Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Minouche warakoze ivyo wankoreye😭😓🙏Kumbe target yawe yari umuduga gusa😭😭
Wap muta iyo ntabwo ari interview hubwo ivyo mwar mwavyanditse kwl biraboneka walayi
Bro wihangane subira kwa darina yishakira keya gusa apana uwo yishakira amahera
Gasore tuliza moyo wako utapata eka Mungu wako mbere,wazuri ni wengi lakini kumpata mwenye mapenzi ya ukweli ndo bala sana bro
Gasore nimba arivy vrmt minouche wapi kbs
Agasore reka ubujanja nago mwari mukundamye😁😀
uwabonye gasore kwarimugufi nakore kwifotoyanje tumenyane😂😂😂😂🙌🙌🙌
Gasore tuliza moyo wako utapata eka Mungu wako mbere,wazuri ni wengi lakini kumpata mwenye mapenzi ya ukweli ndo balaa😲😲🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮😘🙏🙏
yooo😜😜😳😝😝🙆🙆😥araguhemukiye polesana gasore
Yayayayayayayayay kuuuumbe minouche arakund inoti nkuko ?igih yabivug yabwiy scott ak ga sto gafis ubushuh ndaq.......................
Pole ukenye wihangane
Ingo ndakwitwarir sha Gasore atamudug umpay urekan nabasuma🙈🙈🙈🙈🙈
gasore wariyemeye nikosawakoze cane. gusanininyigisho kubandi
Kubisanzwe uresha ushira amahera imbere vyose biguma aramahera ark nushira urukundo imbere urukundo ruzoba xoo bamwemera iyo mukenye ntimwibone ngo murabastar ngo muratunze no Gasore ndagufana ark wavyifashemwo nabi kuva umusi umwambika impeta buba serie many
Mwakinye neza kl Hama muze mubeshe abandi
Gasore Uri imbwa uhushije umukobwa nkuyoUrimaramaje Gasore none ngaho ntubona ko umaramaye
Vya bintu vyabaye film ya series ahubwo mukomeze birimwo isomo kandi mur kwa actinga fresh vrt 😂😂😂😂😂😂😂
Gasore mwihoze,ntamukobwa wubutunzi kuko hamwe utoyagira yoguta mugihe ataburyo wobufise,rero mwihoze
Minouche hataki mapenzi a nataka Gali mama ninoma sana kbx
None uyomukobwa ashaka umuduga Aguriwe nabahungu😅😅😅nakoreshe ayiwe Maboko azowuronka
yoooo minouche urahovye kweri abipfuza gasore ni benshi mbere nizo modokaa akubwiye nizinza canee ahubwo nimba akeney ubumfasha uramuha izi numero anyandikire kur whatsapp hama turabe ingene twobikura munzira vraiment kuko biteye ikigongwe n'isoni kumumaramaza mubantu kl wapiii vraiment
Yoooooo mbe abakobwa minouche erega ntiyegeze akunda gasore yashatse kumwikurako
Ange,wari umukobwa twemera wagaragaza urupfasoni ugereranije n'abandi. Ariko ivyawe bitangaje beshi.
Namureke iyo ni comedy barimwo😄😄😄😄😀😀gasor mw muramuzi
Gasore pole sana minouche yarakeney kwemeza uwo boba barikumwe ntagume amwikeka amwereke ko vyarangiye nayahandi iyaba yari wew ivyo ntavyo yar gukora
Muramutahura Minouche kuba yishakira imodoka ako kazi kabo bafise imodoka vyoborohera
Minouche film mwe na gasore muriko murakina mwashats kuvuma nabi
Nukuri Nimba biri series.uwo mukobwa akunda amaronko ntarukundo afise. Gasore azokurira munzu
Muze muduhe suite y'ivyobintu tumenye ko gasore ari sérieux biraryoshe Kabisa aba star
Iy n comédie sha Twarabahinyuye
Bakobwa bamureka gufrinatisha urukundo umuntu umukunda kubera ivyafise buca kabiri ukamwihaka bimubwir kar arondere uwo bakwirany jew naho muvuga kwaribikino ndabona ko gasore ashavuy minoush naw ibibintu bizotuma benshi bakubona nabi
Oooooh oya vraiment urwo ntirwari urukundo minouche ikunda ibintu
Vrm minouche ntarukundo afise gasore ihangane uzoronka uwo unkunda akagukunda
waje wakaze hewe ivyo birabicira Hit vrmt
Nihatari kweri gasore shitsa ivyo wemey😁😁
Sha abakobwa bubumwese muibamwe kweri ubwose ubundi warikuba ukunze gasore cya numuduga
Nn mweho nimwe muyijanira.nimba yayiguriye magic
Mukama wanje🤭🤭🤭,Gasore ace yihangana🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦😘
Uwo keke nigateranya hama minichou urukundo sumuduga
Gasore Ugomba Wibwe Kumugaragaro Kabisa Minouche Nimukali Sana Uyo Umutwaye Yokuzingira Munzu Ntiwosubira Kuryogora
Muradekonye film yanyu muhejeje kare kbsa
Gusa gasore numwana mumutwe vrt ivyakora nibyabana Nyene minouche iyukundana numu petit nkuyo warikuba witesheje agaciro
Turakeney ep 2 iy serie irarenz
Umuti murawuvuguse koko gutwika nukuri bisigaye biri hose😆✌️
narinamye nibazango harimwo urukundo ariko ni série ntavyinkundo vyarimwo.keke niwe yoheje minouche ngo Gasore abagurire imodoka ya Magic Tv.iyo bus bazanye siyo Gasore yemeye twese twarabikurikiranye
minouche karayinze wallah ivyo sivyo kuvugira imbere ya camera
mugabo nuchike intege courage 🙌🙌😳🙈
Ivyo warabikoze wew kugira ngo utere imbere ariko kugira we umushire hasi
Muzoduh serie ikwirikira
Hhhh gusets abant tu🤣🤣🤣ntakur nigeze mbishiramw kbx gus ivy bih icigwa abandi👌👌👌
😂😂😂 ewe Gasore na Minouche mwese muri aba comedians 😂
Umuntu ashaka kuguha ikintu siwe umubwir ngomha nagasinema barimw nagasor ayakuyehe ayimodoka😀😀😀
Minouche iyi serie ya mwe na gasore iragusubije hasi
Ngira ntavyabona sha
Urakoze narinzi ko ari jew nabibonye jenyene!! Elle viens de perdre toute mon admiration kabisa.
