BWAMBERE DEMANA AVUZE UKURI/ITABI NANYOYE/ ABA STAR NAFASHIJE BARAMPEMUKIYE.

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 15 жов 2024
  • Bwambere Demana Atubwiye ukuri kuvyamushikiye kuva muntango gushika Ubu. Muri iyi video, tugiye kurabira hamwe ivyashikiye Tylo sixer Demana kugira tumenye ukuri Kwose kuvyamushikiye.
    Demana yahoze ari umu promoter akaze muri industry y'umuziki ndundi, ariko vyarahindutse agaragara nk'uwusara. Bitangaza benshi, bamwe bati arasara, abandi bati arakomeye, ahubwo ariko arondera hit.
    #Demana #Tylosixer #Mediatektv #Simbiziwasemavumba

КОМЕНТАРІ • 2

  • @JasboyBurundi-df3vy
    @JasboyBurundi-df3vy 3 дні тому +1

    Demana yasaze uwomujama yabivuze siwe yoba yamuroze

    • @Mediatektv1
      @Mediatektv1  3 дні тому

      Ntabwo yoba asara kabisa namba wakurikiranye ikiganiro cose !