urugendo 1087🇧🇮TWIBUKE ABACU

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 13 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 82

  • @NisubireEdimond
    @NisubireEdimond 4 місяці тому +7

    Wangu wwe ndagukunda cannep ukuntu uvuga ukuli niwirambire kweli Imana ize iguhe iherezo ryiza ❤❤❤❤❤❤

  • @EmileNkunzimana-y4w
    @EmileNkunzimana-y4w 4 місяці тому +8

    Agihari sinagenda namaguru mfis amahera mumufuko Imana imuhe iherezo ryiza

  • @PacifiqueIrambona-gh1dd
    @PacifiqueIrambona-gh1dd 4 місяці тому +4

    Président pierre nkurunziza yarumugabo w, ijambo.yaratwigishije gukunda igihugu

  • @lionelnijimbere228
    @lionelnijimbere228 4 місяці тому +5

    Ndagushimiye caaane wagize documentaire nziza caaane kandi ataho ihengamiye,vyukuri Uburundi twarabuze Umuhizi,Intwari ,Umwizigirwa,ntawundi mupresident ndabona akijijwe mw,isi nka Nkurunziza Pierre,nta munyabwenge turaronka nkawe mu Burundi,ubu abarundi bariko barabona absence yiwe mu gihugu,turipfuza gusubira kumubona naho bitagishoboka,nabatahora bamukunda baramukunda kuko barabona itandukaniro,ico nshima nuko yarangije neza kandi nizere ko nzosubira kumubona mw,ijuru kwa Data wa Twese,Imana iguhezagire wewe wateguye iyi documentaire idasanzwe .

  • @Rugambamachine7714.
    @Rugambamachine7714. 4 місяці тому +7

    The really president we miss him ❤he did his best mukiringo yaronse Kandi yarafis abamurwanya injojo

  • @CyriaqueNdacayisaba-s8q
    @CyriaqueNdacayisaba-s8q 3 місяці тому +1

    Ikiganiro giteguye neza vraiment

  • @SamuelNsengiyumva-vk7xc
    @SamuelNsengiyumva-vk7xc 3 місяці тому

    Urakoooze cane kunyibutsa ubutwari bw'uyu mutama Imana iguhezagire

  • @olivierhakizimana4780
    @olivierhakizimana4780 4 місяці тому +3

    Uwo mutama ntazofa avuye mutima wanje. Murakoze kumunyibutsa

  • @GilbertNIYONKURU-h3s
    @GilbertNIYONKURU-h3s 4 місяці тому +1

    Tuzohora tumwibuka umuvyeyi wacuuu❤❤

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 4 місяці тому +2

    Rest in peace papa ❤❤❤❤ tuzokwama tukwibuka

  • @ladislasmasabarakiza1012
    @ladislasmasabarakiza1012 4 місяці тому +4

    Kuvyukuri uyu mutama w'amateka yubahweee caane gwoose 🙏🇧🇮 icomugarukana Mana yacuu

  • @SelciMsijakani
    @SelciMsijakani 4 місяці тому +1

    Jewe turitiranwa,ariko akiriho naramukunda Kuri Mandat ya 3,tumujji akanka sinamunz kandi ariko ubu atakiriho niho nabonye akamaro yaratumariye.sha icomugarukana IZINA NKURU RYOSUBIRA KUGIRA IJAMBO.ARIKO NTACO TURACARIHO.IMANA MUSUNBAVYOSI , IMWAKIRE M'UBWAMI BWAYO AMEN.

  • @pascalirihose1999
    @pascalirihose1999 4 місяці тому +1

    Burya ww utanga ibintu bizima mugabo ❤❤❤❤❤

  • @هاجرالدوسري-ش7ض
    @هاجرالدوسري-ش7ض 4 місяці тому +1

    Ngonhwoki 😊 erega nisanze nasetse .nako atogaruka numva ndamukumbuye iyoyemera akigura mumahanga ivyikiringo cagatatu akabireka vyarikuba vyiza cane aba adutera inkuru nkuku nyene

