LOLILO N'Umudamu Wiwe Baraye Bakubiswe Badizwe Biteye Ubwoba na AMIPRO Inyuma Yo Kuva Kuri Stage💔

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 16 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 51

  • @Fernand_KyGame
    @Fernand_KyGame 2 місяці тому +4

    Bro ariko ndagukosore gato Show ya Natacha izobera kuri Hotel Source du Nil ntabwo izobera Kuri Hotel Club du Lac Tanganyika.

  • @fabricebajiji2249
    @fabricebajiji2249 2 місяці тому +2

    DJ ategerezwa kuba afise ibikoresho vyiwe. Nimba batabizanye ntavyari kworoha.
    Hama kandi kwubahiriza amasezerano Navyo ni ivyagaciro.
    Asante sana guys.

  • @MusabimanaGeorge
    @MusabimanaGeorge 2 місяці тому

    Rekakubamwandika ama titre yubujuju ivyo fizo yzravyiyamirije 😢😢 nkibi wanditse wewe warabibonye haryahantu

  • @Alainprincengabirano
    @Alainprincengabirano 2 місяці тому +2

    B face aracagwanira Stage 😮😮Burya b face arafise akanyaro nubwo badashaka kubibona

  • @JohnRayPierre
    @JohnRayPierre 2 місяці тому +1

    Kayanza all the way up 🔝

  • @banyoniaudace3507
    @banyoniaudace3507 2 місяці тому

    Kuberiki sat b mwama mumushira iryanyuma?1er editio yabaye uwanyuma irangizwa nakajagari kabafana be batera amabuye nico batinya koyoca irangira hakiri kare bubera akajagari kanafana ba satb?

  • @HarimenshiGrettawendy
    @HarimenshiGrettawendy 2 місяці тому

    Big UP saanaaaaa 💯 dukeneye aba journaliste nkaba mwebwe muvuga uko ibintu biri ata kurya umunwa 😂😂

  • @FleuryKaneza-zs8mm
    @FleuryKaneza-zs8mm 2 місяці тому

    Jewe Kaf homme capable mwubahwe murashoboye

  • @MjinimoneyNizigiyimana
    @MjinimoneyNizigiyimana 2 місяці тому +1

    Iconkukundira wewe ibiganiro ishira kuri You tube ntaburofa ushiramwo mubiganiro uvuga ibintu birivyo très bien.

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja 2 місяці тому

    ❤❤❤

  • @IduhangazePrince-pp3pn
    @IduhangazePrince-pp3pn 2 місяці тому

    Show Busy yabarundi Imez nkiyabanyamerika Donc Ni vita tuuu😂😂😂
    Buja Fleva Hejuru canee Uko bimez kwos Nivyacuuuuu tubifana ukonyeneee

  • @NijimbereGREGOIRE-u4u
    @NijimbereGREGOIRE-u4u 2 місяці тому

    Amipro weyigira inzu yamabuye ntaziko aho ari harabandi nawene azohava byobavyiza utanguye neza ukazorangiza neza

  • @MjinimoneyNizigiyimana
    @MjinimoneyNizigiyimana 2 місяці тому

    Tanga nimero yawe ya phone bro

  • @lilpblackofficial9950
    @lilpblackofficial9950 2 місяці тому

    B face hejuru gusa abasani bige gukoresha umwanya ukwiy dusabikany umwanya

  • @AnaNitungaNItinga
    @AnaNitungaNItinga 2 місяці тому

  • @NiyoJabel
    @NiyoJabel 2 місяці тому +1

    Twara kujena nyene ko twashaka b face

  • @divinendacayisaba6558
    @divinendacayisaba6558 2 місяці тому

    Star boy ndagufana kuber uvuga ukur 😂😂😂😂 bidondine waukweli anaongea 💥🔥🔥🇧🇮🇧🇮💪

  • @nkurunzizanadege7268
    @nkurunzizanadege7268 2 місяці тому

    🔥❤️

  • @Ntare_Jesus
    @Ntare_Jesus 2 місяці тому

    Simba gang for life

  • @queenieSamantha544
    @queenieSamantha544 2 місяці тому

    ✌️✌️✌️✌️✌️✌️🇧🇮

  • @NijimbereGREGOIRE-u4u
    @NijimbereGREGOIRE-u4u 2 місяці тому

    Uwabakubise akwiye hufatwa agafunga imbere yamatohoza

  • @Xhcfj-ye3hx
    @Xhcfj-ye3hx 2 місяці тому

    ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @calvadosog
    @calvadosog 2 місяці тому

    Sinibazako titre wanditse karivyo dusangamw kuko Ami pro ntabwo yoshobora lolilo

  • @calvadosog
    @calvadosog 2 місяці тому

    Uvuze ukuri bakiriye Lolilo nabi kubera MC yamuhamagaye

  • @jimmydelphinsabukwigura3092
    @jimmydelphinsabukwigura3092 2 місяці тому

    None ga man aha nyene ugomba kutubwira ko harimwo indero mur'aba baririmvyi?

