Amajambo akomeye ya Perezida Evariste Ndayishimiye| Ikibazo yabajije ngo :" Uburundi bwoba bukenye?"

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 30 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 17

  • @mfurayuburundi2421
    @mfurayuburundi2421 2 роки тому +3

    IMANA igukomeze mutama igihe n iki dutahure kwari twebwe leta
    #IMANAUMWAMIUBURUNDI

  • @emmanuelhatangimana3431
    @emmanuelhatangimana3431 2 роки тому +1

    Mungu akubariki mzee wetu !! Unaongea ukwel kabisa !! Amka tufanye kazi!! Huyu ni mda wakufanya kazi !!

  • @ernestrugwizangoga7548
    @ernestrugwizangoga7548 2 роки тому

    Ndagukunda neva

  • @NinaNina-xr8jj
    @NinaNina-xr8jj 2 роки тому

    Imana iguhezagirane nabarundi twese nyakwubahwa

  • @kwizerayvonne1950
    @kwizerayvonne1950 2 роки тому +1

    erega muvyeyi president ,abarundi biba kuva kumuboyi womunzu gushika hariyaaaaa!!!

  • @ezezetuyifootcr7andsport904
    @ezezetuyifootcr7andsport904 2 роки тому +3

    Aaaa niyompamvu nkunda iyi tv abandi n ubudumbidumbi kuk mwebwe muduha ibikwiye

  • @mfurayuburundi2421
    @mfurayuburundi2421 2 роки тому +1

    Dawaa yaa pesaa kazii

  • @ndabarushimanabarthazar4815
    @ndabarushimanabarthazar4815 2 роки тому

    Ndagushimiye nyakubahwa .kugira bikunde ko amakoriyose aboneke mukigega nukokobahoguhindura sisteme yogutanga. Habeho kutanga biciye bank atajamumabokoyumuntu

  • @kwizerayvonne1950
    @kwizerayvonne1950 2 роки тому +3

    presida neva ivyo nivyo pe ! mana , ndakwunva ijana kwijana , noeli nziza naumwaka mushasha ! aho urarikocoye , ariko ntitwunva abarundi kabisa , nunva uvuze neza!

  • @faustinntamatungiro5145
    @faustinntamatungiro5145 2 роки тому +2

    Iyaba imvugo Ija mungiro vyoba vyiza

  • @dismasniyo5641
    @dismasniyo5641 2 роки тому +1

    Nyakubahwa hariho abatware bamwe bamwe bataratahura ibintu vy ‘igihugu,hari ho ahantu batagira amazi meza abenegihugu bagiye inama bafadikanije n’imvukira ziba mu mahanga barimbanije igikorwa abatware barakoranye baca babona ko batosubira kwizerwa n’abanyagihugu ko bohava bizera abo bazoba bahagarariye ico gikorwa , abatware baciye barahira ko ico gikorwa kiranguka ngo nticateguwe n’umugambwe.None wumva ga nyakubahwa akamo utera abaguserukira mu nzego hasi bo babibona ukundi. Nubu abenegihugu bari biyumviye ico gikorwa cobaye iciteka nubu ubwanwa bwarafutse umunwa.

    • @stevenruhunga3677
      @stevenruhunga3677 2 роки тому

      Iyonkuru nimba ariyo kandi uyizeye yitange bayikorereko. Urandikira email ababijejwe

  • @kwizerayvonne1950
    @kwizerayvonne1950 2 роки тому +1

    president uko vraiment . ukoze duke , undi duke , hooose , isorosoro irihamwe iragwira , ivyo nivyo kabisa mwiterambere , gusa baca bavyiba

  • @ndabarushimanabarthazar4815
    @ndabarushimanabarthazar4815 2 роки тому

    Nomba ivyovyose biriho murondere ingene vyogirishwa kugira igihugu kiseneza. Hama mukoramabarabara nugutangumuyagankuba mubanyagihugu.

  • @mugishagerard8241
    @mugishagerard8241 2 роки тому +1

    Habuziki nn ko dufita ubutare nibindi arko iterambere ritiyongera, iterambere ntirizanwa nimigambw Gusa, tezurira abenegihugu bikorer imigambi murek kubirukako, rekana amagambo ukore nkuko magufuli yakora, yaravuga akabikurikiz

  • @flaviakezimana4596
    @flaviakezimana4596 2 роки тому

    Ndakunda ingene muvugukuri nyenicubahiro

  • @jcdabeat414
    @jcdabeat414 2 роки тому +1

    bajinyikire mutama turabe kotwohinduka. ukoreshe ibikorwa pana amajambo