Igitangaza co gukira Cancer yo mw'ibere cancer du sein au stade 4
Вставка
- Опубліковано 9 лют 2025
- Mushaka kumenya ivyerekeye Kanguka, mwoja kuri www.kanguka.com muce kuri "KI" hejuru i buryo.
Mushobora kuturungikira intahe (ubuhamya) muciye kuri WhatsApp: +257 71 11 11 32
Murashobora gukurikira utu videos hamwe n'amajambo vyo gutera intege mukugira abonnement kuri page yanje kuri Facebook muciye ngaha : facebook.com/profile.php?id=100044498286814&mibextid=ZbWKwL
Hallelujah.yesu nanje mpa uruvyaro
Nange yesu unyibuke mwizina rya yesu unyibuke umpe urubyaro
Amen Mwami ndagushimiy kubantu Bose wakijije nanje Ndakwingize unkize umpe uruvyaro umpindurire izina nanje nzoshinga intahe mvuge ubukuru bwawe nukugiraneza kwawe Mwami wanj Amen
Amina cane
Indwara n urupfu birahunga imbere y Ubushobozi bw Imana Data .
N Ihabwe icubahiro kubw uy mwene Data yongewe iminsi yo kubaho .
IMANA ihabw icubahiro idahengeshanya kwerekana ubunini bwimbabazi zayo,amen
Amen kandi Amen 🙏🙏🙏🙏 Imana ninziza ibihe vyose,shimwa Mana kuvyukora nokuvyudukorera vyose🙏
Amen Amen Amen je reçois ma délivrance ma guérison la guérison de mon fils Düren mon mari Serge dans le mon puissance de Jésus Christ Amen Amen Amen 🙏🇬🇦
Amen au nom du seigneur
But iyi si Kanguka app original ya Chris.kubera the sign iri hejuru kubudyo mu video za app original!!