Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Turamukeje Mkombozi🔥👏👏👏
Nduwamber kumuchigikira mukomboz❤❤❤❤❤🎉🎉
Arabikwiye gutorwa
❤❤❤
TwashakInvugKurNkizKwr
Mubisanzwe Mkombozi politique niyo akwiriye gusa nibaza yari yaratinye ariko burya destin ntuyihunga, kandi ararinda.
Nukuri ikikintu mukombozi yiyumviriye nikintu cizacanukombonzi abenegihugu tuzogushigikira ntujugumira turazi kushoboye mubajene intebe yimbere nigwaw❤❤❤❤❤
Niteka kuri twebwe abaririmyi. Tuzogutora uduserukire 🙏💪💪💪💪
Non nkabantu batari mugihugu boshobora gutora gt ?Mukombozi courage knd Imana imbere vyos bizogende neza 🤝🤝💯💯💯👌🏻🥰
Uyo numu revolutionäre wukuri Azotsinda 100%Ico nomuhanura arondere umu préparatoire wa discours politique yoshikira abari ruguru Bonne chance 👍🏾
Nanje ndagushigikiye pe
Abarundi mwese muzotore mukombozi.yaba vyari gukundako witoza muba president nari kuryoherwa gusumba .courage Thomas
Hongera sana bwana mkombozi ,we're proud of you talented guy 🎉❤🎉
Ewana mbaye kure umuserukizi waba jeune nanj ndimwo ijwi ryanje narimuha
Amashurwe Kuri Hit Top Tv Landry Promoter Lucifer mkombozi
Courage Mukombozi nuko nkifise intambamyi zokuza kuguha ijwi ariko abanje barihiyo bazoriguha.
💫✨🎶 Basha tuzomutoraHubwo yari yaratevye
Imana idufashe azoduga bukebuke abe numukuru wigihugu🙏😊
Sha ndemeye pe Lúcifer imbere hashoboka
Komera abarundi muri ku bitwara neza urwaruka imbere nibo ejo hazoza heza big up Mkombozi tukurinyuma nkgwaruka amajwi tuzoguha nabandi muze.
Ewana Nzeyi hejuru, @bface agakurikira😂😂😂🔥🔥🔥
Mukombozi juu saana ntabwo uburundi bugikeneye abatama basimvye amabombe mumashamba hagezeko aba Jeune binjira muri politic
Wauuu mkombizi ndakwifurize amahigwe
Wakoze kumudufotorera uzucape ifoto yanzeyimana kugira ntitumwoberwe ngo tureke kumutora abajene turumva ivyiyumviro vyawe nisawa uzokwiyamamazanye nazandirimbo waririmba zose nakare harubwoko bubiri harubwumva butabona hakaba nababona muga batumva❤🎉🎉🎉🎉🎉
Nzeyimana Thomas hejuru cane nkwipfurije amahigwe mezaa💪💪💪
TuzomutoraaNZEYIMANA Thomas 💪
Tuzotora NZEYIMANA Thomas apana mukombozi😂😂
Félicitations ❤❤❤❤ Imbere niheza
Lucifer Nakubali Xn bro 💯💯💯🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Haster la victoria simple mkombozi ayeyo ndagushigikiye
Nzeyimana thomas natweturinyuma amajwi100/100 imanigufashe umukuruwabajene upewemauayako❤
Icegera ni b face 😂😂😂
Imana ivajimber izobidufashije byinshi❤
Asha tukurinyuma vrt urocinda 1000/1000
Thomas iciyumviro canje nuko mworwiza ibiganiro on lin utaga nimigambi nkiyo ntakibuza ko tutazogutora kuko abo batama bari kubutegetsi barashaj
Kutitoreje kubumukuru wigihugu ahubwo ndumiwepe 🤭🤦 ewe sinkuciye intege ariko sindanakuremesheje vraiment 🙏🇧🇮
Mukomboze imana ikujimbere iguhe amahirwe ndagukunda mabanda cm
Abari muri Zambia batwereke uko twoshobora kumutora mukombozi kbx❤
Turarose inyishuyinibazo vyumuziki ndundi❤❤❤ toma oyyy
Tuzomutora cne kandi bisaba abe perezida❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
We are behind you nkejo hacu
Mukombozi nibamuhe Egooo
❤❤❤❤ b face naw 😂😂😂 Imana imujimbere ashike kuntego yiwe
@@Sandycl2024-t2c tuza mutora b face nawe abicegera ca mukombozi kuko bose nicabwenge pee
@fjri9333 cane vrt Imana ibajimbere vyonryoher
Uwo ni Lucy dube wa south African tuzomutora
🎉🎉🎉🎉🎉🎉Amashurwe nayawe es🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤Mukombozi toma
Mr igifi kininiLucifer hejuruuu
Turamushigikiye umurokozi wimitima yabenshi
Nzeyimana 🇿🇦🇿🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👈👈
Uyumugabo nimba ivyo aririmba yobishira nomubikorwa mukubikorera abarundi bizoba vyiza ndaziko azotoka.