Akoze nabi cane
Sana kuba yihombej Gasore baba lao 🙄🙄🙄🙄🙄
Numubono
Vyari comédie iyo ruba urukundo suko vyari kugenda
Gasore numusi ubay maman lao kuko baragutey ipoto
Nn uwomugabora kubangurukanya abashwanye numugabonyaki tuvuge ko arumugore?
Minouche Kumbe urigisuma Sha numva ndakwase pée,narukundo umfise Kbs wukunda inoti gusa,
nugutwika barimwo ntabwo bakundanye numwankire ubusa
Nari nashavuy Kbs Kuko ABA sister bo muri Magic ndabikundira hamwe n'a Hosy ndafan kbs
minoush akwiriye nibisumba ivyo . she's smart and cute and kind +working harder. nshitse iwacu bizaba 🌟🌟🌟👅💋💗💌🔥💝nuyo keki naco abaye . misosi kama yote .. 🤣🤣but thanks to make us 😂
Mwoshobora kumpa numero zuyo nyene umuduga?mwoba mukoze
Uyo Gasore azana comedy muri life ni bono kweli
Uratey isoni gasore 😅😅uri maramaje pe
Ucimuzi murazi gutwika ububeshi come🤣🤣🤣🤣
Reka kubabesha ibi bintu c'est Debile kabisa...Desole nukuri ahubwo ntimuzosubire!!!
Gasoji minuche ntarukundo agufitiye kuk urukundo ntirugurwa kuk ashira amahera imbere kand ah naho woyimuha ninkuk nejo yokwigarama abavyerera ko minuche adakunda gasoji laki
Ntarukundo p
Kweli kirazira gukunda umuntu kumaronko wap
Gasore uyo mwanamuk akupend anapenda hela akupend ww 😥😥😥😥
Gasore comedy zaw zirandyohera
Imico yawe, pole sana
Abakobwa bo muri Magic nimba Ari comedy niziza ariko nimba Ari vrai vrmt muhinduk ubwo n ubuzima bw urukundo
Harya ga minouche n'a gasore bakundana🤣🤣🤣🤣??isomo Riri mwiyo série nuko twebw abahungu twogabany kwiyemera, mukwemera ivyo tudafise imbere yabakobwa,motif ngo bafukunde,kuko bobo bakunda amaronko,ico umukobwa umweretse Niko agufata, courage kuduha conseil,ndabakunda Magic TV 👌✨
Gikuru sivyo baguha minuche kubana suko gikuru nurukundo wari kwihagana vyose biraronderwa
Minauche kwani Nihivo kl ww Mwizi kabxa
Minouche gasore aragukunda,basi gasore muhe umwanya aje kuyikuronderera
Gasoji numwihoz uyomukobw ntarukundo
Uwo mukobwa Yara shaka imodoka😁😁😁😁nihatari Ashaka amaher gusa ntarukundo afise uyo pol
Minouche tooooka wewe ntarukundo warunafitiye gasore,wishakira amahera gusaaaaa!!!
Yes uvuze ukuri pe .
Erega umuntu naho yoba yakwemerey imodoka ntiwoca uzana coaster hama Gasore vyihoz ntaco yokuviramwo uyo numuma matérialiste
Mwaba izo PRANK z'urukundo muzireke. Gusa ndabifurije umugisha muzoronke imodokari nyinshi.
