Stade y'igitangaza yubatswe mu BURUNDI//Ubuhinga yubatswemwo//Ico irushije izindi//Uburyo Yatwaye
Вставка
- Опубліковано 21 вер 2024
- Stade y'igitangaza yubatswe mu BURUNDI//Ubuhinga yubatswemwo//Ico irushije izindi//Uburyo Yatwaye
@NtareRushatsiHouseTV #football #diaspora #stade
Bravo du bon boulot ! Mugabo stade ni ntoya (16,000) nibaza ko mu EA Ari ntoya nibaza ko aribwo bushobozi ( Budget ni ntoya ) bwari buhari !!! Requirements zisaba na espace parking minimum nibaza ko espace Ari ntoya !!! Mugabo courage biriko biraza.
We are so happy 😊 for our country Burundi 🇧🇮 Bujumbura. I believe we can do it Burundi 🇧🇮 💪🏿 one to be in the world 🌎 💪🏿 cup. Let do it Burundian 🇧🇮 let love ❤️ our country Burundi 🇧🇮 Bujumbura. Love is everything ❤️ GOD bless Burundi 🇧🇮 and all Africa. It's happen one day Burundi 🇧🇮 Bujumbura.
Uwomwubatsi n'murundi w'ubwenge Gael big up
Kbx Burundi bushasha tuzobwubaka🇧🇮🇧🇮🇧🇮
❤❤❤❤
Nimubona iyo murwanda muzi kanga
Ahhhhhhhhhhhh!! Kurwego mpuza mahanga??? 😂😂😂😂😂
Nukuri abagendana ubumuga mubahe iteka Imana yabateye ryo kuba abantu. Si ibintu ni abantu. Si ibimuga bizoza Ari vyinshi ni abagendana ubumuga bazoza kuraba umupira nkabandi. Noneho ni umupira wamaguru hari nabawurongoye
Gael big up sana ubikora neza kumuhushu
Wapi iyi sio Stade ni stade ya mwisho Africa kwa kweli nyinyi mko na jitapa sana kwamana hamjaona stade
14:56 Ubu ntibakivuga "Ibimuga", bavuga "Abantu bagendana Ubumuga"
Ni vyiza, ariko ntubeshe abarundi ngo ni iyambere muri East Africa
Gael mwiyi misi urakora cane big up sana umusaza
Babita abagendana ubumuga mwabantumwe 😏😏😏😏
Vyiza cane kabisa 👏👏👏👏👏👏👏👏👏
Gaël uraza kumviriza ukuntu wabuz ijambo ikimuga😂😂
DIGNITY ✊🏾🇧🇮
Iri muzambere Gaël hubwo nivyambere yubatswe iburundi kurwego rwemewe namategeko yabikna agapira
❤❤
Yewe ndumiwe Koko!!! Mbega stade weeeee. Irarutwa na Pele stadium ya Kigali
Nomundege barahindura Gaël 😅
Vyiza cane kwer, twaritwaravyipfuje kbx
Mwarakoze kutwiyumvira ariko nagompa nkosore gatoya ntibavuga Ibimuga ariko bavuga "ABAGENDANA UBUMUGA" merci
Well done
Mbega umuntu azoshobora kugura ticket online no gutora ikibanza ashaka based on the price?
stade mwayubatse umengo mwayubakishije ivyondo
Juste ijambo ikimuga ntirigikora...
Abarundi barashoboye iyo akazi gahawe uwugashoboye. Ndavye nkama décorations akorwa muma activités ya gouvernement canke salon VIP ya aeroport, ntimwombwira ko atabashoboye kubikora neza
Privilégons le mérite!
Courage kabisa utere imbere
Iyo izoba irenze stade amahoro kure na mbali ndakenda kidumu kibido kibuganizo
Ibimuga??? 😂😂😂😂😂😂😂
❤❤🙏🙏
Apaana iyambeere muri East africa ,, umengo muburundi basiii,, TZ -bafise B.Mukapa, Rw- bafise Amahoro ninziza kurusha
Ja Kuri stade Amahoro urabe stade wamuhimbiriwe ureke kuduhenda!!
Hhhh iyi stade iruta ubwiza stade amahoro ndakenda drama T
Apana ibimuga abagendana ubumuga
Iyo stade nintoya gose ucompaye nizindi stade tuzi
My Burundi 🇧🇮
Vyzaaaa kbsa
Vyiza cane ugusakara ndabifana
Urashobora bro
Yewe niyo yanyu yo mu burundi koko,nuzatemberere mu rwanda murebe stade amahoro
Nagira mwoyubaka town hau muburundi biransiga ubweng abandi babanza kwubaka capital nkuru yigihugu none tuzogira capital iri presentable ryari
I’ve got a question
Are the fans going to be drenched on if it rains ?