Ndamweye Mukombozi dutegerezwa kumutora
❤❤❤❤❤❤mukombozi imana ikuze imber
❤❤❤❤❤lucifer
Me olso i,m behind you Mkombozi tuzogutora
Tuzomutora arabikwiye
Big up sana mukombozi
Tuzamutora% mkombozi hejuruuuuu kidumunawe ntasigarinyuma turabakeney na B face tutibagiy lolilo
ijwi ryanje ararifise naryame asinzire nzorimuha atacamira
6:38 courage mkombozi tuzomutora
Tuzo gutora neza
Basha ijwiryanjeeeeeee urarifise papa mkombozi❤❤❤❤
Jew icombona mukombozi yoba umuserukizimwiz. Gusareo ikibinuk uzosang aciyajinyum yababazung kk kerayahoz abakorera
Thomas nukumutora kbx
Ahubwo urabe ntuzohave wihenda kuri Logo, ntibaze bajuragirike, mugutora iyo Ntwari
Shaaaa umu jeune atogutor ntabw yokwiger aterimber pe😂😂😂😂😂
Ahubwo uwutomutora ntamu Jeune yoba arimwo
Turinyuma yawe
Tuzogutora asha ntutinye turagutora ntakibuzz
imbere niheza komeza urugendo ni fresh
Nukur urwaruka twese muze tumukwe inyuma
Ibi nukuri?
Nanjewe mubashingamatekaNzotora nzeyimana toma
Mbe mugutora abashinga mateka utora 3 cank umwe bwira ariko mukombozi ndamutamwo amajw ah nukubasomesha bose bamutore
Ufisivyiyumviro vyiza 🎉🎉
😮😮😮❤❤❤
Umutananigwa urakwiye action camera itajugumira
Nimba ari mkombozi wa kera aho tuzomutora 👍🏽 umwe yavug ikiri kumutima atabwoba 👍🏽
3:14 🙂👍👍
Nukuri aho vyaheze wabaye umushingamateka
🔥🔥🔥🔥🔥
Urabikwiye nkombozi bazebaduhe urubuga dutireramwo
Umpe akaz ka Logo
Jimbere mkombozi🎉🎉🎉
Mukombozi imana ikujimbere
Kbs❤❤
Turinyumayawe Thomas nukugutora
Wakoze
Meeting yiwe ngira azoba ari nka show gusa basha?Hazosha😂😂😂
TURAMUKEJE CYANE NUKURI❤❤❤❤❤❤❤
Thomas hejuru ubundi nanje ndicara nkiyumvura impamvu ntaba jeune bitoza muntwaro nkibaza NTI nimba ababasaza bazopasiyona baca baha abana babo
Nyaruka utubwire kuvyo utatubwiye muri ya song
Safisana kijana abasigaye muzetumushigikire. imbonakazoza zigihugu cacuciza C'uburundi nugwaruka gwaruka vahasirero dushigikire Mukombozi.
