Mukire merci bcp,ariko akabazo mfise naka,non izo compte zose zisabwa numéro yayo imwimwe.carte sim imwe ikora kuri account imwe canke carte sim imwe yokoreshwa kuri compte nka 3 muntumbero yo kurwiza ama accounts
Oya Si abafise ama comptes menshi, ni abakoze amanyanga mu kulonka tuliya dufunguzo...kd hano tuliko tuvuga BLUM apana Hamster kk Hamster ishobola no kuba Scam
Link:
bit.ly/3AXsu8U
bit.ly/4gfw6TB
bit.ly/4dJr5kJ
bit.ly/4dP3TS4
Whatsapp group:
chat.whatsapp.com/KHr3R531OnsFixlsLgKwVS
Iyi rero niyo nari nkeney unkorey umuti wallah, much respect 👏👏🙏
Thanks br ❤
Murakoze cyane gusa ibi bya konti nibyo biri gutuma account zabantu bazibaninga
Murebe muri hamster
hhhh mbega strategy
Muvandi none ko matrix clone itaboneka
Muvandi twereke uko ba conect account ya blum
Mukire merci bcp,ariko akabazo mfise naka,non izo compte zose zisabwa numéro yayo imwimwe.carte sim imwe ikora kuri account imwe canke carte sim imwe yokoreshwa kuri compte nka 3 muntumbero yo kurwiza ama accounts
Hello .merci.mbaze .kon ufash nka matrix ugashiramwo izo compte3,bigusab numero 3 nyen?? Mbega irya numero wakoresha mur telgram isanzwe nayo ushbora kuyshiramwo mur matrix??? Meeci
Nne izo compte zose bisaba gukoresha ama numero adasa canke harizishobora gusangira ama numero?
Numero zidasa biensur
Murakoze cyane muvandimwe ariko se umuntu akoresha numero de telephone 1 kuma konte yose nonese ukoredhaho email 1 hose muri izi aplication ntakibazo byateza,murakoze reka dutegereze ubusobanuro bwantu
App imwe ijana na number 3 nshasha
None komur hamster kombat abantu bafise ama compte menshi mur fine imwe kobar guhura n,ibibazo?
Oya Si abafise ama comptes menshi, ni abakoze amanyanga mu kulonka tuliya dufunguzo...kd hano tuliko tuvuga BLUM apana Hamster kk Hamster ishobola no kuba Scam