Ego bwanaa
Ir Chris Noël👌🏾
🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ikimuga ninkono yacitseiguma uruhanderumwe rero abantu bariyunguruza rero nabagendana ubumuga
Bose vyatanguye ukonyene. Mbona mu Burundi hari hakuze uwukangura abantu nayubundi ibikorwa turabishoboye.Terimbere Burundi gihugu Canje.
Ntabwo Ari yambere muri East Africa ahubwo niyanyuma muri EAST Africa
Muzaze murebe Amahoro Stadium shhhhh
Nkorintoya🇳🇬
Gusakara bikingira abafana amapana abakinyi
ntago iyo stade yaruta stade amahoro yo murwanda
Ndakwemela msaza tz
Iyo nvugo yibimuga yarahavuy mwisubireko
Muraraba stade yu Rwanda amahoro mukavuga ngo iyi niyo yambere muri EAC bongo ile kbxb
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🥰
Biriko biraza kuyindi mpwemu idasanzwe 😂😂😂😂Gael ako kantu karanyica vrmt.
Kosora iRYO zina Si IBIMUGA NI ABAGENDANA UBUMUGA
ABAGENDANA UBUMUGA apana IBIMUGA, muraka...
Mbega ivyo gusakara pourtour ko batatwishura. Ubu abadafise umurengera winoti, bazororera umupira bariko baranyagirwa?
Nukuri murakoze kuba muzogisakara cose
🙏🏼🇧🇮
Tunawaunga mkon kwa uwanja mlioujenga
❤🇧🇮
Gael sha, hhhh ati niyo stade yambere muri East Africa, ngo iri muzambere muri Africa, ivyo ninkavyabindi umwana wese aba azi ko papa wiwe ariwe akomeye kwisi. Hhhh. Ok nintambwe dureye nkigihugu but still more turacari abanyuma kwisi, not guca twimasturba ngo turarenz , ducompaye nibindi bihugu turacari abanyuma
Nisawa,neva,nimanayamuduhaye
Ubu none bigezehehe ?
Turipfuza kumenya aho bigeze
Kuyindi point idasanzwe ndakuramukije,stade mbona ari nziza,Ariko muratubariza nyakubahwa P du Burundi atwubakire amabarabara 😏😅( Buja irubatse neza,hongeyemwo n’a stade nziza)amabarabara nayo???🤓🙀
Hhhhsitade yigitangaza
Stade ya mwisho kabisa!!!!Nyakatsi stadium😜😜😜😜nta buhinga burimwo mutera muja inyuma nk’umurizo!!!!! Mutirukanya Never ntakizovamwo
Ego nimuhasakare
Finse igitekerezo aho abantu bata amacupa namashashe nama sahani nikindi abantu ntibakwiye gushikirigwa nizuba
mwenubwobwoko bw intebe kubengo FIFA yemera zimwe uhaguruka igaca yizinga ubwo izo ntizozanka
Kweri urumucomedien izina niryomuntu
Ati ubwinjiriro Bw ibi muga 😂😂😂😂😂😂ikirundi kiragoye
Uraduhenze wamuhimbiriwe NGO stade ya 1 muri EAC ?
Ariko muri comment mwakwirinze gutukana
ariko sitade yo murwanda iraruta iyi yacu yuburundi
Ninto cane ntanivyicaro 20,000 ifise ababanyi bafise stade zi 50,000 turacarinyuma cane aho ntagishasha muri east Africa nibishasha muburundi gusa
Ntihenze hari umugwi wigenze kurongorwa nuwubugendana
Icerekeye var naco ?
Bavuga abantu bagendana ubumuga ntibavuga ibimuga😉
Jewe mbona uretse abasirimu bashaka kuja muvyo bita political correctness, simbona mukirundi gisanzwe ko hari ivyo guhindura ngo ni abagendana n'ubumuga bije guhindura. Ni semantique gusa. Igihambaye ni gufasha no guha icubahiro abo bantu (nk'aho abafise amagara basunikana mukurira bus canke bagwanira imfashanyo canke service biriko biratangwa, abo bantu nabo bakibukwa.
Jewe narimfise oncle maternel yitwa Kamuga (sinzi igituma bamuhaye iryo zina kuko umengo nta bumuga nabumwe yari afise).
