Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Amerika yashinje u Rwanda kwihunza inzira y'amahoro mu burasirazuba bwa Kongo I washinton DC Donald Trump ararahirira kuyobora Amerika indi manda Perezida Joe Biden w’Amerika yaraye ahaye imbabazi z’umukuru w’igihugu nyakwigendera Marcus Garvey
Inkuru IgezwehoMolly Phee, Ministri w’ububanyi n’amahanga wungirije ushinzwe ibibazo by’Afurika, ubu ucyuye igihe.19-01-2025Amerika Yashinje u Rwanda Kwihunza Inzira y'Amahoro mu Kibazo cya Kongo
Imvugo y'Abanyamerika iragaragaza urukundo bafitiye Africa kuza kwubaka Amabarabara ya Gariyamwoshi izotwara ubutare bwa Africa kubera iki batoza kwubaka za laboratories zogukora inkingo z'ingwara zivyaduka canke bubake Amahinguriro ayungurura ubwo butare miri Africa??Uwumusi baravuga kuri Africa kuko tugifise ayo mabuye y'Agaciro nibayamara kuko Aho bayakura ntihamera Ayandi ntawuzosubira kwuva ijwi ryabo.
Ibaze kabisa Kandi ureba ukuntu aribisambo iryo barabara bazavugako arimfashanyo bahaye kongo
@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty Izompuhwe bafise zokwubaka amabarabara ya Gariyamoshi nizihagarare maze baze bubake factory ihingura izo I phones na za computers nibindi bakeneye ngaha Iwacu niba bakunda Africa. Ivyorero ntavyobokora Ariko baturungikira Abaza kutwigisha Bibiliya ntagatifu kuko Babonye Abanyafrika Ikitubereye ar'ukuja mwijuru barashaka kuduha ubumenyi bw'ivyijuru tutazi iyoriherereye tutageza n'amaso Ariko Ahotugeza amaso apana babanje bakaduha ubumenyi bw'ivyaho tugeza amaso nakare ko ibikoresho biva Iwacu.
Amerika yashinje u Rwanda kwihunza inzira y'amahoro mu burasirazuba bwa Kongo I washinton DC Donald Trump ararahirira kuyobora Amerika indi manda Perezida Joe Biden w’Amerika yaraye ahaye imbabazi z’umukuru w’igihugu nyakwigendera Marcus Garvey
Inkuru Igezweho
Molly Phee, Ministri w’ububanyi n’amahanga wungirije ushinzwe ibibazo by’Afurika, ubu ucyuye igihe.
19-01-2025
Amerika Yashinje u Rwanda Kwihunza Inzira y'Amahoro mu Kibazo cya Kongo
Imvugo y'Abanyamerika iragaragaza urukundo bafitiye Africa kuza kwubaka Amabarabara ya Gariyamwoshi izotwara ubutare bwa Africa kubera iki batoza kwubaka za laboratories zogukora inkingo z'ingwara zivyaduka canke bubake Amahinguriro ayungurura ubwo butare miri Africa??Uwumusi baravuga kuri Africa kuko tugifise ayo mabuye y'Agaciro nibayamara kuko Aho bayakura ntihamera Ayandi ntawuzosubira kwuva ijwi ryabo.
Ibaze kabisa Kandi ureba ukuntu aribisambo iryo barabara bazavugako arimfashanyo bahaye kongo
@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty Izompuhwe bafise zokwubaka amabarabara ya Gariyamoshi nizihagarare maze baze bubake factory ihingura izo I phones na za computers nibindi bakeneye ngaha Iwacu niba bakunda Africa. Ivyorero ntavyobokora
Ariko baturungikira Abaza kutwigisha Bibiliya ntagatifu kuko Babonye Abanyafrika Ikitubereye ar'ukuja mwijuru barashaka kuduha ubumenyi bw'ivyijuru tutazi iyoriherereye tutageza n'amaso Ariko Ahotugeza amaso apana babanje bakaduha ubumenyi bw'ivyaho tugeza amaso nakare ko ibikoresho biva Iwacu.