  • @NadiaIrakoze-u9e
    @NadiaIrakoze-u9e 2 місяці тому

    😮😮😮😮😮😮

  • @MusabimanaGeorge
    @MusabimanaGeorge 2 місяці тому

    Biryabintu gayere yakoze hamwe twokwumva ikindigiteramo ariwe yemusinga ntitwonajayo urabona karyakajagari yatuzanyemwo twariche inotiyacu biryabintu ntibibaho umuntu mufitaniye bifu ntubizana'mur cho

  • @faustinntamatungiro5145
    @faustinntamatungiro5145 2 місяці тому

    Wew urabesha cn star

  • @MjinimoneyNizigiyimana
    @MjinimoneyNizigiyimana 2 місяці тому

    Star boy urangije ushizemwo portique ngo muri nord bategura ibintu neza Hama abo muri sud nabo?😂😂😂😂

  • @Gisbeauty
    @Gisbeauty 2 місяці тому

    Icambere ntuzosubire kubwira abakuraba ngo i dont care. Tha t s so unprofessionnel . Be kind, humble ,hama abatara subscriba bazobikora hageze. Thank you

  • @BenjaminImanirabaruta
    @BenjaminImanirabaruta 2 місяці тому

    Ariko b face on the frow yibuk ko aba

  • @JanetWimanaa
    @JanetWimanaa 2 місяці тому

    Bfc tumukundakubi

  • @badman-js4lr
    @badman-js4lr 2 місяці тому +1

    B Face arafise iyo ngeso yuko adashak kuv kuri stage twama twabibonye muma show menshi Kandi burya B face n umuntu w akanyaro cane yihoreye mugihe bimaze kugenda nkuko nkuko ubivuze yari kubwira aba fans biwe batekane akanababesha ati ndagaruka mukanya ariko ngaho urumva ko nawe nyene yaciye avyitwaramo nabi cane Kandi aravye nab bzomwima ama marché kubera akajagari kenshi kama kava iwe 🙏🏃🏃🏃

    • @Nestor800
      @Nestor800 2 місяці тому

      Ntamakuru ufise ahubwo ntibubaha kurya siko bakura umuntu kuri stage uba wamugaye

    • @badman-js4lr
      @badman-js4lr 2 місяці тому

      @@Nestor800 umuririmvyi kurenza iminota vyovyo nivyo atakagaye birimwo???

    • @Nestor800
      @Nestor800 2 місяці тому

      @@badman-js4lr ariko kumbwira umuntu iminota koyaheze ntugenda kumufatukuboko umusuguma ngo vayo b face sikurya kwr warumvise kwamubwira ati ndeka ndijana 😀😀😀😀

    • @VachouVachou
      @VachouVachou 2 місяці тому

      Mu buzima busanzwe b face nta ndero bagira Kandi aba nyakayanza barikanga akanyaro Ni ntagondwa surtout izo ziba mu ma site zifise ama code yazo Boniface wihanure nabagenzawe bafise iyo ngeso

    • @BuruceIrakoze
      @BuruceIrakoze 2 місяці тому

      Urugero rw, ubwengee bwawe rugera aha nyeneee

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns 2 місяці тому

    Icarikubanyereka nukuri muteyisoni

    • @_-wt8ns
      @_-wt8ns 2 місяці тому

      Arikokabasha ibintu birazanabi pe iyoo poresana habayibisanga kabisa

  • @richardniyungeko5803
    @richardniyungeko5803 2 місяці тому

    B face yerekanye indispline vraiment kandi ni bibi cane gose, ivyo nivyo bituma abategurabibiteramo bazana abaririmvyi bo hanze, ivyo birateye isoni vraiment

    • @Sam-mr2go
      @Sam-mr2go 2 місяці тому

      Niwe atandero ugira mushenzi

  • @BarumInnosent-sn8fv
    @BarumInnosent-sn8fv 2 місяці тому

    Star boy wewe uvugukuri. Jewe nahobye kuba nta bonye sat b amamfaranga yanjye yagiye ararira.

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 2 місяці тому

    Tubwire

  • @IrakozeFabrice-w3b
    @IrakozeFabrice-w3b 2 місяці тому

    B face naba PNB nibo batovye vyose

  • @prospernzeyimana5189
    @prospernzeyimana5189 2 місяці тому

    Erega lolilo vyategerezwa kuko umuntu yicomora apira kuwamutanguriy kuririmba

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 2 місяці тому

    😂😂😂😂

  • @NadiaIrakoze-u9e
    @NadiaIrakoze-u9e 2 місяці тому

    😂😂😂😂😂😂😂

  • @prospernzeyimana5189
    @prospernzeyimana5189 2 місяці тому

    Erega lolilo vyategerezwa kuko umuntu yicomora apira kuwamutanguriy kuririmba

  • @ساجساج-ي3ر
    @ساجساج-ي3ر 2 місяці тому

    😂😂😂