voila la reponse qui est un peu correcte pour cette question de divorse,Pasteur Desire uhezagirwe ,ntacotuma wihanganira ibidashoboka kwihanganirwa,ibintu vyoza bigamije kunyononera umubiri jewe nobihunga pe;nokwahukana mukirundi ciza kizima kandi Imana sinibaza ko yobimpora
Mwandikire Pasteur Desire kuri izi numero +250 788 422 984
intererano yanje kurico kibazo ca kabiri,umugabo amaze kuba afise umuhabara,wewe mugore bifate nkuwutabibona ,mukunden kumwe wahora umukunda,tahura ko uhanganye numwansi w,urugo rwawe ,muhe amahoro kugira bikunde ko aguma ataha murugo rwawe ,atashe mutunganirize vyooooose atanakimwe ugabanijemwo,hanyuma ufate umwanya mwiza wo gusenga umufumbatiye umwatureko amajambo meeeza ,umuhe Imana ntumuterere satani,merci bcp.
voila la reponse qui est un peu correcte pour cette question de divorse,Pasteur Desire uhezagirwe ,ntacotuma wihanganira ibidashoboka kwihanganirwa,ibintu vyoza bigamije kunyononera umubiri jewe nobihunga pe;nokwahukana mukirundi ciza kizima kandi Imana sinibaza ko yobimpora
kuvyo kudaheza mugitanda kubera arwaye nabanze amuvuze,kandi babivugane
👍👍
👍👍👍
👍👍👍👍
Pasteur wanyihereye umwanya nkumva konaruhuka ,kuko numva kuganira nawe nakira ibikomere bimwe mubyo maranye imyaka myinshi
mwandikire kuri izi numero +250 788 422 984
Yewe kukibazo cakabiri ,biravuna kucibwa inyuma ,ibaze umugabo yaguciye inyuma,hanyuma wabibona,akakubwira ati ndamukunda ,kandi nawe ntabuye nagushizemwo nimba nkunze umwundi,nawe genda ukundane nuwundi ,canke nimba atawokwemera ubivuge (nimba urakayabu gapfuye ubivuge) uko atashe burimusi akubaza uracaraho wabuze iyuja,???? Kubera umubabaro ukarira ,noneho warira,akakubwira ngo kundirira ndiso??? Cankese ndinyoko,so ntuzi iyo wamusize???,nibindi vyinshi ntoca mvuga ubunyene,urumva vyoroshe kuvyakira ,kucibwa inyuma,nokubwigwa amajambo nkayo urumva utokwiyahura????
caneeeee