ntare VI hejuru caaane🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Nukuri ndamaramaye jew nagirango numukobwa wallah😂😂😂😂 ndumuweee😂😂😂😂😂😂😂
Nazarakor sport kugir agir imiterer nkiyabahung kweli
yooo nak🎉ajembegete😂 narinzi kwarumwiheme yigirankumukobwa.kumne nagasore
Maso yinyana😂😂hew usa nkumukobwa pe
Nanjeu nagira ngo numukobwa😂😂😂😂😂😂igihe cose namubonye nub sindavyemeye😮😮😮😮😮😮
Nukuri narinz karumigeme
Aaaah buriya nanje narinzi ngo numwigeme pee😊
oyasha ntawukwanka😂gusa ikiganiro kiraryoshe😂🎉🎉🎉
Yoooooooo manayanje ndumiwe kabx nanje narinzi karumukobwa kabx mbegakayemwe
Courage pti nahandi uzohashika, ndashimiye cane Norasque Ntare Vi
Ndumiwe nukur kwarumuhungu
Ndamaramaye ahubwo ndanyitse nagirango numukobwa
Kkk kumb nikigabo😂😂😂 yatayaaa
Pascal kweri 😱😱 michou n'umuhungu kabisa sha Aho bigeze naho ndamubonye nkanamwumva ariko jew amakenga yohera ndamubonye nkamukorako nkemera kweri ,yesu weee nanje nubu sindavyemeye mbona Ari umukobwa😂😂🎉
Oya numukobwa vraiment muvugishe ukuri
Nora urakoze naje ndabimenye Ubu nyene ko arumuhungu
Courage
Bandugu Nora thanks 🙏 kbx kk Jew twarahuye ville Mbona umeng numuhungu ariko Kuri tiktok umng numukobwa !! Reo vyarancang ariko to day ndabimeny kwari umu bro
❤❤❤❤❤❤❤❤
Michel jewe ndamuzi cane
N'umugenzi wnj cne twarakuranye
N'umusore nkatwe
N'umuntu yuzuye Urukundo,arakunda abantu knd n'umusore akundwa na benshi mu kibano knd yubaha Imana.
Ama vidéos mubona ni rôle aba ariko arakora mu kuryohera aba fans biwe
Nibaza yuko aba mu jugea bovyihoza reo
Eeeeh naje vrt nahora nibazako ari umukobwa nihora nibazako yitwa Micheline
Yooooooo imyaka 19 ans aracari iki bébé basha 😂😂😂😂😂😂 biraboneka mumaso
Ewe erega je ndumiw narinzikwarumukobwa🎉🎉🎉😢😢
Nora arakubesha uwomuntu numukobwa rwose nomumaso aragaragara
Sinkuru nanj nahora ngir kurumukobwa kabisa
Turakumbuy prank yakag uyimukorere fanny
Nanje nagira kwo ari mukobwa.muri gezaho Niho nabonye kwo ari Umuhungu
Mana yanje kumbe numuhungu😂😂😂😂
Yooondumiwepenumuhungu❤
Ndumiwe. Numuhungu😮😮
Jew kuvyemer vyongor nukur nyen michou numuhung ?? Oy p nub sindavyumv
🤔🤔🤔🤔Kumbe n umuhungu mana Ndumiwe 😂😂😂
Nukur narinzi karumukobwa nagerageze rero azarifata nkabahungu kuko acanga benshi
Yoo kumbe numuhungu?jeho narinzingo numumama 😂😂😂
😂😂😂 Michu
Umengo nu mukobwa😂😂
Nono wakoze kuzanir michuo wanjye dis ndamukunda kub jyew ub sinarinkisindikanya kwar umuhung pe kuk umukobw atagir amaber
🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Tumusangahe kuri youtube canke akora tiktok gusa
Non uwo ahoraja kuresha?
😂😂😂😂rekananuy michou twaritwarabuz umugwi tumushiramw😂😂
🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
🎉🎉🎉
Nanje narinzi kari umukobwa
Na taille n'umukobwa😂😂.Gusa yimoshe 😅😅
Ahhh none Koko uwo numuhungu jewe narinzi kwarumukobwa
Abundiho abuze amabere ubundiho nu mukobwa
Jeho ndumuw 🤔 ngunumuhungu
Nora uri imfura? Unanyishure kuko Foko yavuzeko ari grand frère mukiganiro kiraho!
Ewe Michel Mana yanj kwisi yarurema😂😂😂
Narinzi kwarumukobwa😂😂😂
Ntare 6 hello utuzaniye Michou umengo n'inkuimi
Nciye muraba kur Tik tok ararenze
Numuhungu
😂😂😂😂😂😂manayanje
Ndumiwe nn gahemwe bigendagt ngowisange mubihenkivyo😂😂🫢🫢🫢🫢🫢
😂😂😂😂😂 ibihe bihe ?? Urantwengeje
None ntare mubaze kuva akiri muto imikino yakuze akinaa
😂😂😂😂😂nanje nagira n'umukobwa 😂😂😂😂
Nez can
😂😂😂 bwabundi Uri umu bby
😅😅😅
N’ubu nzi ko ari umukobwa
Michou shn numujama mugenziwacu shn kandi shn Kuri tik Tok ndamukunda cne 🤎🦅
Norosique uno musi akoze umuti pe
Nanje narinzi k'arimukobwa
Jew narinziko arumuhungu
Nukur ndumiwe narinz ng numukobw kuvah namuboney
Nanje
Ibintu biraza nabi 😮😮😢😢😂😂😂none ugire comportment zabademu wiyite amazina yabademu hama ngurumuhungu 😅😅😅sakamaramaza erg vyarahay ahanyene narinzik urumukobw none naishiwa maneno 😂😂😂😂
Gushika Uno musi narinziko ar 'umukobwa
Eeee none numuhungu??🤭🤭
Manayanje ndatangaye narinzi yuko nanje arumukobwa Michou
Michou kudusoni twishi twishi😂😂
Nikiburirane😂
❤❤😂😂😂
Eee uyu muntu numuhungu? mana weee ndumiwe 🤔🤔🤔
😂😂😂
Michou asa nabakobwa.nokuvuga avuga nkabakobwa kabisa
Nukur naje umusi ndamubona muri film narinziko arumudemu
❤❤❤❤😂😂😂😂
Jewe ndumufana wiwe kuri Tiki toke
Izo ngidi rero nivyiso disii obèse nicigeme ciza disi gusa ntuzutwagwe n'a société ngowumve ivyo bagusaba kuba umupede
😂😂😂😂michooouuu
😂😂😂😂 ark ntare 6 uratwenz 😂😂😂
Naje narinzi KO urumukobwa😂😂😂
Michou kuri Tiktok aba yahaturiye🔥🔥🔥🤣🤣🤣🤣🤣
😂😂😂🎉🎉🎉
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Naho woba urumuhungu ugworushatsi rutuma tubonumengo urumukobwa nukuntu witwara birabishe nukuri uragerageza ub umuhungu apana kumera nkumukobwa
Wallah Noora wubahwe pe, narinarabuze uwuduhumuco narinzi ko arumukobwa pe😂😂😂
😂😂😂😂😂