Це відео не доступне.
Перепрошуємо.

INTAHE IKOMEYE🥺:MU BWIGEME BWANJE NITAYE KUBAPFAKAZI😍/Nari Narasavye Imana UMUGAB'ANKUNDA 🎉Mme JACKY

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 13 гру 2023
  • Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
    #intahe #zaburinshya #emcitv #ytb #ytshorts

КОМЕНТАРІ • 13

  • @SleepyBeetle-nr9hp
    @SleepyBeetle-nr9hp 5 місяців тому +1

    Iman'ibahezagire bavyeyi beza intahe yanyu irampezagiye Imana Data ibakomeze mu gikorwa ciza c'urukundo muriko murakora bitayeko muzig'impera nini mw'ijuru

  • @user-or7sl6tu4h
    @user-or7sl6tu4h 8 місяців тому +1

    Ndagukunda maman Imana iguhezagire

  • @jacquelinehatungimana5813
    @jacquelinehatungimana5813 8 місяців тому +1

    Amen

  • @mukeshimanarose1334
    @mukeshimanarose1334 Місяць тому +1

    😊🙏❤

  • @jacquelinehatungimana5813
    @jacquelinehatungimana5813 8 місяців тому +1

    Imana ibahezagire

  • @user-ck1qi6wt9e
    @user-ck1qi6wt9e 8 місяців тому +1

    Waooo😍 murakozee Cane maman Jacky yesu abahezagire🙏🙏

  • @HabicigombaEmelyne-vl2pj
    @HabicigombaEmelyne-vl2pj Місяць тому +1

    Uyu muvyeyi ndumvis ingabire dusangiy nkri

    • @iribaryiza1
      @iribaryiza1  Місяць тому

      Iyihe!??

    • @HabicigombaEmelyne-vl2pj
      @HabicigombaEmelyne-vl2pj Місяць тому

      @@iribaryiza1 turasangiy ingabire yo gufasha abantu.jwe nd umunyeshure ntamafranga mfse arik iyo ndayarose izo mpuhwe ndazifis kuko ndashobora guha amafranga umuntu amerew nabi knd nanj mbon k haric nar nkeney !rero ndayamuha Hama nanj nkagurana kugira nshobor gushika kuco Nar nkeney

  • @EmelyneNIFASHA-vr4om
    @EmelyneNIFASHA-vr4om 8 місяців тому +1

    Yoooo mbega umuvyeyi mwiza mumfashe numéro yiwe numva nomurondera tukaganira vyinshi muzoba mukoze

  • @user-fc1jk4xt1d
    @user-fc1jk4xt1d 18 днів тому

    Duhe numero tuvugane