NGIYO NGIYO 《INTORE NTINDI》Film mwakunze muri benshi iragarutse // AMEDEE nawe arayijemwo🙄🔥
Вставка
- Опубліковано 23 лис 2024
- #burundi #Films #Sabbas #Cadeau_Ravelle #Alvella #Amedée
@BMTBuja @alvellamuhimbareofficial @gnfilms8582
For more information : our watsapp number: 68023566
Turayikumbuye sana
Wouuuuu ❤❤
Boom boom welcm my favorite series intore ntindi ❤❤❤thanks my Director kutwemerera kuyibandanya I love you papa😍
Ngomba mumpe chaîne yanyu mushirako film
Sawa😂😂
Karibu ivyishimo biramaze kunva.kwintorentindi igarutse. Imana ibashoboze ukomugiyekuyipanga🥰🥰🥰🥰🙏🙏🙏🙏🙏♥️♥️♥️♥️♥️
Ndashimiye caane abo bantu bintangarugero bitanze ngo dusubire turebe intore ntindi,Imana ibasubirize aho mukuye.yuzuze,itsindagire,isesekaze au nom puissant de Jésus Christ 💪💪💪💪💪💃💃💃💃💃💃🔥🔥🔥🔥
Nanje ndafana ibikorwa vya amede mbasabe mushire muri group yabafana niwe nukuri 🤲🤲🤲🤲
😂😂😂😂kumbe numunyamwaro amed 🎉🎉🎉🎉duhe duhe
Ndumv mugiy kudukorer umuti ❤❤❤❤❤
Oooh mutunyarukirize shaa
Yaaaaayayayayaya🎉🎉🎉🎉🎉
Rekura ico gisasu hashe hatokombereeee 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Hejuru caaanee my brother
Turayishaka pe
Turayirindiriye cane Kandi turayikunda
Akantu KO gufungura kwa melly 🤣🤣🤣ewe maman teta shn love from Mona ♥️
Yooooo🎉🎉🎉❤❤❤
Waoooooooooh 🔥💕💕💕💕💕💃💃💃💃💃💃💃💃🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌺🌺🥀
Waoooooo nimuyinyarutse turayirindiranye igishika❤❤❤
Oooooo welecom mye favorite intore ntindi niwakire amashugwe yanyuma🥀🥀🥀🥀🥀🥀💞💞💞💞💞💞💞♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️💗💗💗💗💗🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀
Ahubwo jewe bariko baranyoteza.urazingene nayikunze
Ooooh ngira nsubire kubona alvella na cadeau muntore ntindi
Vraiment intore ntindi yar film vraiment très instructif muri Kino gih turimwo
❤❤❤❤Ndashimy can ic gikorw ciza cane nkico ahubw nah nisabiy kwinjizw mwiy group Kwanza muzob kukoz caneee❤❤❤😂 Imana ibajimbere ndakund filmes ndundi can nacan can umurwi wanyu izo mukina zose ndazirab knd ziranyigish can season kuyind episode kuyind #Intore ntindi nay iz ar too much# Muterimbere nk'umuzinga!!!❤❤❤❤❤
Wawooooooooo muyinyarukane kbs imana ibajimbere bize bigende neza
Ndabakeje cne kuba mwarakoze Ako kantu Kur Amed knd nanj ndakumbuye intore ntindi
duhe duhe muzohaturira ryari hatokombeee❤❤🔥🔥🔥🔥🔥
Waooooo abobantu bubahwe cane kbsa twari tuyinyotew
Nyarukan
Eba mwubahwe mwerekanye umunezero mwinshi kbx
Rwose mwaratinze munyarutse turayitegereje.❤
Waaaaauuu nimuyiduh twar tuyikumbuy bakundwa
Gira vuba🎉
Big up cane
Nukur nimurabe vrt muyiduh kuk turayikumbuy
Ndabakunda can nimuyinyaruts turayishashay cn pe eg
Shusha shush
Wow🎉🎉🎉🎉my season intore ntindii🎉🎉🎉🎉🎉🎉turayirindriy