Amahirwe meshi mkombozi
Mukombozi tuzomutora Kuko muriwe natahinduka arafise umutima wanka akarenganyo(IMANA imbere!
Mukombozi tuzomushigikira twivuye inyuma
vyiza cn mkombozi
Babarihaze batureka dutore toma
Kbx respect
🎉🎉🎉❤❤❤❤
No MURI AMERIKA TUZOMUTORA PE KUKO IYO NINCABWENGE KUBERA AGIRIVYIYUNVIRO BIZIMA PE❤❤❤ abarundi MUZE mumutore natahinduka ngwabe corrompu naba nabariya arashobora kuzovugirabanyagihugu .N.B: GUSA NTAZOREKE KURIRIMBA KUGIRANGO AZOGUME AHA MESSAGES ABARUNDI ❤❤
I makamba tuzogutora 100%
Nzeyimana azocamwo
Randri turagusavye abamenyeshamakuru mumushigikire
Landry raba nawe uzokwitoze mubunyumbakumi
😂😂😂😂
Tuzogutira maman yang
Oya bizokunda
Iyaba nari mugihugu canj nomutoye ijana kwijana
Turamukeje Mkombozi🔥👏👏👏
Nduwamber kumuchigikira mukomboz❤❤❤❤❤🎉🎉
Arabikwiye gutorwa
❤❤❤
Twashak
Invug
Kur
Nkiz
Kwr
Mubisanzwe Mkombozi politique niyo akwiriye gusa nibaza yari yaratinye ariko burya destin ntuyihunga, kandi ararinda.
Nukuri ikikintu mukombozi yiyumviriye nikintu cizacanukombonzi abenegihugu tuzogushigikira ntujugumira turazi kushoboye mubajene intebe yimbere nigwaw❤❤❤❤❤
Niteka kuri twebwe abaririmyi. Tuzogutora uduserukire 🙏💪💪💪💪
Non nkabantu batari mugihugu boshobora gutora gt ?Mukombozi courage knd Imana imbere vyos bizogende neza 🤝🤝💯💯💯👌🏻🥰
Uyo numu revolutionäre wukuri
Azotsinda 100%
Ico nomuhanura arondere umu préparatoire wa discours politique yoshikira abari ruguru
Bonne chance 👍🏾
Nanje ndagushigikiye pe
Abarundi mwese muzotore mukombozi.yaba vyari gukundako witoza muba president nari kuryoherwa gusumba .courage Thomas
Hongera sana bwana mkombozi ,we're proud of you talented guy 🎉❤🎉
Ewana mbaye kure umuserukizi waba jeune nanj ndimwo ijwi ryanje narimuha
Amashurwe Kuri Hit Top Tv
Landry Promoter
Lucifer mkombozi
Courage Mukombozi nuko nkifise intambamyi zokuza kuguha ijwi ariko abanje barihiyo bazoriguha.
💫✨🎶 Basha tuzomutora
Hubwo yari yaratevye
Imana idufashe azoduga bukebuke abe numukuru wigihugu🙏😊
Sha ndemeye pe Lúcifer imbere hashoboka
Komera abarundi muri ku bitwara neza urwaruka imbere nibo ejo hazoza heza big up Mkombozi tukurinyuma nkgwaruka amajwi tuzoguha nabandi muze.
