Imbere ya

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 25 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 13

  • @FulgenceMikaOfficial
    @FulgenceMikaOfficial  Місяць тому +6

    Mwibuke partage dushikane kure hashoboka akaranga n'ivyiza vy'igihugu cacu ciza c'Uburundi ❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮

    • @NibitangaJuvent-oe6tw
      @NibitangaJuvent-oe6tw Місяць тому +2

      @@FulgenceMikaOfficial turabikora boss ntigire ikibazo🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪

  • @SindayigayaDeo-ox8bx
    @SindayigayaDeo-ox8bx Місяць тому +1

    Burundi bwiza terwishema nabana bawe turagukunda cane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @PhilippeHARUSHIMANA
    @PhilippeHARUSHIMANA Місяць тому +1

    Uburundi bwiza🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👍❤️

  • @NibitangaJuvent-oe6tw
    @NibitangaJuvent-oe6tw Місяць тому +4

    Egoo Amagaba yubahwe ❤ najew ndayakuda cane

  • @irakozeshakiru1131
    @irakozeshakiru1131 Місяць тому +2

    Nahubundi amagamba nibo banje ❤️❤️💞💞💞🇧🇮 oyeeee ❤❤❤🎉🎉🎉

  • @maryamarya4161
    @maryamarya4161 Місяць тому +1

    Vyizacanenkundigihugucanjekubi

  • @nizigiyimanayves9485
    @nizigiyimanayves9485 Місяць тому +2

    Kuki bahinduye umwambaro, iryo nikosa uhindura idalapo ryigihugu

    • @Vision2300
      @Vision2300 Місяць тому

      Bambaye vert blanc rouge, ikosa iri he?

    • @jmarienkengurutse2824
      @jmarienkengurutse2824 Місяць тому

      Ntubabeshere bagize innovation mu mabara y’ibendera ry’uburundi.

    • @nizigiyimanayves9485
      @nizigiyimanayves9485 Місяць тому

      @@jmarienkengurutse2824 hariho ibidakorwa, hamwe boba bagize innovación aho ho bonabihanirwa. Idalapo nikarangagihugu, nibazako na président adafise ububasha bwokuvyuka avuka ngo ongeramwo imirongo canke ibindi...

  • @Vision2300
    @Vision2300 Місяць тому +1

    Ingoma n’imvyino z’abakobwa ntabwo bijyana puuu! Les filles, est-ce que vous ne voyez pas que votre danse gâche un peu le tambour ? Vous danser bien mais sur une musique approprié!