R-Flow - CHOSEN (Official Music Video )
Вставка
- Опубліковано 26 гру 2024
- Official Music Video for "CHOSEN"
Performed by R-Flow
Directed by John Elarts
Produced by Arnaud Gasige (Eagle Naud
Bookings On : rflow443@gmail.com
CATCH UP WITH R-FLOW:
Facebook: / r-flow-the-cousin-5945...
Instagram: / richeflow
Umuntu wese yagize commentaire, like , na share Imana imuhezagire 🙏🏽♥️ hey guyz let’s pushing ever together we can 💪🏽
This music is for another level🥶🤯 félicitations mingi et continue🤝courage
❤
Musubire mukundan na chany Queen.muzoba mukoze
Kbx
Urashoboy
Je ma demande pourquoi cette chanson n'a pas eu 10M de vues😢. Lyrics, melodie, voice tout est toop, les gens les gens, mukundiki kweli???? Take your flowers big man
1:38
1:38
I told yuh mi Broda 😊😊❤❤this is a great hit Nice lyrics great video
Love from Empire avenue ababibonye nkanje mumpe like
Nice bro.ndabakunze dha kuba ari Ex ariko atagwanko mwubahwe
Ngoma safi sana! Love from Rwamagana, Rwanda! Ariko Gitare wacu yatangiye gukura, next time nugukoresha video vixen bakiri bato nibyo baryoshya ibintu!
@@stupidkenol❤❤❤
@@stupidkenol q
New hit in town💯💯💯 nimba wemera KO R flow arenze impa like zanje
What song, what artist i'm proud of you R Flow ninde afise nkawe duhaye music niyo wonse ukiri mutoooo. Likes zanyuuu abumvirije Iyi song plus de 10fois
❤
Uturirimbo two muri iyi minsi turaryoshe kweri Aka kwokwo 😍😍😍😍 kotuma abakongomani baja in couple
😂😂😂
😂😂😂
Napenda tuu sauti yakoo brother 🇹🇿🇹🇿 unajuwa kabis 🇹🇿🇹🇿🇹🇿
Ufise ijwi ryiza nukuri iyindirimbo ninziza cane gose. Courage ❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Good song legend 🙌🙌mutwibukije ibihe vyiyi couple ingene yaritovye mugisagara 💃💃big up sana #r_flow and #channy_queen 🙏🙏
Muri munyonyo nzomba ndihano nkuzaniye challenge yino ndirimbo nkoresheje marriage
She is really my Choosen ❤
Salut kwake RFlow ngoma kali Ngonga like kama unamukubali gangiii
Erega undutira bose you're ma chosen
Hard Brother 💥💥💥💥💥Massive Hit 🐊🎹🚀
Slay Queen wubahwe ivyogusaza isumu
Umuririmvyi nka R Flo kumpano afise haraho wiyumvira aho vyapfiriye kugira ashike ku rwego mpuzamakungu ukabura. Bikanababaza kuko mu Burundi hoho agaciro akwiye ntanako ahabwa. This guy is way so talented 👏
Nta muririmvyi nkunda Nka R flow 🤩🤩🤩🤩🤩🤩
Ego vraiment murashoboye. Twongere ikindi gikogwa muri kumwe uko nyene👏👏R-FLOW ubirimwo neza
An other banger mumyibukije urukundo rwanyu mumyaka iheze ❤🎉❤🎉
🇷🇼🇷🇼. R flow u chosen too... nice vocalist ☑️
Uuuuuh ukuntu isona neza ndanyuzwe kabisa 🌺🌺🌺🌺🌺🌺
Yuuuuuu ouuuhh ouuuhhh nana nana nanananaaaa😇😇😇😇😇 Nice song R floww.. u made it..
Egoooooo egooooo umveeeheeeee umveeeeeheeee
Banger Hit Noma Sana Hatari 🔈🔉🔊🇰🇪🇰🇪❤️❤️
Umuntu yumvise uyu mu legend ko ahaturiye mumpe likes plz
Iyi couple nari nkumbuye kuibon🎉❤
Jew nguma ngaruka kuyiraba umenga nijew nayiririvy✅✅💪💪💪💪
❤❤❤🎉big up sana bwana hiyi ngoma ni noma💖💖💖💥💥💥
Warundi mulikua wapi msarimwarabuze kubitaaaa 💥💥💥💥💥💥
R.flow kweli uri umuhanga natwe abagushigikiy uratwitaho bro thanks sana kweli komez murashoboy ntakindi novuga homme créateur 🙏🙏🙏🙏🙏😭😭😭😭
Burundi talented tunao bado nawaza tunafeli wapi kuakilisha African mashariki🙏🙏🙏
My favorite singer R-Flow🙏🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮
Sauti yako wallah irankorako nukriii🎧🎧❤️❤️
This art is killing our hearts. Send love to R-flow from Kinshasa ❤
Another banger international from buja!Aho kaciye ntihacurwanko lolilo korumuti naw kurico cuki😂
Very romantic❤❤❤
vrmt👌iyo song ni 1 kbx aka voix ni👌ndakwipfurij 1M vues
Shout out to R.Flow u kill this one 👏 🙌
Umu journalist, umu promoter, umu dj azosubira kuzana ivyo mumahanga ntaze asubire kuvugango abarundi ntandirimbo nziza bafise. Bujafleva on the map
Bro;sinahora ndakwemera ariko iyi ngoma iranyemeje kabisa 🔥🔥.flow🔥🔥
Indirimbo niyo bro. Iraryoheye ugutwi kabisa
Je ne sais pas pourquoi mais j'ai la chair de poule en écoutant cette chanson 💖
Song nziza muri vyose..... This is my chosen song.🎶🎶
Iyindirimbo yarikwiye nimiburiburi 2milion views ark iburundi ivyiza vyiwacu ntitubibona!twibonera ivyaho hakurya!big up xana bro💓
Tuvyemez hakun ngom kali yaumwaka itashinda iyi ipa kbs
Man man Man,
You kill me bro ????
