Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Wewe urumukozi w'imana azubwenge
Imana iguhe umugisha None ko batwita ko turi abana b'Imana,iyo umwana w'Imana arongoye umuntu atizeye Imana,bavyitwa ngwiki???uzurabe kuko nubu kumu
Umwana w'Imana Ni-Malayika canke kw'izera kritso nk'umwami n'umukiza bitugira abana b'Imana(ikindi uzorabe n'ubu abakobwa bafise ubwiza bwinshi ku-mubiro ni abisi.
None ko ngaho muri yobu usomye abana b'Imana bashengeye(n'abamarayika?)
Mumbabarire kuko ndashaka gusobanukigwa(none abamarayika bagira ibitsina kugira batere inda???