Ewana Nzeyi hejuru, @bface agakurikira😂😂😂🔥🔥🔥
Mukombozi juu saana ntabwo uburundi bugikeneye abatama basimvye amabombe mumashamba hagezeko aba Jeune binjira muri politic
Wauuu mkombizi ndakwifurize amahigwe
Wakoze kumudufotorera uzucape ifoto yanzeyimana kugira ntitumwoberwe ngo tureke kumutora abajene turumva ivyiyumviro vyawe nisawa uzokwiyamamazanye nazandirimbo waririmba zose nakare harubwoko bubiri harubwumva butabona hakaba nababona muga batumva❤🎉🎉🎉🎉🎉
Nzeyimana Thomas hejuru cane nkwipfurije amahigwe mezaa💪💪💪
Tuzomutoraa
NZEYIMANA Thomas 💪
Tuzotora NZEYIMANA Thomas apana mukombozi😂😂
Félicitations ❤❤❤❤ Imbere niheza
Lucifer Nakubali Xn bro 💯💯💯🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Haster la victoria simple mkombozi ayeyo ndagushigikiye
Nzeyimana thomas natweturinyuma amajwi100/100 imanigufashe umukuruwabajene upewemauayako❤
Icegera ni b face 😂😂😂
Imana ivajimber izobidufashije byinshi❤
Asha tukurinyuma vrt urocinda 1000/1000
Thomas iciyumviro canje nuko mworwiza ibiganiro on lin utaga nimigambi nkiyo ntakibuza ko tutazogutora kuko abo batama bari kubutegetsi barashaj
Kutitoreje kubumukuru wigihugu ahubwo ndumiwepe 🤭🤦 ewe sinkuciye intege ariko sindanakuremesheje vraiment 🙏🇧🇮
Mukomboze imana ikujimbere iguhe amahirwe ndagukunda mabanda cm
Abari muri Zambia batwereke uko twoshobora kumutora mukombozi kbx❤
Turarose inyishuyinibazo vyumuziki ndundi❤❤❤ toma oyyy
Tuzomutora cne kandi bisaba abe perezida❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
We are behind you nkejo hacu
Mukombozi nibamuhe Egooo
❤❤❤❤ b face naw 😂😂😂 Imana imujimbere ashike kuntego yiwe
@@Sandycl2024-t2c tuza mutora b face nawe abicegera ca mukombozi kuko bose nicabwenge pee
@fjri9333 cane vrt Imana ibajimbere vyonryoher
Uwo ni Lucy dube wa south African tuzomutora
🎉🎉🎉🎉🎉🎉Amashurwe nayawe es
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤Mukombozi toma
Mr igifi kinini
Lucifer hejuruuu
Turamushigikiye umurokozi wimitima yabenshi
Nzeyimana 🇿🇦🇿🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👈👈
Uyumugabo nimba ivyo aririmba yobishira nomubikorwa mukubikorera abarundi bizoba vyiza ndaziko azotoka.
Ndamweye Mukombozi dutegerezwa kumutora
❤❤❤❤❤❤mukombozi imana ikuze imber
❤❤❤❤❤lucifer
Me olso i,m behind you Mkombozi tuzogutora
Tuzomutora arabikwiye
Big up sana mukombozi
Tuzamutora% mkombozi hejuruuuuu kidumunawe ntasigarinyuma turabakeney na B face tutibagiy lolilo
ijwi ryanje ararifise naryame asinzire nzorimuha atacamira
6:38 courage mkombozi tuzomutora
Tuzo gutora neza
Basha ijwiryanjeeeeeee urarifise papa mkombozi❤❤❤❤
Jew icombona mukombozi yoba umuserukizimwiz. Gusareo ikibinuk uzosang aciyajinyum yababazung kk kerayahoz abakorera
Thomas nukumutora kbx
Ahubwo urabe ntuzohave wihenda kuri Logo, ntibaze bajuragirike, mugutora iyo Ntwari
Shaaaa umu jeune atogutor ntabw yokwiger aterimber pe😂😂😂😂😂
Ahubwo uwutomutora ntamu Jeune yoba arimwo
Turinyuma yawe
Tuzogutora asha ntutinye turagutora ntakibuzz
imbere niheza komeza urugendo ni fresh
Nukur urwaruka twese muze tumukwe inyuma
Ibi nukuri?
Nanjewe mubashingamateka
Nzotora nzeyimana toma