Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Nabanze,yicare aronderamakuru nyayo kuriyo Pentecote
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤
ese mwovuga ivyo mu Rwanda mwoba mubaye iki? turabazi murondera ama vieux mukavuga ibintu mutazi kandi tutatohoje uko bimeze Eshengero ry Imana rirahagazd kuko Yesu yaryiguze aracakora
Uvugukuri ivyabamisyhoneri batakoze abandi bobihinyanyura gute iyonishetani.igombidusumvyinguvu
Ivyumuvuze nivyoo shishikara mukebure iryoshengero
Uragowe nukuri
❤Mrc
Ishengero rifise nyeneryo ntazemera ko ricunaguzwa ritarava mwishi
Raba ivyiwanyu
Tokà
Ariko nkuwo muntu,abahe? Nimuntu ki mu vyivugabutumwa!!
Ngo Kiremba iri mwaro????😂😂😂
Gutanga amakuru utazi bituma useba kuko uba uvuze ibinyoma.
Ninde yasuhenze?? suko abakizwa bameze !!! Nn ntawww wiyitwa umukizwa warasenze ?
None ubundi bwo imbere y'uko muvuga ivyo mubona, muziko neza na neza ayo madini yararimwo ibiki? Idini rizorangirira mw'isi ntakeka ariko ishengero amaherezo yaryo ni mw'ijuru.
Were.uri.umunyedini.kandi.idini.ntabwo.rijoja.mwijuru.reka.kuba.imbata.yidini
Uyo mupagani nuwahe? Nivyo numunyarwanda! Nogatangaye!
Nabanze,yicare aronderamakuru nyayo kuriyo Pentecote
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤
ese mwovuga ivyo mu Rwanda mwoba mubaye iki? turabazi murondera ama vieux mukavuga ibintu mutazi kandi tutatohoje uko bimeze Eshengero ry Imana rirahagazd kuko Yesu yaryiguze aracakora
Uvugukuri ivyabamisyhoneri batakoze abandi bobihinyanyura gute iyonishetani.igombidusumvyinguvu
Ivyumuvuze nivyoo shishikara mukebure iryoshengero
Uragowe nukuri
❤Mrc
Ishengero rifise nyeneryo ntazemera ko ricunaguzwa ritarava mwishi
Raba ivyiwanyu
Tokà
Ariko nkuwo muntu,abahe?
Nimuntu ki mu vyivugabutumwa!!