Twobishima nivyiza cane ni ukwitera iteka ibisigaye ntawuvuka rimwe ngoyuzure ingovyi
Gael raba musabe imbabazi Abamugaye kuko nunva bariko ba reclama cane
Oya siyambere irasanzwe kuko nibindi bihugu biri mwi yubaka da
Hama var
Hhhhhu var ni evalisto
Sibimuga n'abagendana ubumuga
Hama var nayo
Umugabo adatembera yibaza ko Iwe ko ariho bacumba bunini
Ako kajambo kibimuga umenga ntikaryoshe ukuntu🙄🙄🙄
Vyiza cane
Hhhhhhh ngo muri EAC hhh urabicuritse kwelii,stade ya 5M$ nimakeya cyaneeeee
Ongerako ati izoba ifit ama ecran publiciteur azunguruka a 3 ,nam ecran geant. Har iyindi mur East africa?
Mu ntererano z'Abarundi
ikozwe n Abene Gihugu basanzwe,abakozi ba Reta bakuru na bato,na President,abashingamateka,abashikiranganji,abaririmvyi,abafundi,abakinyi ba kera,abadandaza nta muhinga wo Hanze yaje,nta Machines, nta ngurane.
NI YAMBERE KW 'ISI
Africa ikwiye kuhakura Icirwa
Ko Igihugu cubakwa n'abeneco
@@burundishallsmile1day109 uko nukwidefanda pour rien niba mwishoboye muzave m European Union cg muyindi miryango yose iri kwisi itanga support turebe, nahubundi munjye mwemera ko mukirimo mwiyubaka aho byakumvikana aho kuvuga ngo mwanze nijana rituruka hanze.
@@lajaxbean just wait umwaka utaha uzabona stade nya stade bro ureke utwo tuntu twaza ercan.
@@user-eo4pj1li3u iconzi nuko ukenye 😂 naho muzogira nya stade ugira izoca ikugaburira😂 ?reka twigumanire ag stade gato kacu kubatsw natwe🙏
Ninziza muga ninto cane nibaza ko nihaboneka amahera tuzubaka ikindi
Ngo yambere muri East Africa iyambere iriko yubakwaa mu Rwanda genda urabe yitwa stade amohoro ibihumbi birengaa 45 woe uraza izo ziri muri cumi na
Iyambere muri EAC iri Tanzania
Ayayaya pauvre burundi
Reka twigirire gato keza ntimudukangishe ngo yiwanyu yakira 45k
@@user-eo4pj1li3u Pauvre Burundi y'a t'il un burundais qui mange chez vous ?
@@joyeuxniyonkuru2701 ngaho nyumvira nubwo nubukene bwimyumvire rwose,to be poor it's not eating only.
Stade y'uburofa muratarisha
Muri east africa turi abanyuma
ucuzana iyubatse soo canke nyoko shima ivyiwanyy wakirofawe
@@bukururamadhan2442 ikirofa ni ww utabona
@@yvonavry2482uravuze nabi nukuri erega gutunga uhera hasi
@@yvonavry2482 ahubwo urimburu wakibwawe. Usuzugura ibintu bikozwe nabarundi Ukwobirikwose nivyiza .wakigugu cikigobogobo Stade intwari ninziza ndabisubiyemwo kakurye
Hhhhh Burundi we 😂 nta stade harya mwagira niyo ndabona izaba iciriritse🤣😱😭 muzaze murebe🇷🇼
😂😂😂😂😂 ndebera nawe
Uraza nawe urabe Tanganyika urye akayaga gahezagiy.ntavyama vyuzuye impande zose.
Uburundi butandukanye n'urwanda type,ico iyo ni stade yubutswe ninguvu zabanyagihugu,ariko wewe nikubaza uburyo stade amahoro irikubakwa ntavyo wombwira,aba turqui nibo bari kwirira idollars nahonyen zimfashanyo
Mwagiye mureba ivyanyu mukarek ivyacu Koko😂😂😂
@@hosewebtv77 bravo👏
Kuba idahenze Nuko nayo iciriritse😅😅😅abarundi munyurwa nutuntu duto muzaze murebe mu 🇷🇼 stade amahoro iri kubakwa sha ako ga stade kanyu nigato abantu 16000 byonyine koko itanasakaye😅😅twe turikubaka iya 45000 kandi isakaye
Babita abagendana ubumuga mwabantumwe 😏😏😏😏
❤❤🙏🙏