Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Hallelujah 🙌 😍
More fireeeeeeeeee
🎉🎉🎉🎉🎉
Much love from🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦
Tout ce que je peux dire King Beny est un bon gars twarakinanye umwanya muto muri Le messager yari umuntu yihoreye avuga buke buke ibikenewe.
❤❤❤❤🙏🙏🙏🔥🔥💥
Vyukuri twarafashijwe nijambo ry'Imana umukozi w'Imana yigishije vyarivyubwiza peeeee ahubwa muduhe inyigisho tubandanye dufashwa 💥💥💥
More wisdom💯💯
Big Boommmmmmm in the city
New Generationn🇳🇿🇳🇿
Passion in Buja
Glory to glory 🔥🔥🔥
Da prophet himself
👏👏👏❤❤❤🔥🔥🔥
Uwutaje yarahomvye💥💥💥
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
vyari ivy' ubwiza twarafashijwe thank you Jesus Christ
Muzomutumire kandi please...
Tuzohora dushima ineza ihebuje y'umwami wacu Yesu Christo.
Iyo style irarenzeeee...
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
😂😂 asha ahantu Simbizi ari abari muvyunguka 😂😂 aho yabakubise akanoti😂😂😂
❤❤❤
Ivyungukaaaaaaaaa
Karabaye noneho na Simbizii
Icobikoze twararosizizi KUMOKA haze hazobibwa nabarozi nkako gasega ntakazi nix, Imana, ivuga kumushatsi wumigabo hama gongo muri nabo mutezamatwi🦮🦮🦮🦮🦮🦮🦮🦮.
Ka Mignonne narakabonye ejo dimanche gasohotse culte n`ikanzu itukura
Muta ibihe vyari umuriro pe
Uwapfuye ntacoyabonye Nibindi biracarinyuma
«Ūvuga ururimi rutamenyekana ariyubaka, arik’ ūvugishwa n’Imana yubaka ishengero. Nagomba ko mwese muvuga indimi zitamenyekana, arikw ikirushiriza, ko muvugishwa n’Imana. Ūvugishwa na yo aruta ūvuga indimi zitamenyekana, shiti yobisobanura, kugira ngw ishengero ryubakwe. Ariko none, bene Data, ni naza i wanyu mvuga indimi zitamenyekana, nzobamarira iki, ni ntababarira ivyo mpishuriwe, cank’ ivyo mpawe kumenya, canke kuvugishwa n’Imana, canke kwigisha? Kandi n’ibidafise ubugingo biri n’amajwi: umwironge iy’ udatandukanije ijwi, cank’ inanga, bomenya bate irivuzwa cank’ iricurarangwa? Kandi n’inzamba yovuga ijwi ritamenyekana, ni nde yokwitegura gutabara? Namwe n’uko, ururimi rwanyu ni rutavuga ibimenyekana, bazomenya bate ivyo muvuga? Kuko muzoba muvuga ibitwarwa n’umuyaga. Amajwi yo mw isi, nah’ ari menshi ate, nta ridafise uko risobanurwa: nukw iyo ntamenye ukw ijwi risobanurwa, uno avuga mba ndamubereye ūdebagura, kandi nanje, uno avuga aba ambereye ūdebagura. Namwe n’uko, kuko mwifuza ivya Mpwemu, kuremesha ishengero kube ari kwo gutuma mugomba kurushiriza. Nuk’ ūvuga ururimi rutamenyekana asenge, kugira ngw ahabge kubisobanura.»1 Ab’i Korinto 14:4-13 RUN1967
UKURI KW'IJAMBO RY'IMANA PE🎉
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Uwutakuzi azokumbaze
Mwe muri bampema zuzuye nimureke kuyovya abanyagihugu
igomba kw' abantu bose bakizwa, ntawe dusigira satani, bakagera ku kumenya ukuri, ivyo bizobaha umwidegemvyo
Haaaaaaa birakaze ndk
Hallelujah 🙌 😍
More fireeeeeeeeee
🎉🎉🎉🎉🎉
Much love from🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦
Tout ce que je peux dire King Beny est un bon gars twarakinanye umwanya muto muri Le messager yari umuntu yihoreye avuga buke buke ibikenewe.
❤❤❤❤🙏🙏🙏🔥🔥💥
Vyukuri twarafashijwe nijambo ry'Imana umukozi w'Imana yigishije vyarivyubwiza peeeee ahubwa muduhe inyigisho tubandanye dufashwa 💥💥💥
More wisdom💯💯
Big Boommmmmmm in the city
New Generationn🇳🇿🇳🇿
Passion in Buja
Glory to glory 🔥🔥🔥
Da prophet himself
👏👏👏❤❤❤🔥🔥🔥
Uwutaje yarahomvye💥💥💥
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
vyari ivy' ubwiza twarafashijwe thank you Jesus Christ
Muzomutumire kandi please...
Tuzohora dushima ineza ihebuje y'umwami wacu Yesu Christo.
Iyo style irarenzeeee...
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
😂😂 asha ahantu Simbizi ari abari muvyunguka 😂😂 aho yabakubise akanoti😂😂😂
❤❤❤
Ivyungukaaaaaaaaa
Karabaye noneho na Simbizii
Icobikoze twararosizizi KUMOKA haze hazobibwa nabarozi nkako gasega ntakazi nix, Imana, ivuga kumushatsi wumigabo hama gongo muri nabo mutezamatwi🦮🦮🦮🦮🦮🦮🦮🦮.
Ka Mignonne narakabonye ejo dimanche gasohotse culte n`ikanzu itukura
Muta ibihe vyari umuriro pe
Uwapfuye ntacoyabonye Nibindi biracarinyuma
«Ūvuga ururimi rutamenyekana ariyubaka, arik’ ūvugishwa n’Imana yubaka ishengero. Nagomba ko mwese muvuga indimi zitamenyekana, arikw ikirushiriza, ko muvugishwa n’Imana. Ūvugishwa na yo aruta ūvuga indimi zitamenyekana, shiti yobisobanura, kugira ngw ishengero ryubakwe. Ariko none, bene Data, ni naza i wanyu mvuga indimi zitamenyekana, nzobamarira iki, ni ntababarira ivyo mpishuriwe, cank’ ivyo mpawe kumenya, canke kuvugishwa n’Imana, canke kwigisha? Kandi n’ibidafise ubugingo biri n’amajwi: umwironge iy’ udatandukanije ijwi, cank’ inanga, bomenya bate irivuzwa cank’ iricurarangwa? Kandi n’inzamba yovuga ijwi ritamenyekana, ni nde yokwitegura gutabara? Namwe n’uko, ururimi rwanyu ni rutavuga ibimenyekana, bazomenya bate ivyo muvuga? Kuko muzoba muvuga ibitwarwa n’umuyaga.
Amajwi yo mw isi, nah’ ari menshi ate, nta ridafise uko risobanurwa: nukw iyo ntamenye ukw ijwi risobanurwa, uno avuga mba ndamubereye ūdebagura, kandi nanje, uno avuga aba ambereye ūdebagura. Namwe n’uko, kuko mwifuza ivya Mpwemu, kuremesha ishengero kube ari kwo gutuma mugomba kurushiriza. Nuk’ ūvuga ururimi rutamenyekana asenge, kugira ngw ahabge kubisobanura.»
1 Ab’i Korinto 14:4-13 RUN1967