Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
👍👍👍👍👍👍👍👍👏👏
Twiyerekere sha mugisha nanje Imana izobikora mpagere ndavyibonere kabisa
kaalibu,inzira ziriho habura amahera.
murakoze.ndabakunda.
Oya mugisha ikibazo ninzira amahera yo arahari
Tubwire inzira yatujyeza muri finland
@@urugendonews amahera nyene muhungu niyabuze 'nayahandi wewe ukuntu witaho abarundi ngirubishoboye wobahivyobakora Bose ariko mugisha yesu azaguhezagira kuko uraturemesha tukabonako imberbe ariheza,❤️❤️❤️❤️
Reka ryame nzinduka kukazi kamwarabu urakoze cane mugisha.
👍👍👍👍👍👍
Ahohantu ntibarima
❤❤🎉
Asha harakanye can manawe
Asha ngongaho iyumuntu asavye amafaranga ngo benshibacabishura ngo tahava ngo nukugumamunzu
BARABESHA
None snow imara igihe kingana gut kugira ihere ?
None aho nimukihe gihugu mugisha ?
Nonemugisha snow niki
urubura
👏👏👏👏👍👍
Aho di mugisha mugize neza nutundi tuntu uzozuratwereka .turagukunda turagukurikirana
urakoze ANNICK .ndabakunda.
Turagukurikirana Di mugisha
urAkoze jewe uzandonderere akazi hiyo turkey gutesekera mubarabu
ntkibazo. uraza mukabweti. tupande. gusa ntivyoroshe.,murakoze.ndabakunda.