Ako naga serie ka 2 twitege 3 ryari sha ndabeye murazi gu créé
Gasore harihabakobwa bashaka kubaka ntuzubona indaya ucuhabuka duga ruguru ujeguhigayumugore nakazi kawe Abosibo urabwi Mama wawe agucirumugani nanje nowugusigira
Yayaaaya minouche ukunda umuduga nta love kabisa warufitiye gasore umukobwa matérialiste kabisa
Mbega Umukobwa Wamategeko?? Iyo Film Mwayikinye Neza
Minouche wimyaka 30 na gasore wimyaka19 🙉🤙 twarabahinyuy mushirako ivyomwapanze kugira mwironkere ama views
Abakobwa bameze nka minouche baragapfa boose bahere dushake dupfe tutarongoye kuko si abantu n inyamaswa
Bazoshaa nabii vrt
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Iyi nimitwiko basha twarabamenye
Mukure ubwo burofa ntibiryoshe mwabuze izindi émission mukina
Minouche Imana iguharir kabisa😣namubizim busazw nuko
Ivyobikobw gaso vyaragutse nimukin comedi
Muduhe igice gikurikira kuko birarenze😁😂😂😂😂🔥🔥🔥🔥
Ivyobintu bieagayitse minouche nimbarivyo koko uzosabimanimbabazi kwikokomora nokumwitumusazi sivyiza biraboneka kwatarukundugira ushirimberamaronko ww wenyene witeshejagaciro nguramumaramaje umuhungu ntamaramazwa sha wibeshe.Gasore naw niwihangane baruzuye uzogitega amaberaguye B FACE icambuciwe😂😂😂
Ako ga série ni keza..akes don aravuga ntimumwumva..😄😄respect minouche na gaso-g!🙏🙏
😀 😀 mu burundi turacari pauvre mubijanye nirondegwa Ry, amakuru Kubitwa kwaraba Star, aba journaliste mjiongeze.
Umun akwit umusaz akibagir nimisimwamarany munzu azokwitagut maibobo😚😚
😂😂😂😂😂😂big up kabisa, Minouche na Gasore, duo nziza cane. On aurait cru k c'était vrai
Asha muratwenza kweli ariko nubwo muriko mukina birigisha cabakobwa bubu mufise itama ninayo mpamvu babatera inda zibitwarire.kubera gukunda ibintu vyabahungu😂😱😱
Non manouche nawe uciye ubwenge urigir ivyo???mbe burya urukundo rushingiye kumiduga?asha muterany isoni kumbe manouche wabwir wamukobw mugenzaw darina kurya kumbe naw uri inryarya nkiyo???mashikini yamungu bakobw bubu uwobabona kumasura yogir ngo muri bez
Gasore arakenye niyemere.iyo utanoti ufise menya ivyo uvuga mukuyaga n'inkumi
Minouche sinahora mvuga Arik Ubu ndavuze naho yoba Ari comédie warengeje ndagahanwa 😂😂😂 umugabo wobumurenganije Kweri wamuhebeye ubusa
Yooo🙄😏😁ejo nari nabivuz ko minounche azomuter'indobo😂
Erega sivyo bavyita gutwika
Ahubwo nawew nimba utazi ikirundi wusunze uko vyagenze ubona atari gutwika
@@ezezetuyifootcr7andsport904 ngira navyazi nubu nawubizi ko batabihemberwa🤣🤣🤣🤣
Nabavyaranye baratandukana kandi baryamanye kugitanda kimwe
Gasore courage sha! Tu sais te débrouiller 😃😃😃
Magic channel nimwubahwe turindiriye agace gakurikira part2 pls 🙏 we beg
Abobakobwa baba Jura 🙊gasore tuliza utapata wako? 20million vrem ?baraguts mwishwanj 🤭inkwano hoho azogusaba indege? 😃
Iyo ni comedie bakiny shan .iyo Yari fin ya season one à suivre....😂😂
Kbx
Baratubesh baba babiteguye kugir bironker ama views
Keke narimumugambi wokuza kuguterivi ndahevyeee uratumye minouch akatira gasore wacu hhhhhhhhh
No comments 🏃♀️🏃♀️ndirenganiye nzagaruka
😀😀😀😀😀😀🤣🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Twes turihanz ariko minauch gukunda amahera sivyiza umukunz waw ngo nakugurir imodok ya 20 millions nukunt ubu bitorosh gasore harigih yagukunda woronk uwug uw muduga atarukund vyokunezera
Gosore baba lao murategura kbs gus mubikora nabi pe ubundi mubitwara bukebuke kugirang abant babanz bameny nez kwariby
Episode ya 3 niryari?
Gasore arambabaje kwl.minouch ntarukundo peeee,nah yomuhay ivy yifuza vyose,yomuhevyeeee.
Ndabona minouche ntiyigeze akunda gasore nagato kko kuva nambere kwabaye kumurusha yemeye ko amukunze atemeye. Ahubwo gasore ntabonaaa yamwaaanse kuva kera.
Ubundi urukundo rwamaherimbire nimodoka rurabaho gasore
Oya yakubwiye Vt

Gasore Uri imbwa uhushije umukobwa nkuyo
Urimaramaje Gasore none ngaho ntubona ko umaramaye