  • @IteritekaFranckmbokani
    @IteritekaFranckmbokani 4 місяці тому +3

    I miss him so much😢😢

  • @EslonNduwayezu
    @EslonNduwayezu 4 місяці тому +2

    Courage mugenzi

  • @ClaudeNiyonkuru-o9s
    @ClaudeNiyonkuru-o9s 4 місяці тому +2

    Uyu yarumugabo vrm nukuri kuzima

  • @NdikuriyoDomitillePetronille
    @NdikuriyoDomitillePetronille 3 місяці тому

    Nukuri urukundo nirwo ruruta vyose

  • @lionelnijimbere228
    @lionelnijimbere228 4 місяці тому +2

    Sawa

  • @pascalirihose1999
    @pascalirihose1999 4 місяці тому +1

    Yemw uvuz amajambo mazima gusaaaaaaaaaaaaaaaaa ❤

  • @ukuriijambo9418
    @ukuriijambo9418 4 місяці тому +2

    Wampay'inka ça va nciye ngaruka,gerageza ugwize inyigisho nkizi.Harimwo equilibre,n'ukuri.Bagaza naje turemeranya ko yari umugabo.Umwihwezo wo kuri Nkurunziza nawo nawo.Komerezaho.Jewe Bagaza yatwaye nfise 8 ans,niho nahereye gusinzira,nawo nar'umwana twariruhukije amabi nubwicanyi birimwo akarenganyo,Rwagasore,Bagaza,Nkurunziza oyeeee oyeee

  • @lovepeace5460
    @lovepeace5460 4 місяці тому +3

    Nkuru na bagaza barabagabo ariko bagaza yararenze can mwiterambere

  • @dizmodizo6420
    @dizmodizo6420 3 місяці тому +1

    Kubwanje nkurunziza sinzomwibagira uburundi twarahomye intwari ibushitse y,iruhukire amahoro

  • @NorbertGirukwishaka
    @NorbertGirukwishaka 4 місяці тому +2

    Nukuri yaravuga neza. Hari abakwiye kumwigirako bakavugana umutima munda kandi bakavuga biyumvira apana kwiyumvira bavuga.
    Ijambo ritateguwe rirateza urubwa uwurishikirije nurubwa kubaryumvise

  • @jacquesntabagara2702
    @jacquesntabagara2702 4 місяці тому +2

    Urugendo 1087 is classic, Manayaje, Manayanje😂😂❤

  • @peterlove4g869
    @peterlove4g869 4 місяці тому +3

    Ndashaka kumenya kuberiki video zivuye ngaha kuri whatsapp banka kuzutuma?

  • @dieudonnendayishimiye9631
    @dieudonnendayishimiye9631 4 місяці тому +3

    Umugabo yavuga amajambo yacaguwe neza kndi arimwo ubwenge ivyo guhuruduka ntivyarimwo. Niyiruhukire amahoro n'ubwo hari aho yagize integenke hari vyinshi vyiza vyo kumwigirako vyamuranze

  • @alexntahiraja2974
    @alexntahiraja2974 4 місяці тому +1

    Muri Tanzania kwigisha ubwoko bihanwa nk' icaha gisumba ibindi. Nico gihugu muraka karere barwanije ubwoko, amacakubiri ashingiye kumadini. Ari nayo mpamvu mumugambwe uri kubutegetsi bagenda bakurakuranwa . Perezida wumukristo asimburwa na president wumwisiramu.
    Nyerere
    Hassan Mwinyi
    William Mkapa
    Jakaya Kikwete (umwisiramu)
    John Pombe Magufuli
    Samia Suruhu.

  • @ودادعبدالله-ز4ر
    @ودادعبدالله-ز4ر 4 місяці тому +3

    Reka kumwibutsa abarundi mumarira turimwo uyu ntiyadushimanga abarundi

  • @MauriceHAVYARIMANA
    @MauriceHAVYARIMANA 4 місяці тому +2

    Twige kuvuga ivyiza vy'abakiriho kuko bitera intege zogukora kubakiriho.Amasezerano tuyarindire kugeza ryari?

  • @byakatondafredy3542
    @byakatondafredy3542 4 місяці тому +2

    Ndakubaze yiswe umurwanyi gute?

  • @GeorgesNshimirimana-s1q
    @GeorgesNshimirimana-s1q 3 місяці тому

    Jewe ndemanga yuko uwo mugabo yar,umuntu muzima ! Uravye igihe yatwara uburundi umutekano war,uhari ntaworonk,ico asubizayo !!

