Abishe Musenyeri Joachim Ruhuna n’ababikira babiri i Gitega bakwiye gukubitwa intahe mu gahanga

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 19 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 2

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb1765 11 місяців тому

    Ruhuna yarambabaje cane. Kuko niwe ya mbatije igihe nari nkiri mwidini ya Catholic, kubatizwa na Ruhuna vyari ibintu bikomeye. Nizere ko yaronse akanya ko gutunya umutima Imana ikamwakira. Kubura umugabo mwiza nka Ruhuna n'igihombo gikomeye.

  • @ackleokwenda5959
    @ackleokwenda5959 3 роки тому

    Ruhuna yarivanga muri politike Kandi yitwako Ari umukozi w' Imana Kandi kizira