Murakoze cane, munyibukije ubuto bwanje
icari kumutima kirurutse walaah ino song maze imyaka 5 ndayirondera titre oooh may god
Ntacica urukundo nkamafaranga
Murabashazangendo peeee
Abashazangendo mwubahwe rip
Mr6 kbs
Merci abashazangendo!
❤❤❤❤
Ndakunda! Urakoze cane!
belle chanson
Very nice song. Unviriza Ico gitari sha
uko vyari kera nubu niko bimeze. Amafaranga...hahaha
Indirimbo nikundira
Murakoze kutwubutsa akaririmbo ka kera. Beautiful melody and memories.