INTAHE IKOMEYE CAANE EP3//IMANA NTIGAYANA NABATIZE ISHURE NIMWE IRABATUMA/IMANA YARAMPEZAGIYE CAANE

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 5 вер 2024
  • Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
    Fyonda hano / @umucoweratv2021
    Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
    Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
    #Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV

КОМЕНТАРІ • 3

  • @chrisskelos7164
    @chrisskelos7164 Місяць тому +1

    Ariko uko yamenye gusoma ntiyabivuze

  • @chrisskelos7164
    @chrisskelos7164 Місяць тому +1

    Umuhamagaro barawuriye akokantu iyo ukavuze karatwenza!!!
    Muntu wiyumvira uko uwo ntiwari umuhamagaro nasubire asenge nimba yavuganye nImana koko ico yavuze ijambo iraririnda ngo irishitse uwuzosubira kukubwira uko uzomuhe numero yanje dufashanye gusenga hhhhh!!!!
    Abantu bitera amagorwa ngo barikwanka umuhamagaro abo nabo nobahanura kuyikorera bagihamagarwa..

    • @UMUCOWERATV2021
      @UMUCOWERATV2021  22 дні тому

      urakooze caaane vyukuri kumfashanyo utanze.girumugisha