Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Past Senga,Imana imukomeze mukuvuga ubutumwa
Vyukuri ndize, ndafashijwe cane kandi uranyujuje peee. Imana ikomeze kukwagura, kuguha amavuta kuko ugejeje benshi kumenya AGAKIZA. Glory to Jesus
amen. turakeneye abigisha nkawe benshi Pasteur, muratweretse neza ico twakijijwe n'ico turiko turakizwa n'ico tuzokizwa! nkunze Imana cane kuko izi neza ko tutari gushobora kwikiza mu bikorwa vyacu. Imana igukomeze kandi ice inzira uvyigishe henshi kuko uru rubuga si benshi barufiseko ububasha.
Mudushakire nikindi gice!!! Ndafashijwe kuko agakiza kagaragarira mubihe 3 twarakijijwe ,turimo turakizwa,tuzakizwa🙏🙏
Raba senga ingen atwigisha neza atadukankamira atadutuka kdi Imana ifisabantu beshi nimwabikoranabi azobakura azanabandi#
Ndibaza iyo Umwami wachu ataduhera Ubuntu bene data ubu tubaturi mukaga gakomeye .ndashima Uwo mwami, nkonera ngashima imbabazi ampereza Ubuntu ntarinkwiriye:Yesu Christo Umwami warakoooooze
Uvuze ukuri mwene data nanjye niko mbibona
Nkunze ubuntu. Imana iguhe umugisha mukozi w'Imana
Iyi nyigisho ni nziza ariko ntabwo amatorero yacu yayitwigishije bituma kuyumva bitugora
Urigisha nukuri
Mutunyarukirize igice gikurikira inyota ataratubabaza
Igice cya kabiri kiri he ?
🙏