  • @lovepeace5460
    @lovepeace5460 4 місяці тому +2

    Ingoma zose zomwisi yoseee zigenda zibisikanya

  • @Topson7
    @Topson7 4 місяці тому +1

    I really miss my president 😭

  • @niragirathaddee3140
    @niragirathaddee3140 4 місяці тому +3

    Amoko si mabi kandi yamyeho kw'isi yose no mu Gitabo Ceranda Biblia arimwo. Ariko ikibi n'uko twayise ingorane, urwanko, ivangura n'ibindi. Kandi kuvuga ko atayari n'amategeko agaterwako ibikumu ariko mu mitima umwe wese arazi ico ari. Amoko ni magururanire m'ubudasa bwabo kuko bumwe canke ubundi bwaremanywe impano zunganiranira. Muri kahise harabaye imvugo nk'izo iwacu canke ahandi. N'imvugo ya politique. Bihindutse vyose birajana. Imana Izoduhe umutware arengeye ubwoko atwarira abarundi bose. Abonetse amoko ntazoba ingorane azoba umugisha.

  • @AstereNtirampeba
    @AstereNtirampeba 4 місяці тому +1

    Nkurunziza yari umuntu adasanzwe

  • @wilsonbuzoya968
    @wilsonbuzoya968 4 місяці тому +1

    ndakunze izi nyigisho. sogokuru ntazova mu mitima y abarundi

  • @ntibashmethoucela6462
    @ntibashmethoucela6462 4 місяці тому +1

    Ubuzokurikira muzovuge kuco president micombero yakoreye uburundi n’abarundi

  • @RichardBanda-go9xb
    @RichardBanda-go9xb 4 місяці тому +1

    Muzovug kuri Nevaa

  • @medardm507
    @medardm507 4 місяці тому +2

    Amajambo make ibikorwa vyishi igihushane cibiriko bikorwa NA NEVER

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 4 місяці тому +1

    Ntakintu kibabaje nko kwambara ikirezi ntumenye ko cera 😢😢 nabonye abandika ngo 2015 ngo ivyo ivyababayeko ari bakibakira yuko inkubisi yamavyi yitarukirizako

  • @ErnestMbonabuca
    @ErnestMbonabuca 4 місяці тому +1

    Abibesha ngo bari mwi ragi ryiwe baribesha kuko amacakubiri bamwebamwe yarabishe

  • @YvesNSHIMIRIMANA-lh1bw
    @YvesNSHIMIRIMANA-lh1bw 4 місяці тому +1

    Buyoya nawe gute

  • @JeanPierreNduwayo
    @JeanPierreNduwayo 3 місяці тому +1

    ❤❤ varisito naw

  • @ObadiaNiyomwungere-ee1jl
    @ObadiaNiyomwungere-ee1jl 4 місяці тому +2

    Uyumugabo yarintari

  • @samuelmajambere4753
    @samuelmajambere4753 4 місяці тому

    RIP my president

  • @louisharera905
    @louisharera905 4 місяці тому +3

    Umunezero kugaruka si vuba ariko uzogaruka. Nkurunziza yari inkuru nziza koko k'uburundi

  • @ndayizeyejosephat1213
    @ndayizeyejosephat1213 4 місяці тому

    Jew sinemeranya naweko abarongozi bose baba bavuye kumana

  • @johnphiri-vf3ih
    @johnphiri-vf3ih 4 місяці тому +2

    Intara ya Ruyigi ntiyari kureka kuyikunda.

  • @ngendakumanagregoirengendakuma
    @ngendakumanagregoirengendakuma 4 місяці тому +1

    SOGO wacu Tuzokwama tumwubuka kuko yadukuyeko agasuzuguro kaba sesa Nkuyoze.

  • @samuelnizigiyimana
    @samuelnizigiyimana 4 місяці тому +3

    Wampayinka iki kiyago noguma ndacumviriza

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 4 місяці тому +1

    Merci beaucoup gusubira kutwibutsa ikirezi twaritwambaye ariko tutabonga ko cera

  • @abdallahjuma7997
    @abdallahjuma7997 4 місяці тому +2

    Mutama ndabubaha arikwo hariho ikintu kingora kwumva neza kwo muburundi atamoko ahari hari nabo bima abageni babahora amazuru??? Ikind mbona no mukarere ka East frican mbona bihavugwa cane hari nabo bagihiga ngo bakoze ihonyabwoko barikorera abobidasangiy ubwoko none mvukuri ubwok murahari canke hari ibindi vyihisha inyuma? Murakoz cn.

