Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Ibyo byara bye byamugize mubi peeeh! Ajye kubikuzaho nibwo Yaba afise ubwiza buri Natural beauty 😍❤❤
Neuzan Da Queen munyum c uzana King Lino G🇧🇮🇧🇮🔥✅
None Emmy kugaya abantu bonze wewe uravyibushe gusa numva atanzigo mwabishizemwo❤❤❤❤🎉🎉🎉
Emmy ntureba 2025 utangiranye imbaraga kbs ❤❤❤
We love you ❤❤ monia 😘😘
❤❤❤
Very very nice mwaganiriye neza ariko monia fleur turagukunda cane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Englishing kbs in Burundi BJ FORVER❤
Momo mtoto wa Eden tunampenda na nyimbo zake nzuri, ndanaryohegw ukuntu avuga inglish 💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Number One ❤❤❤❤❤❤❤
Ego kano gakobwa nakiwacu turagakunda ar'iko naho bir'uko twebwe nkinzobere mukoga turashaka kumenya uburyo koga mubihimba vyibanga nizo nzara zingana uko konse🌚🤗
Ivyo vyongereza vyawe kwl wapiiii
MONIA we love you very much and your work. But if you are having a conversation with the announcer, reduce your English, not all people understand English. Reduce it abantu bose ntimwiganye 😂😂😂 #Emmy Nyawe thx kugendera uburundi ❤
Momo wacu ❤❤ ruragukunda cane
Nico niconkundira abanyamakuru burwanda pee mukubaza mwubahwee😮 urrenze broo
Barabizi sinkaba Andy 😂😂Iyo uravye intro gusa uba wumva utokurako man😅
Monia unomusi ndagushimiye kuvuga ikirundi neza cane waduserukiye neza 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Mujye muvana ubugoryi Aho😂😂
Reka kwasama wewe ntibikuraba namwe bwiza aje iwacu avuga ikirundi ndazi hariho abomutuka kandi atari kumwanka
Emmy nyawee
🇧🇮🇧🇮🔥🇧🇮💪 1:58
kuvuga icongereza ntibikugira igihangange ubu n'abarimyi barakizi.
Uyu mukobwa nimwiza
Nibaz k ufis ikiganiro c melanin boy Niho uzobona abarund bagukurikiran
Monia fleur uraberew peee. 🤜🤛
Monia ntushobora kuvuga ikirundi gusa , ubwoba ni ubwirasi
Ubwo bwirasi uyo muvugana nawene arazi icongereza ariko avuga ururimi kavukire
Sincèrement nureke kujuvanga indimi uko kuntu !! Vugikirundi ukivuga neza. Cank uvugicongereza gusa.
Unvugiyibintu pe
Ikirundi uyumusi on the top
Gabany English nukuri😂
Wamugani yaragufite kbsa Monia iyubanza ugakwepa uyu munsi😂😂
Emmy Nyawe ndagufashe 😂😂😂😂
Se ntiwoh ikiganiro Melanin boy bisab ushka gufatish???
😂😂Iman irihangan ikizung habayik k uyumus cakubany cish
😂😂😂
Urabaza neza muburundi ntamwana atorana nyina kuko n,izina ntufata iry,imama ufata irya papa so nta mwana atora nationalite ya mama wiwe
Ugongereza kwari gwinshi la😮😮😂😂😂
English is Englishing here 😊😊😊
Icongereza gifumba umwotsi
Cyakoze
English is englishing😂😂😂
Nibaza ko bitokorohera kuko ubu biragoye kwinjiza umuririmvyi kubutaka bwuburundi
henzup mukobwa wumurundi
gusa niwibere uwambere mubaririmvyikazi biwacu uzi na english mwana,komeza wibera hejuru,urabikwiye
Queen wacy naw ah akimenyey azonadutuk ntitubmeny mbeg mbeg nikrund azohav acyibagurw😅😅😅
Kuvug english is not bad ikibzo nuk ikinga nabi hubw urko uratumaramaza twebw nta english nkiyo muburundi twigisha🇧🇮🇧🇮
none nkawewe uzananye hehe dedemba rwawe twumve woho usanga uri muri babandi bababwiye ngo genda imbere udusomere ijambo ry'imana ucutangura kugigimiza??uwabaroze ntiyakaravye
aho womubwira mugira ikiganiro mur english gusa,yoba ari englishing😂😂
Woga gute cank ugiy kuri toillet ukoresha amazi gut kndi izo nzara kugir ub ugira usuku ry umubiri wawe
Nn abarundi bakora ibiganir kubanyagwanda bashakiki konubundi channel za🇷🇼 abarundi Bari abonnés😅😊
English is English
Uyu mukobwa ntanubwo arimwiz gx gisa nkikigory 4ooooooo
Ese ubu uyumukobwa yitwa nde karubwambere mubonye abamuzi mumbwire we
MwAgiye muvuga ururimi rwAcu twumva
english kbs yabay english ndakurahiye🫢
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👊
Uwo mugani ???ngo zarahinduye imirisho ???🤭🤭🤭,uyo mugani niwa kera??? canke niw'ubu 🤭🤭🤭🤭🙆🙆🙆
🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Mu bisanzwe kuvuga indimi zo mu mahanga ni vyiza ntaco bitwaye ariko kuba umurundi ugaca wivugisha ikirwanda birashisha.
Ikinyarwanda nacyo nururimi rwamahanga kubarundi nkuko nikirundi arururimi rwamahanga kuba Nyarwanda, abarundi mufite ikihe cyibazo?
🎉🎉🎉
Wenda afite amaraso yabanyarwanda🤷♥️🇷🇼😂😂 ubundi bikuriye hehe. soma Kumazi bica bishira mugabo😂😂
@@manzijujupatrick5903 mugabo yavuze ikirundi gusumva ikinyarwanda nawe yanywe birahera mutama. Ubu turabafise.
English is englishing here .What the f***
Mbega english wee😂😂
Very good English
What kind of English be that???😂😂😂😂
Kutangara uyu ni mubaya ariyizeye bro
Naw vuga france shaaa😂😂😂😂😂
😂😂😂😂
Who the f**ck are you to ask this 😢

Nibaz k ufis ikiganiro c melanin boy
Niho uzobona abarund bagukurikiran

Uyu mukobwa ntanubwo arimwiz gx gisa nkikigory
4ooooooo