Hhhhh🤣🤣🤣 Sammy na Kanyana ivyabo jew mbona ari ama film Gusa guko nub sindenera ko kanyana ari umu chérie wiwe wa vrt ndakunda film zany mais ndashak ukuri murakoze
Kanyana berahino Sammy popopo wubahwe uwomusore nawe uti wubahwe cye kandi uti corrange imbere nihenza so reka mvunge icyonkundira andy ♥ papa Ase tv icambere numumvungakuri 1 icade numunyarukundo 2ica3nukwicicha bungufi icaka4nukwubaha andy iman yomwijur ichichikare kukunzingam nokukurindira abawe nomukanzi kawe kuko urumwizerwa kuman ndetse nabantu 5
Love from mr sammycomedien kumengo twaritwaberew pee
Gose vyari vyisiguy vrt
Cane gose
Rek rek ubivug urabizi Mwari mwahaturiye pe
'iyo ngeso yanyu birazwi kl💃💃💃💃💐💐💐💐💐💐
Abarundi biwacyu courage San tuzobashigikir cyane😘😘👌🇴🇲🇴🇲🇧🇮🇧🇮
Go jewe nitwa jewenyen arik andy wew vraiment urumuti wamenyo
Ejo Aho bukera tuzomushigikira nkuko dusazwe dushigikira Rukundo tv
Kanyana berahino ndabakund can.muga film kanyana mwarayihagarits
Weweeee ibint vyaryosh❤️❤️💃💃
Mbakunda kubi narimbakumbuy can nukur❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😊😊🎉🎉🎉🎉🎉😘😘😘😘😘😘😘😅
Hhhhh🤣🤣🤣 Sammy na Kanyana ivyabo jew mbona ari ama film Gusa guko nub sindenera ko kanyana ari umu chérie wiwe wa vrt ndakunda film zany mais ndashak ukuri murakoze
Ndabaramukije mwese
Ngiranti.big up saana.
Nukuri abarundi turashoboye
Courage
😅😅😅😅😅😅😅😅😅 Ewe Andy wewe 😅😅😅😅😅
❤❤❤❤ muraberany pee
Muraberewe sana musa neza cane❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Machaala vyizacane
Sammy n'a kanyana muraberewe kandi muraberanye saana.murabe mubishire mungiro
Vyiza cn
Film ndundi hejuru💪💪💪💪💪
Njewe nitwa njewenyene😂😂😂😂😂
Waaaaaoooo courage can vraiment
Weweeeee ibintu vyaryoshe pe✌✌✌
Ati kumbe waruvyumva 🤣🤣🤣🤣eweee Andy uranyish kl gusa wubahwe can 🙏🙏🙏
Courage jaja mazina waberew na berahino
Nukuri kanyana naberahi nomura berewe jaja ndagukunda
Sammy na kanyana mudatwaranye sinzovyemera
😂😂😂😂
Ntimuceke intege ni karanyanyaye
Mwirambire turabakurikirana cane4
mista jewenyene 😀😀😀😅courage bg up
❤❤❤❤❤❤
Murazi gushikuza kweri nari nayafyuye ngo nubukwe bwa sammy mbonye niyo nyambaro
Turabakunda can courag✌️💪🇧🇮🇧🇮
🙏💪😍
🥰🥰🥰🥰👌👌👌
Vyukuri muraberewe cane gose🙏
Courage kanyana na berahino muratwikape muraberewe cane
Kweri turayirindiriye kabisa
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂😂😂😂😂🎉👼👼👼👼👼👼🙏🏿🙏🏿🙏🏿
Jembona bakwiye kwibanira muraberewe vrement
🙏🙏🙏
Gusa ama titre murabesha
🥰🥰🥰🥰🥰🥰♥️♥️♥️♥️♥️
Sammy igiswahiri wasiguye waduhenze kbx waguma wongerako ivyatavuz
Courag bantu bacu
Vyiza cn kd mwaberew cn
🙏❤❤
Kanyana yaberewe cane na Berahino
samy
🙏🙏💖💖💖
🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Ahubw amer aranyish
Akwish gt 😥😥😥😂😂
Courrage Bantu banje Murasa neza
❤❤❤❤🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Andy urantwengeje ngo jewe nitwa jewenyene
Kanyana berahino Sammy popopo wubahwe uwomusore nawe uti wubahwe cye kandi uti corrange imbere nihenza so reka mvunge icyonkundira andy ♥ papa Ase tv icambere numumvungakuri 1 icade numunyarukundo 2ica3nukwicicha bungufi icaka4nukwubaha andy iman yomwijur ichichikare kukunzingam nokukurindira abawe nomukanzi kawe kuko urumwizerwa kuman ndetse nabantu 5
Imana iguhezagire
@@mcandymrsolution Andy kumbe urasoma commenty ugatako ukazishura ?wubahwe kwel turagukunda cane ino muri saudia
Kanyan na Berahino muraban muraberany vmt
Kumbe ni firm je nangira ngo nivyukuri pe narine Kiko kwari mariage kimwe muraberewe cane
Kanyanta berahinto mwaberewe
Courage 💯💯💯
Sammy na Jaja muraberany muragira munan
Nn samy yirukanka kubakobwa ashakik?kombona kanyan baberanye ari nkumumissi jembona bobana🤷♂️
Jaja ngukunda kanini
damamyust
Samy Yvette nimba yarase twara kanyana muranerany vrt
Kanyana arananiwe nijambo
Go jewe nitwa jewenyen arik andy wew vraiment urumuti wamenyo
Waaaaaoooo courage can vraiment
Sam kwatambay impeta
Yagize mariyaj
❤❤❤❤❤❤
Kweri turayirindiriye kabisa ndabikundira
❤❤❤❤