    • @IshureRyabarundibose
      @IshureRyabarundibose  4 місяці тому

      Abo nabanyoshwe nuwo mugera none Bica bisigurako ariho cank n'ukutamenya kwishe abamtu

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 4 місяці тому +2

    Term nziza wanyigishije narinarabuze ukwo nokwita ababantu bigira marayika wumuco kumbe aramabingira ati imitima irimwo ubwoya 😂😂😂😂😂 iryorivuga rirakwiye kbx

  • @johnphiri-vf3ih
    @johnphiri-vf3ih 4 місяці тому +2

    Amajambo yavuz yo bayakwirikiza izi ngoran zibitoro,isukari ,n,ibindi ntibiba bibura!

  • @emmanuelndihokubwayo3679
    @emmanuelndihokubwayo3679 4 місяці тому

    Nubu ndamukunda kandi caaane

  • @jeremieniyonkuru631
    @jeremieniyonkuru631 4 місяці тому +1

    Ikindi gihe tuuze tuvuge kuri Bagaza canke Ndadaye

  • @Sirila18
    @Sirila18 3 місяці тому

    MURUMDI ????? DUSIGURIRE Bandika ICIGWA GWA.
    Ni mwemere gukosorwa mureke gutesha agaciro ururimi.

  • @boashamah3642
    @boashamah3642 4 місяці тому +2

    Kabisa nubwo umuntu ari mubi ariko hariho ivyiza vyishi uyu mutama yakoze
    Sicokimwe numwe akomeza atukana yongera yabira ( Neva) 😅😅😅😅

  • @NsengiyumvaEgide-n2m
    @NsengiyumvaEgide-n2m 4 місяці тому +2

    Uramunkumbuje wampayinka

  • @NtibankundiyeAthanase-dp8sq
    @NtibankundiyeAthanase-dp8sq 4 місяці тому

    Genda NKURUNZIZA wari UMUGABO naho Kirogorogo wewe azotuvako twishuye

  • @MaîtreRichardHabimana
    @MaîtreRichardHabimana 7 днів тому

    Nn ugira uvugeko president neva ugira uvugeko yatumwe nimana😢😂

  • @NiyonkuruRenovat
    @NiyonkuruRenovat 4 місяці тому +2

    Ariko yarimutama twubaha

  • @ودادعبدالله-ز4ر
    @ودادعبدالله-ز4ر 4 місяці тому +1

    Wampayinka na shitse

  • @kabirigitherence9418
    @kabirigitherence9418 4 місяці тому +2

    Eka wavuze ibkurumwo nayo ubwigisha bwiwe ntabwo afise abamuzi n'abo yahekuye le 11 et le 12 2015. Abahitanywe n'ikiringo ça gatatu c'iwe nyene kitari cemewe n'ibwirizwa shingiro. Yarivye ingoma y'igihugu. Yarasheshe amaraso ya bene Burundi.

    • @IshureRyabarundibose
      @IshureRyabarundibose  4 місяці тому +3

      Navuzeko ivyagoranye iyo Kanda ntayo navuze Kandi na Bagaza ntihabuze utwamugoye ariko Kandi NTAMUGABO abura integenke nabivuze ivya 2015 n'ama nabivuzeko.Ntanyambo ibura agahonzi👌

    • @abdallahjuma7997
      @abdallahjuma7997 4 місяці тому

      ​@@IshureRyabarundibosemuramwishuy neza

    • @oscarnkurunziza4160
      @oscarnkurunziza4160 4 місяці тому +3

      Mugenzi burya rero uze usome no muri bible même nabami bakorana n'Imana mugukingira igihugu barahana abagumutsi

    • @LameckNgabo
      @LameckNgabo 4 місяці тому

      Erega 2015 abaguye mungorane mbona ko harimwo nukutamenya kwinshi kuko naje narikuzirwanwo Imana irakinga indungikira umuhumura turaganira arampugura candareka ubujinga mvibuzimu ndajibuntu mbadarokotse

  • @OmanOman-bb3ig
    @OmanOman-bb3ig 4 місяці тому +2

    ❤❤

  • @AlainBlaiseMasango-ub5gn
    @AlainBlaiseMasango-ub5gn 4 місяці тому +2

    Bagaza sa biographie

  • @AstereNtirampeba
    @AstereNtirampeba 4 місяці тому +1

    Nkurunziza yari intwari idasanzwe

  • @lionelnijimbere228
    @lionelnijimbere228 4 місяці тому +2

    Sawa