Ndi muri south Africa ndumurundi ,,ndahakumbuye ,,ngomba ndirabira utu tu vlog wama ukora ❤❤😂😂😂yandi tunyibutsa muhira ... nukuri food zino zimeze nabi ...muburundi ni original gusa❤🎉🎉
None nkaho tutabeshanye wewe ur'umurundi vyukuri? Uworaba basokuru bawe ntiyosanga 99% ari aba congoman? En tout cas ndavye ukusa, uko wigenza nuko uvuga, uri umu congomani agerageza kuvuga ikirundi.
Ntandero ufise urarya nkigisambo uri umwe Aho uriko ucuranwa nande
Ugasanga ugeze muri publicités umuziki wakunaniye subira mu buterere wallah 😂😂😮
Uriye neza kbx
Alvin irya bukebuk ntibikunig urumw kl 🤔 uzurahish inges iyuv😂😂
Yemw nirna. Ntamugabo yarafise pe😂😂😂urakabon abanj kuj mukaruhuko
Brother kula kbs maisha ndo haya
Nitabi ryigendera murundi siwe
Riha amapine y'abandi Sha!!
Kandi wibukeko inda Ari Imanga!!!
Iyubahe nukur Nirna ntaco yahomvye pe uryamugore yari yiyubashe ark wew wapi pe
Nimba utaragura Yama pine ya melanin boy , watobora uranshisha
Ahanumiwe nukuri
Artusi motel namajahe??
Nirna yariyaragowe 😢😢
Ndi muri south Africa ndumurundi ,,ndahakumbuye ,,ngomba ndirabira utu tu vlog wama ukora ❤❤😂😂😂yandi tunyibutsa muhira ... nukuri food zino zimeze nabi ...muburundi ni original gusa❤🎉🎉
Uraraba urek kubesh uvuge ivyuzi nimb ww ufis ibanka bose suko
Bon appétit
Cyakora ukunda indya kabisa niwabibura uzogwara kwashi kabisa
Uri Kurya avec les mouches
Mbe izo ntoke zarwaye imibembe!Ehe ingene zisa, ariko ga yemwe tubandanya kwumirwa peeee!
✌️✌️✌️✌️✌️🇧🇮
Mama amaboko yiraburaaaa😂😂😂
Mani irya ndirimbo wononye uzukunt yarikub iryoshe nibawaramusavy imbaza uragend umwegr mubiyag ham muyisubiremw murikumw kabis ntizogupfeko ubus
Inka yacu kwl enjoy yourself
Nomugufungura ntandero ibirimo kabisa
Amarundi ntamafaranga mufise ni ibi papuro ibihumbi ijana ukirata hano Australia 🇦🇺 inoko ama dollars 3 yonyine uba ufite inkoko yose yemwe muragowe
Niwishime uzopfa 😂
Munkorere kwifoto mumpe support please munyereke ❤❤❤❤❤❤🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Biraboneka cane ko utabimaze wenyene
Ubwishime bwigikere nibwo bwakibujije kumera umurizo
Kwi dame baguheber😂🔥
Uy muhung bury ubweng sikirenga knd ntana maramara naw ur 50 ngo worih 50 tok rih ivyaband
Inka yikundira indya❤❤❤❤
😂😂😂😂
None ko ufungura usahurana nk'uko umengo hari uwo muriko mucuranwa?😂😂😂
😂😂😂mbe ukibaza uwo numu artist 😂nigisambo
Indya za 50 milles nkizo ?ewe mafranga y'amarundi nta gaciro agifise?mawarayishe kwli.wopfuma urya nka5000 mur restaurant isanzwe
Uze wibuka na cameraman
😀😀😀😀😀😀❤❤❤
I am hungry now😢😢😂
ndagaswi wara yihevye ubunisawa kbx
Sha Ww Uruwo guhohotera Abaririmvyi gusa genda gaswere Melanin Boy Akwicira Mur Music ww Ukamwicira Kuryagusa
Cameraman ntumuhako jew ibi akabimara nca nkura inkofero😂
Irire sha Alvin ubuzima ni bito
Where 's gatao
None kutaduhay Adress yaho
IZO PAF ZIRARENZE
Manayanj ah urabimar
None nkaho tutabeshanye wewe ur'umurundi vyukuri? Uworaba basokuru bawe ntiyosanga 99% ari aba congoman? En tout cas ndavye ukusa, uko wigenza nuko uvuga, uri umu congomani agerageza kuvuga ikirundi.
Rofa none nkaw ntumaramara raba abandi bahanzi barimubindi bihugu mukazi naw uri mumasahani namasafuriya wew ntanuwoguha ubutumire wagisambowe😊