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Courage Bez Bnj❤
Murakozecan benedata iyifirme yarikenewe can
Whaoooo mbega vyizaaa 😂😂
Turayirindiranye igishika cinshi ❤🎉
Nyaruts nyaruts tubarindirany igishika cinshi kbs courage ❤❤
Muyinyarukan intore ntindi❤❤❤❤
Waaawuuu
🎉🎉🎉🎉🎉❤❤intore vrmnt bash ndayirindirany ni gishik cinshi❤❤amedee akira amashugwe🥀🥀🥀🥀🥀🌷🌷💐🌺🌺🌺🌹🌹knd courage 🌹
Muyinyarukany ❤❤
Hano murwanda 🇷🇼 turayitegereje
Imanza ibajimbere
Muyinyarukane bakunziii turabakeje
Wowowo intore ntindii 🎉🎉
Turayirindiye can kandi ndabakunda from Canada 🇨🇦
Wamwaroo Amed wubahw turayishak inyaruke
Intore ntindi imeze neza cane kweri twarayikunze gose
Intore ntindi abantu benshi barayikeneye cane
Ndashimiye abayobozi kumajambo meza batubwiye Imana ibahezagire cane
Nimunyarutse tuyitegerezanije igishika.yoooooo!!!
Waaa nyaruts
Muyinyarukane kwer intore ntindi yewe ndayitegerejekweri ❤❤❤😂😂😂
Asha hazosha kewl ndibaza 🔥🔥🔥
Amede yubahwe ❤❤
Intore ntindi comera ramba hejuru cane ❤❤❤turayirindiriye irakunzwe .amashi ku Mana
Egoshaa amedee gad bless you ibandanye ndiho azobigufashamwo ninziza caane vrmt
Mwarikoranye sivyiza
Mwaratinze weee nimubandanye kd ndabakunda cyaneee🥰🥰❤️❤️
krum krum naj kbx muratunezera
❤❤❤ nukwoooo ijambooooooo riratasheeeeee🎉🎉
❤❤❤❤❤❤❤
Waaaa
Muduheeee
Mwatunyotejw pe duhe part2
Ayomakuru niyo twari dukeneye kwumva. Komera kumuheto mutama Amédée
Waw turayinyotew nanyaruts
Iyi film we 🗣️🗣️🗣️🗣️🗣️Iriganje,
Wouuuuu, imana ishimwe cyane nukuri kandi turabishimira from Rwanda ❤❤❤❤❤
🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤yemwe. mugezagigwe
Baradutebej kweri izoza ryar??
Kbx yibandanye iry flm yariryosh can
Yooo muduteyumunoho narinzingoyaje
Nimuyinyarukane yaratinze please please please ❤❤!!!!!!!!
Mutunyarukirize bash tuyirindirany igishik vrt abafanz ba intore ntindi nkanj bamp like byishi
Turayirindiranye igishikw
Duhereze icokiganiro kabisa
Egome nukur baduhereze caaaaaane
nanyarutse ningoga twari tuyinyotew❤❤❤❤❤
Nukuri mukinaneza kantore turabakunda🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Ndaryohew cn kwel murakoze arik ntimwibgire ihurizo ry'amakuba nayonyen twarayikunze
Ibandanyije noryoherwa yariryoshe sana
Muyinyarutse turabategereje
J ndisabiye mumbwire ko cède ya film intore intindi ihari ndayigure
Muyinyarukane😂😂😂love from FANNY FAFA OFFICIAL🇧🇮🇸🇦🇧🇮
Film intore ntindi, Ca gice Ca kabiri coba kiraboneka? N'ubu turacayiteze.
Nyarukana
Amede asigaye asarisha nayizane intore ntindi kabisa
Avuzeko vubaa caaaan iraaaaje
Love from King Dany ❤❤🎉🎉🎉
Ninyaruke ninyaruk
🎉🎉🎉❤❤❤
Mwaraduteberej ariko Amédée w ndakwizey yizane
Mukomeze murintwari
Mutunyarukirize
Ndabona ❤❤❤❤❤❤❤
Hagiy gush 🔥 kbs 😂😂