Koperative Agro-business umuvukano mwiza inyishu ku borozi bo mu ntara ya Bubanza.

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 24 чер 2024
  • #Burundi: Muri koperative Agro-business umuvukano mwiza ihingura imfungurwa z'ibitungwa yo muri komine mpanda intara ya #Bubanza ngo umugambi wa #Paeej wo gufasha urwaruka waje hageze kuko ubu wabakuye kuma rigara. Bakaba batanguje umutahe ungana n'imiriyoni 13 ubu bageze ku miriyoni 150 bakipfuza ko ihinguriro ryabo ivyo rihingura vyoza bishoka hafi mu gihugu cose no mumakungu.

КОМЕНТАРІ • 2

  • @BushashaSwitch
    @BushashaSwitch 3 дні тому

    🎉🎉❤❤❤❤💯 komeza cuti zumusaraba

  • @jeannkuru2887
    @jeannkuru2887 3 дні тому +1

    les poules peuvent manger des restes de fromage et des yaourts natures. Les volailles aiment également le pain sec ou ramolli dans de l'eau, accompagné ou non d'un peu de viande ou de poisson...