Nice song,I'm going in true love for this song 🎵 ❤️ 💕 👌 💜❤
Rflow ndabona iyindirimbo ntaswata irimwo kabisa ehe ndamukupitiye salut jonela ubahwa nauronand ubahwa
What's a song!!What's a fire!🔥🔥,Take your flowers bro!!
Abantu bagiye kumbwirako nasaze ngiye kuyunviriza umwanya wose ahondi hose waooooh❤❤❤
Love this song from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Umetisha sana bro
Wew ubuz muri music bizoce bifitwa vyokuririmb
Umewupiga sana Muziki nakubali San Kaka ❤️❤️❤️❤️❤️
Once soldier always soldier
Song nimiriro get your flours 🎉
So cool Bro, mwizaweeee.
Nice song brother🎉🎉🎉🎉
Kuvakera wamye uri umuririmvyi mwiza ndetse numwanditsi mwiza good song bro 👌👌👌👌💯💯💯🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
The best banger of 2023, R Flow this is a masterpiece, personally, the best song U ever produced. Abandi ni barabireho.
Kabisa ,,so cool
Two legends in one song❤️Aho kaciye ngo ntihaca ugwanko🤭🤣🤣🤣🤣🤣.Hiiiiiit🇧🇮🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
🥀🥀🥀🥀🌹🌹🌹
Iyibihe vyose🥰my fav song❤my fav artist❤
The #RainCoat with our #Queen again
Me love u guys
Love from #Aisuper💓
Karatambika bro let's go
Nzokugwa inyuma my Big Star❤️✌️ iyi Ngoma nzoyivuza 100fois par jour🔥🔥 Nakubali sana ✌️
Cool the raincoat turagufana sanaaa🎉🎉
The cousins family back again 😘😘😘😘😘😘
Harahiye kweli buja😂😂😂😂 channy queen na r flow is fire 🔥🔥🔥
International banger 🧨🔥🔥🔥🇧🇮
Indirimbo yanj yaburi musi mugatondo❤❤
Lyrics,Melody,Vidéo🥵🥵pure talent🙌🙌 next one we want a featuring with the living legend @big fizzo🙏
This is a hit wallah... Mbuze iryo ndenzako...🙏🙏
Wooooooow🥳🥳🥳 nice song🥰🥰🥰
Nakukubali mkali wangu R flow ❤❤❤
Another banger from Raincoat ❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥
Urusasu gwa sambutse💥💥💥Big up my bro
Much love from Rwanda 🇷🇼
Hit song!big up r.flow urakij umuriro❤🎉
Big tune💯🔥🔥
Big tune 🔥🙏
👌💪👑🇧🇮🇱🇷
Mr chosen tunataka ingin nyimbo n Mr superman
Bless up mr romantico #Raincot🇨🇭❤️🥇
Congrat Msazaa.. Karumutse Mwaaa... Keep it up Rich
J'adore cette chanson.Courage mon Frère R Flow.
komera Mon frère🎉🎉
Good song R flow🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮 To the world 🌍
Yes bro safi sana kabisa ewana n'umuti🙌🎵🎶🎶
😲 that's amazing spar love ❤️
🔥🎙Nibashak bumve ko uw muzigo uremereye🎶🎬
Voila notre hit big up r flow
Mtuu wangu Rich flow ✌️✌️
❤ R-Frow ,you are my favority
Big up my brother uranyemeje hit song
The melody killer 🔥🔥🔥🙌
Imidundo isara
Video yibisazi
Ibistar itonze nkiyumufundi
Yani❤❤❤❤
Good Job Brother 🔥🔥
Iyi génération iriko irisubiza iteka kwa jeu kwa plan. Fizo ngo superman yoya Tina; r flow ngo chosen
New génération murihe ngo mwerekane ico mumaze namwe
A 🆕 Banger in the town 🇧🇮 🔥
Samafembayuuuuuuuuunnnnnnnnn kabisa❤❤❤❤❤❤
On the repeat💞😘😍💕❤
Wahora he musaza? Ujuje Kabisa...hejuru cane man. Urakoze akadawa✌️
Très belle chanson🔥🙌❤
Nimubane ba ddisiiiiiiiii ❤ 🎉 duserebure vyume vyumwe muhungu fata ingingo ubumushingntah natw tunezerwe abafan tunezerwe🥳✌🔥🔥🔥🔥
Good job ❤️🇧🇮🔥
Finally I make my Comment ❤❤kubwo kunyemeza✍🏻💯💯
This lyrics is another vibe wallah💪💪💪